Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Ubwoko bw'indege bwakoreshejwe mw'isanamu ya Nziza Désiré ntibumenyerewe
http://igihe.bi/ubwobo-bw-indege-bwakoreshejwe-mw.html
http://igihe.bi/ubwobo-bw-indege-bwakoreshejwe-mw.html
2014-08-01T11:23:56Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi Nziza Désiré yasohoye isanamu y'ururirimbo yise "Wowe", isanamu iboneka ko yakoreshejwe mu buryo buzimvye. Ubwoko bw'indege butamenyerewe nibwo buboneka, hamwe n'umukobwa ari mw'isanamu. Uwo muririmvyi yimirije gusohora ku mugaragaro urukurikirane rw'indirimbo yari amaze iminsi ategura.

Isanamu y'urururirimbo "wowe" ya Nziza Désiré ishobora kuba yakozwe ku buryo buzimvye, aho uwo muririmvyi aboneka mu bwoko bw'indege butamenyerewe. Amajambo akomeye arumvikana muri urwo ruririmbo. Nziza (...)

Nziza Desire

HomeNews

Mbega abantu Nziza Désiré yama aririmba boba bamumariye iki?
http://igihe.bi/mbega-abantu-nziza-desire-yama.html
http://igihe.bi/mbega-abantu-nziza-desire-yama.html
2014-05-07T22:24:40Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmvyi w'umurundi ari mu mahanga Nziza Désiré aherutse gushira ahabona ururirimba rufise amajambo y"Imana menshi kandi n'impanuro nyishi. Hari n'amazina y'abantu bumvikana mu ruririmbo, abenshi baribaza abo bantu abaribo n'ico bamariye uwo muririmvyi.

"Inkoni Y'Umutima" n'ururirimbo rushasha rwa Nziza Désiré, ururirimbo rubaza umwe wese igituma tugira ishari, arabaza ati:"kuki dukunda agapfa?". Nziza abaza kandi ati:"Inkoni y'umutima?", bamwishura bati:"Kwinumira." Uwo muririmvyi yemezako (...)

inkuru

HomeNews

Desire Nziza yasohoye Album yiwe nshasha
http://igihe.bi/desire-nziza-yasohoye-album-yiwe.html
http://igihe.bi/desire-nziza-yasohoye-album-yiwe.html
2013-02-05T01:01:12Z
text/html
rn
HomeNews

Umuririmyi Desire Nziza, muri iki gihe asigaye aba mu gisagara ca Dallas, mu ntara ya Texas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Desire Nziza aherutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.

Nkuko Yaraye abimenyesheje igihe yaganira n'Ijwi rya Amerika, aho yavuze ko afise imigambi yoguteza imbere umuziki uko ashoboye kwose.

inkuru

HomeNews