Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Mexique : Umukenyezi yatanguye amashure yisumbuye ku myaka 96 http://igihe.bi/Mexique-Umukenyezi-yatanguye.html http://igihe.bi/Mexique-Umukenyezi-yatanguye.html 2018-04-29T09:02:35Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Guadalupe Palacios, umunya mexikekazi w'imyaka 96 yarashitse ku cipfuzo ciwe mu kwinjira ishuri ryisumbuye. Hari haheze imyaka ine gusa yize gusoma n'ukwandika.
- Ubusaza / HomeNews Ku myaka 117 asaba Obama kumumarira urubanza http://igihe.bi/ku-myaka-117-asaba-obama.html http://igihe.bi/ku-myaka-117-asaba-obama.html 2015-04-02T09:39:47Z text/html rn HomeNews
Umukecuru yafashe ikibanza ca mbere mu bantu bashaje cane kw'isi yasavye ko Barack Obama yoshika iwe kumufasha guhimbaza isabukuru y'imyaka 117.
Inyuma y'urupfu rw'Umuyapanikazi Misao Okawa yapfuye ku myaka 117, Gertrude Weaver yamusubiriye mu kibanza. Uwo nawe afise imyaka 116 nk'uko bitangwa n'amatohoza yagizwe na Gerontology Research Group, ikigo kigira amatohoza ku bantu bafise imyaka myinshi.
Gertrude Weaver avuka mu ntara ya Arkansas iri mu bumanuko bwa Reta Zunze z'Amerika, arakwiza (...)
- Ubusaza / HomeNews