Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net ACBAB : Imirwi Urunani, Kern na Les Gazelles yatsinze inkino za mbere http://igihe.bi/ACBAB-Imirwi-Urunani-Kern-na-Les.html http://igihe.bi/ACBAB-Imirwi-Urunani-Kern-na-Les.html 2018-04-22T13:09:43Z text/html fr HomeNews
Umurwi Urunani na Kern mu bagabo hamwe na Gazelles mu ruhande rw'abigeme, niyo yatsinze inkino zo gutangura zatunganijwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko Basket Ball mu gisagara ca Bujumbura.
- basketball / HomeNews Basket Ball : Umurwi Urunani watahukanye igikombe mu bagabo, Berco Star igitahana mu bigeme http://igihe.bi/Basket-Ball-Umurwi-Urunani.html http://igihe.bi/Basket-Ball-Umurwi-Urunani.html 2018-04-08T14:59:43Z text/html fr HomeNews
Umurwi Urunani ku ruhande rw'abagabo na Berco Star ku ruhande rw'abigeme niyo yatahukanye igikombe c'ihiganwa ritoya ry'umupira w'amaboko Basket Ball, ryugurura ihiganwa mu gisagara ca Bujumbura.
- basketball / HomeNews Basket Ball : Imirwi izokina 1/2 gishira ica nyuma mu bagabo n'igice ca nyuma mu bigeme yamenyekanye http://igihe.bi/Basket-Ball-Imirwi-izokina-1-2.html http://igihe.bi/Basket-Ball-Imirwi-izokina-1-2.html 2018-04-02T07:32:07Z text/html fr HomeNews
Imirwi ine mu bahungu izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma, n'imirwi ibiri mu bigeme izokina igice ca nyuma, mu rukino rwa Basket Ball mu Burundi, yamaze kumenyekana.
- basketball / HomeNews Basketball : Urunani rwatsinze New Star mu nkino za kivandimwe http://igihe.bi/Basketball-Urunani-rwatsinze-New.html http://igihe.bi/Basketball-Urunani-rwatsinze-New.html 2018-02-05T10:24:32Z text/html fr HomeNews
Mu nkino za kivandimwe zatunganijwe n'abamenyereza kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 208, umurwi w'Urunani watsinze bitoroshe umurwi wa New Star ku manota 71 kuri 64.Gushika mu gace ka nyuma,urukino rwari rushushe, Urunani rukaba rwasize New Star mu minota 2 ya nyuma,bikaba vyabonetse ko umurwi w'Urunani wasumbije New Star uburambe bw'abakinyi nka Elvis Gafyisi, Bruce, n'abandi.
- basketball / HomeNews Basketball:Umurwi Urunani uramutswa abarongozi bashasha http://igihe.bi/Basketball-Umurwi-Urunani.html http://igihe.bi/Basketball-Umurwi-Urunani.html 2018-01-16T15:13:36Z text/html fr HomeNews
Kuva kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 14 Nzero 2018, umurwi w'umupira w'amaboko Basketball Urunani uramutswa uburongozi bushasha. Inama rukokoma y'umugwi w'Urunani yakoranye, ikaba yahisemwo Nepomscène SINDAYIHEBURA ngo arongore uwo murwi,asubiriye Pierre Claver BAREGERANYE
- basketball / HomeNews Ihiganwa ry'umukuru w'igihugu, kimwe mu biriko biragarukana akanovera ka Basketball http://igihe.bi/Ihiganwa-ry-umukuru-w-igihugu.html http://igihe.bi/Ihiganwa-ry-umukuru-w-igihugu.html 2018-01-10T14:18:54Z text/html fr HomeNews
Ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu mu rukino rwa Basket riheruka kurangira kur'uyu wa gatandantu itariki 6 Nzero 2018, aho umugwi wa Ghymkana watahukanye igikombe ku ruhande rw'abagabo, Berco Stars ku ruhande rw'abigeme.Ghyslain MUNEZERO, kizigenza w'umugwi wa Ghymkana, akaba ari nawe yatowe nk'umukinyi yigenjeje neza mw'ihiganwa ryose ku ruhande rw'abagabo, yabwiye ikinymakuru IGIHE ko igikombe c'umukuru w'igihugu catumwe urwaruka rukina Basketball rugira ishaka n'inguvu bisumba ivyo rwahorana.
- basketball / HomeNews Ngozi-Basketball : Imirwi ine irahurira mu rukino rwa nyuma http://igihe.bi/Ngozi-Basketball-Imirwi-ine.html http://igihe.bi/Ngozi-Basketball-Imirwi-ine.html 2018-01-06T12:16:55Z text/html fr HomeNews
Mw'ihiganwa ry'igikombe c'umukuru w'igihugu, imigwi igiye gukina inkino za nyuma yagiye ahabona.Umugwi wa Gymkhana uza gutana mu mitwe n'umugwi userukira intara ya Bururi ku ruhande rw'abagabo, mu bigeme, umugwi wa Ngozi ugahura na Berco Stars.
- basketball / HomeNews Urukino rwa Basketball ruriko rurasubira ku rugero rukomeye http://igihe.bi/Urukino-rwa-Basketball-ruriko.html http://igihe.bi/Urukino-rwa-Basketball-ruriko.html 2017-12-18T15:05:45Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Mu mpera z'ino ndwi, haratunganijwe inkino za "Basktball" mu ntumbero yo gushikiriza ubushimwe ku migwi n'abakinyi bigenjeje neza mw'ihiganwa riheruka kurangira. Umurwi w'Urunani ukaba watsinze Ghymkana, hakaba harakinywe n'urukino rw'abawigeze aho Techno yatsinze Les Champions.
- basketball / HomeNews Basketball : Inès Nezerwe "Giti" yahaye intsinzi umugwi Jacksonville http://igihe.bi/Basketball-Ines-Nezerwe-batazira.html http://igihe.bi/Basketball-Ines-Nezerwe-batazira.html 2017-12-04T07:58:28Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Umukinyi yahoze akinira umugwi wa Berco Stars, ubu akaba akinira umugwi w'ishuri rya Jacksonville Collège mu gisagara ca Dallas muri Reta zunze ubumwe za Amerika, Inès Nezerwe batazira Giti, yarabiciye biracika kuri uwu wa kane, mu gutsinda amanota 33 hamwe n'ivyo bita "rebonds" 16 mu rukino bakinye n'umugwi wa Paris Junior college. Umurwi w'uwo murundikazi watsinze amanota 61 kuri 46.
- basketball / HomeNews Basketball : Imirwi izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma igikombe c'umukuru w'igihugu yamenyekanye http://igihe.bi/Basketball-Imirwi-izokina-igice-ca.html http://igihe.bi/Basketball-Imirwi-izokina-igice-ca.html 2017-11-27T07:48:13Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Inkino z'igikombe c'umukuru w'igihugu, igice ca kane gishira ica nyuma zarakinywe kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Munyonyo, mu ntara zitatu arizo Ngozi, Bururi, na Mairie ya Bujumbura. Imirwi ine izohurira mu gice ca kabiri ni Gymkhana, Young Eagles w'i Gitega, umurwi userukira intara ya Bururi, hamwe n'umurwi Target Intamenwa w'i Ngozi.
- basketball / HomeNews