Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Fantastick amasanamu y'indirimbo nshasha ya Masterland Ft Samanthan (Video) http://igihe.bi/fantastick-amasanamu-y-indirimbo.html http://igihe.bi/fantastick-amasanamu-y-indirimbo.html 2015-01-06T05:59:07Z text/html rn HomeNews - Amasanamu / HomeNews Uko iminsi ihera umuririmvyikazi Samantha arushiriza gutera imbere http://igihe.bi/uko-iminsi-ihera-umuririmvyikazi.html http://igihe.bi/uko-iminsi-ihera-umuririmvyikazi.html 2013-04-02T07:29:04Z text/html rn HomeNews
Samantha ni umuririmvyikazi w'umurundi, uwo akaba ari umwigeme w'imyaka 21 yatanguye kuririmba akiri umwana muto w'imyaka 12 , yatanguye atabiha inguvu cane kuko yarakiri umunyeshure.
Yagiye kuvyinjiramwo cane mu mwaka wa 2010 aho yatanguye akorana indirimbo n'imirwi n'abaririmvyi batandukanye nk'umurwi wa Peace and Love.
Yagiye kumenyekana nk'umwe mu baririmvyi b'abahinga mu Burundi mu mwaka wa 2012 aho yatoranijwe hamwe na mugenzi wiwe Big Joe guserukira igihugu c'uburundi mw'ihiganwa (...)
- Inkuru / HomeNews Umuririmvyi Samantha Katihabwa ashobora kuba umuririmvyi rurangiranwa http://igihe.bi/umuririmvyi-samantha-katihabwa.html http://igihe.bi/umuririmvyi-samantha-katihabwa.html 2013-01-21T09:00:15Z text/html rn HomeNews
Umuririnmyi w'umurundikazi Samantha Katihabwa aherutse gutahukana ikibanza ca kabiri muri Primusic, ihiganwa ry'abaririmvyi b'abarundi ryatunganijwe n ‘ishirahamwe Brarudi,kubwiwe ngo kuririmba ubikunda imbere yuko ubigira akazi.
Nkuko avyivugira ati:«Natanguye kuririmba nkiri umwana muto cane,abaririmvyi nakunda cane ni Mariah Carey,Whitney Houston,nama ndiko ndabasubiramwo indirimbo zabo ariko sinarinzi Ko kuririmba nobigize umwuga»
Mu mwaka uheze Samantha yaritavye ihiganwa «Tusker (...)
- Inkuru / HomeNews