Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Amabwirizwa 10 y'imborerwa http://igihe.bi/amabwirizwa-10-y-imborerwa.html http://igihe.bi/amabwirizwa-10-y-imborerwa.html 2013-02-10T23:55:07Z text/html rn HomeNews
Twayakuye mu ruririmbo rwitwa « Nd'igiti catewe m'urubetero, nd'imborerwa pe ! ». Ariko rero naho ayo mabwirizwa atwengeje ntimuze muyagendere kuko yoca abakura mu bantu.
1. Kubera ko kuva kera na rindi, inzoga arizo zagira umugabo kandi m'ukuzimu ataziriyo, umwanya ugihema, urakunda umwerera n'ivyeri vyeza umutima nkuko wikunda wewe nyene.
2. Kubera ko abazikijijwe n'abameze nkabo bahemutse m'ukuzira umukenke, urabigira inyuma maze ubarekere ivyayi n'amafanta na kare isukari irazimvye.
3. Kubera (...)
- Utujajuro / HomeNews Tube turajajura http://igihe.bi/tube-turajajura.html http://igihe.bi/tube-turajajura.html 2013-02-05T03:51:46Z text/html rn HomeNews
Abarundi bo hambere barakunda gukora cane. Mu gitondo umwe wese yavyuka kare akaja gukora imirimo yiwe ya minsi yose. Kumugoroba barataha bakegeranya utuntu twose . Senaka agahaza, umukenyezi akoza ivyansi n'ivyakirizo .
Bahejeje baba barateramira ku ziko barindiriye ko bahisha. Uwuzi utujajuro akabagira ku mu riri bakaba baratwenga kugirango abana ntibasinzire badafunguye.
Ariko abarundi b'uno munsi basa n'abibagiye iragi rya ba sokuru kuko benshi bateramira ku mbonesha kure no (...)
- Utujajuro / HomeNews