Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Menya vyinshi ku buzima bwa Adrien Inyange nk'umuririmvyi wa Gospel http://igihe.bi/menya-vyinshi-ku-buzima-bwa-adrien.html http://igihe.bi/menya-vyinshi-ku-buzima-bwa-adrien.html 2015-04-06T09:58:46Z text/html rn HomeNews <p>Umuririmvyi wa Gospel Niyukuri Adrien aririmba kw'izina Inyange Adriano, aratubwira itango yo kuririmbira Imana, ivyo yagiye aracamwo, ivyamworoheye canke ivyamugoye, canke abamufashije mu rugendo rw'umuziki mpimbazamana. <br class='autobr' /> Inyange Adriano ati:" Mu ncamake maze ikiringo kingana n'imyaka 5 ntanguye kwinjira mu muziki wa gospel. Natanguye gukora indirimbo yambere" Yesu Yaratsinze" nakoranye na Danny Pro ari nawe yahavuye aba na Producer wanje, gushika urukurikirane "Ubaya wa Shetani"ruhere. Urwo (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-inkuru-429-.html" rel="directory">Inkuru</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>