Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Shabani NDAYISHIMIYE yoba atashoboye kuronka amafaranga yari yiteze mu biteramo vya Koffi OLOMIDE http://igihe.bi/Shabani-NDAYISHIMIYE-yoba.html http://igihe.bi/Shabani-NDAYISHIMIYE-yoba.html 2017-07-13T11:56:22Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umushingamanza Donatien BIZOZA afasha kuburana Osman Shabani NDAYISHIMIYE avuga ko uwo aburanira yoba yafashwe ariko agerageza guhunga Uburundi kubera yabuze amafaranga yoriha umuririmvyi Koffi OLOMIDE, hamwe n'amafaranga y'ukuriha aho uwo muririmvyi yaraye, ivyo yafunguye, hamwe n'ivyo abatamvyi biwe bafunguye n'uburaro bwabo. Osman Shabani NDAYISHIMIYE niwe yari arongoye umurwi "Empire Media" watumyeko umuririmvyi Koffi OLOMIDE mu Burundi.
- Koffi Olomide / HomeNews Koffi OLOMIDE yasubiriye guhohotera umwe mu batamvyi biwe http://igihe.bi/Koffi-OLOMIDE-yasubiriye.html http://igihe.bi/Koffi-OLOMIDE-yasubiriye.html 2017-07-05T14:12:34Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Koffi OLOMIDE yasubiriye guhohotera umwe mu batamvyikazi bari mu murwi wiwe mu giteramo cabereye i Bujumbura. Si ubwa mbere uwo muririmvyi ahohotera abigeme batamba mu murwi wiwe.
- Koffi Olomide / HomeNews Bujumbura : Abakeneye amasanamu n'amakuru ya KOFFI OLOMIDE bariha mu madorare http://igihe.bi/Bujumbura-Abamenyeshamakuru-18747.html http://igihe.bi/Bujumbura-Abamenyeshamakuru-18747.html 2017-07-04T12:08:27Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abakunzi b'umuziki mu Buurndi bamaze iminsi mu rukurikirane rw'ibiteramo vya Koffi Olomide vyateguwe na Empire Media. Abamenyeshamakuru basanzwe bakora ibijanye n'umuziki basabwe kwinjira barishe, ibitari bimenyerewe. Ikindi kitoroshe ni kuronka ifoto, video canke kuvugisha Koffi Olomide kuko hasabwa amafaranga atari make.
- Koffi Olomide / HomeNews Bujumbura : Abakunzi ba KOFFI OLOMIDE bahawe igiteramo bazokwinjira ku buntu http://igihe.bi/Bujumbura-Abakunzi-ba-KOFFI.html http://igihe.bi/Bujumbura-Abakunzi-ba-KOFFI.html 2017-06-30T09:36:01Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umuririmvyi rurangiranwa KOFFI OLOMIDE aturuka mu gihugu kibanyi ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, akaba ari mu gisagara ca Bujumbura kuva kuri uwu wa kane, agiye kuremesha ibiteramo bitandukanye bitangura kuri uwu wa gatanu.
- Koffi Olomide / HomeNews Itike ya mbere izimvye yo mu biteramo vya Koffi yaguzwe na Gaston SINDIMWO http://igihe.bi/Itike-ya-mbere-izimvye-yo-mu.html http://igihe.bi/Itike-ya-mbere-izimvye-yo-mu.html 2017-06-29T13:02:05Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Isango ry'ibiteramo vy'umuririmvyi Koffi Olomide ryashitse. Umurwi munini ugizwe n'abahinga batandukanye bavuye mu gihugu kibanyi ca Congo waraye ushitse i Bujumbura kuri uwu wa gatatu. Eka na Koffi Olomide ubwiwe yashitse mu Burundi kuri uwu wa kane igenekerezo rya 29 Ruheshi 2017.
- Koffi Olomide / HomeNews