Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y'imvura yaguye
http://igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html
http://igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html
2018-11-16T14:53:17Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Inzu 31 nizo zasambutse muri komine Rumonge mu ntara ya Rumonge umuntu 1 nawe arakomereka inyuma y'imvura yaguye ku magenekerezo rya 14 na 15 Munyonyo umwaka wa 2018.

umutekano

HomeNews

Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha
http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html
http://igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html
2018-11-15T11:39:27Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights1
MainSlideNews

Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k'ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.

Amakuru

HomeHighlights1,
MainSlideNews

Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF
http://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html
http://igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html
2018-11-14T12:34:27Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights
MainSlideNews

Ishirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy'Uburundi imfashanyo y'amafaranga angana imiriyoni 23 y'amafaranga y'amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.

Amakuru

HomeHighlights,
MainSlideNews

Abantu 10 bagize umurwi w'ishirwaho ry'abakomiseri ba CVR bashizweho
http://igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html
http://igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html
2018-11-14T07:11:35Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Abantu 10 bagize umurwi ujejwe ishirwaho ry'abakomiseri 13 bo mu murwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR washizweho n'inama nshingamateka hamwe n'inama nkenguzamateka aho urongowe n'umukuru wayo,icegera c'umukuru w'uyo murwi hamwe n'umunyamabanga.

Amakuru

HomeNews

Igitabo ngenderwako mu gutanga amakuru cemejwe n'ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu
http://igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html
http://igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html
2018-11-13T16:51:23Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu,imibano hamwe n'iterambere ridakumira bwemeje igitabo kizofasha kugira kibe igikoresho ubwo bushikiranganji buzokoresha mu gutanga amakuru atomoye yo murubwo bushikiranganji.

Amakuru

HomeNews

Ubushikiranganji bw'umutekano buvuga ko ata shirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano ryemerewe gukora ata ruhusha rifise
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html
http://igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-umutekano-22721.html
2018-11-12T18:21:27Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ubushikiranganji bw'umutekano gukinga no gutabara mu gihe c'ibiza n'isibe bumenyeshako umuntu yipfuza gushinga ishirahamwe ryigenga mu gisata c'umutekano bibujijwe gukora ivyo bikorwa mu gihe ata burenganzira afise buvuye ku nzego zibijejwe

umutekano

HomeNews

Indwi yahariwe umurwanyi yatangujwe
http://igihe.bi/Indwi-yahariwe-umurwanyi.html
http://igihe.bi/Indwi-yahariwe-umurwanyi.html
2018-11-12T14:20:04Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Indwi yahariwe umurwanyi yatangujwe kuruno wa mbere igenekerezo rya 12 Munyonyo umwaka wa 2018 mu ntara ya Bubanza,ikaba yatangujwe n'inkuka y'imisa yabereye kw'ishengero rya Gifurwe ryo muri paruwasi ya Muzinda.

Amakuru

HomeNews

Ishirahamwe Dutezanye Imbere rivuga ko ibikorwa vyaryo bifasha kugwanya amayarara mu gisagara
http://igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html
http://igihe.bi/Ishirahamwe-Dutezanye-Imbere.html
2018-11-12T13:00:47Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Pierre Claver NIZIGIYIMANA arongoye ishirahamwe risanzwe rihingura umukara mw'iyarara « Urunani Dutezanye imbere » amenyeshako ibikorwa barangura mw'ishirahamwe ryabo bifasha kugwanya amayarara yibonekeza hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura.

ishirahamwe

HomeNews

Itarike 13 Munyonyo
http://igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html
http://igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html
2018-11-12T10:59:07Z
text/html
rn
HomeAmateka

Igenekerezo rya 13 Munyonyo .

Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri

1312: Edouard wa 3, umwami w'Ubwongereza.

1848: Albert wa 1, umuganwa wa Monaco.

1850: Robert Louis Stevenson, umwanditsi w'umwongereza.

Abazwi cane bitavyimana kw'igenekerezo nkiri

1093: Malcom wa 3, umwami wo muri Ecosse.

2001: Frédéric Pottecher, umukinyi w'ivyese akaba n'umwanditsi w'umufaransa.

2002: Juan Alberto Schiaffino, umukinyi w'umupira w'amaguru wo muri Uruguay.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe (...)

Akahise

HomeAmateka

Abipfuza guhiganirwa ibibabanza vy'ubukomiseri mu murwi CVR basabwa gushikana ibisabwa n'amategeko
http://igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html
http://igihe.bi/Abipfuza-guhiganirwa-ibibabanza-vy.html
2018-11-10T09:50:03Z
text/html
en
vianney
HomeHighlights

Ibiro vy'inama nshingamateka bimenyeshako bihamagariye abantu bose bipfuza guhiganirwa ibibanza vy'abakomiseri 13 b'umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira CVR ko boshikana ibisabwa n'amategeko mu murwi ujejwe gutunganya ishirwaho ry'abakomiseri 13 washizweho n'inama nshingamateka.

Amakuru

HomeHighlights