Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Bimwe mubisokozo vy'ikirundi http://igihe.bi/bimwe-mubisokozo-vy-ikirundi.html http://igihe.bi/bimwe-mubisokozo-vy-ikirundi.html 2013-02-04T06:07:14Z text/html rn HomeNews <p>Sokwe? <br class='autobr' /> Niruze! <br class='autobr' /> 1. Ndakibona sindagifata <br class='autobr' /> Igitutu <br class='autobr' /> 2. Kararengera <br class='autobr' /> Akotsi k'abungere <br class='autobr' /> 3. Ikiri kure kirya abari n'amaguru <br class='autobr' /> Ikigazi <br class='autobr' /> 4. Umwana wanje yokunesha ari muto <br class='autobr' /> Uruyuki <br class='autobr' /> 5. Wigera mu barembe wari umurembe <br class='autobr' /> Impene mu ntama <br class='autobr' /> 6. Abana banje bakubita ibiganza Hirya no hino <br class='autobr' /> Imitwe y'inzuzi <br class='autobr' /> 7. Abo kwa ruringaniza bambariye imiringa mu kuzimu <br class='autobr' /> Ibijumbu <br class='autobr' /> 8. Akavumu kanje mpungurura bunyoni <br class='autobr' /> Inkono y'umurango ntirya umwe <br class='autobr' /> 9. Karahinda Iduri <br class='autobr' /> Akato mu mpange <br class='autobr' /> 10. Urabona ngo bitugu vya (...)</p> - <a href="http://igihe.bi/-ibisokozo-60-.html" rel="directory">Ibisokozo</a> / <a href="http://igihe.bi/+-homenews-+.html" rel="tag">HomeNews</a>