Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Isanamu ya Rihanna na Shakira yiyamirijwe muri Colombiya http://igihe.bi/isanamu-ya-rihanna-na-shakira.html http://igihe.bi/isanamu-ya-rihanna-na-shakira.html 2014-02-05T07:07:58Z text/html rn HomeNews
Ururirimbo rwa Rihanna na Shakira rwakorewe isanamu «Vidéo» itanezereje benshi kuko bariko bayiyamiriza cane cane mu gihugu ca Colombiya.
Isanamu y'ururirimbo «Can't Remember To Forget You» rwakozwe n'abaririmvyi Rihanna na Shakira iriko itera impari mu gihugu ca Colombiya, igihugu c'amavukiro ca Shakira.
Nk'uko ikinyamakuru «New York Daily News» kibitangaza, Marco Fidel Ramirez n'umunyeporitique wo muri Colombiya Shakira avukamwo, ariyamiriza yivuye inyuma kwerekana isanamu y'urwo ruririmbo.
Kubwa (...)
- Rihanna / HomeNews Rihanna yifatiye mu gahanga aba Paparazzi http://igihe.bi/rihanna-yifatiye-mu-gahanga-aba.html http://igihe.bi/rihanna-yifatiye-mu-gahanga-aba.html 2013-10-10T07:43:43Z text/html rn HomeNews
Abonye i foto yiwe yambaye impuzu ihanagura amazi mu cumba c'ubwogero ariko yirabira hanze acishije mw'idirisha ry'i Hoteli yarimwo, Rihanna arinamura ati: "Ndanka aba paparazi gusumba uko nanka aba Nazis"
Rihanna ntarya umunwa, ari naho kenshi avuga uko yishakiye. Akarorero ka hafi naho yiyemerera wenyene ko yanka aba Paparazi kuruta ukwo yanka aba Nazis. Uwo muririvyi rurangiranwa kenshi na kenshi arashikuza mu kuvuga aho womenga harimwo n'ubwishime. Ubu bwa vuba, aho yasa nuwashavujwe (...)
- Rihanna / HomeNews Rihanna yiyemeje kunezereza abakunzi biwe http://igihe.bi/rihanna-yiyemeje-kunezereza.html http://igihe.bi/rihanna-yiyemeje-kunezereza.html 2013-06-10T05:18:47Z text/html rn HomeNews
Mu mpera z'iy'indwi irangiye, umuririmvyi Rihanna yari mu giteramo ku kibuga co mu Bufaransa mu ntumbero yo kubandanya ibiteramo vyiwe yise Diamonds World Tour.
Ico giteramo mu Bufaransa kigira gatanu akaba azobandanya ivyo bikorwa asanzwe yaratanguye mu kwezi kwa Ntwarante, bikazorangira mu kwezi kwa Munyonyo uyu mwaka nyene akazobirangiriza muri Leta zunzubumwe za Amerika.
Aho ku kibuga co mu Bufaransa rero Rihanna yarahakunze cane kuko yavuze ko ari irya mbere aririmbiye ku kibuga. (...)
- Rihanna / HomeNews Umunezero hagati ya Christiano Ronaldo na Rihanna i Lisbonne wari ntangere http://igihe.bi/umunezero-hagati-ya-christiano.html http://igihe.bi/umunezero-hagati-ya-christiano.html 2013-05-29T10:12:06Z text/html rn HomeNews
Igihe Rihanna yaca i Lisbonne, yarashoboye kwakirwa n'umunezero ntangere na Cristiano Ronaldo asanzwe ari umukinyi rurangiranwa w'umupira w'amaguru. Uyo munyaportugale akaba yari yipfuje kuramutsa Rihanna.
Barashoboye kumarana akanya atari gato, ndetse baciye bifotoza barikumwe bafatanye, hanyuma baca babandanya baryoherwa.
Inyuma yaho rero Rihanna ntiyavyoroheje kuko asanzwe ndetse akunda n'ukwerekana ibintu bishasha gusa.
Nk'uko abakunzi biwe babivuga, Rihanna yarahinduye umuziki wiwe kuko (...)
- Rihanna / HomeNews Rihanna: “Nararengewe n'umunezero” http://igihe.bi/rihanna-nararengewe-n-umunezero.html http://igihe.bi/rihanna-nararengewe-n-umunezero.html 2013-04-25T04:48:26Z text/html rn HomeNews
Mu rugendo Rihanna arimwo i Miami, bivugwa ko yoba yaranezerejwe cane n'umwe mu bakobwa bamuherekeje kuryoherwa.
Ahamushitse ku mutima, ni igihe bari mu nzu y'ubutambiro yitwa King of Diamonds, aho umwe mu bakobwa bari kumwe yatamvye yishimikije icuma gishinze aho mu butambiro, atamba acizungurizako, agifumbatiza amaguru, acurirako, eka ngo Rihana ntiyihanganye kuko yaciye akora mw'isaho aca akororera ama dolari 8.000 mw'ibutura ry'uyo mutamvyi.
Biravugwa ko Rihanna mu rugendo arimwo (...)
- Rihanna / HomeNews Rihanna ngo yoba yibungenze http://igihe.bi/rihanna-ngo-yoba-yibungenze.html http://igihe.bi/rihanna-ngo-yoba-yibungenze.html 2013-04-21T08:18:20Z text/html rn HomeNews
Hari amajambo ariko aravurwa cane ko Rihanna yoba yibungenze inda ya Chris Brown.Abo baririvyi bakaruhariwe ngo boba bamaze amezi make bagendana.
Rihanna akaba amaze guhindura amatariki kane kose y'ibiteramo vyiwe vyatanguye mu kwezi guheze,ivyo rero bikaba bigaragaza ko uwo muririvyi akomeye cane,kandi akundwa n'abantu benshi cane cane urwaruka.
TMZ amenyesha ko Rihanna muri iki gihe afise indwara yo mu muhogo,ivyo bikaba bimaze ukwezi kwose ,biragaragara neza ko hari ibitagenda neza,akaba (...)
- Rihanna / HomeNews Benshi biga ururimi rw'icongereza kubw'umuririmvyi Rihanna http://igihe.bi/benshi-biga-ururimi-rw-icongereza.html http://igihe.bi/benshi-biga-ururimi-rw-icongereza.html 2013-02-07T05:30:53Z text/html rn HomeNews
Mu cigwa cakozwe,bivugwa yuko Rihanna ari umucuraranzi atuma beshi bashaka kumenya icongereza.
Mumatohozwa yakozwe mu mashure “Kaplan International Colleeges“,umwe mubarongozi b'icigwa c‘icongereza,yahishuye ko mubaririmvyi b'umudiho wa pop,Rihanna niwe atera intege abantu ngo bige icongereza.
Amatohozwa yakozwe ku bantu 1213 bavuga icongereza nk'ururimi mvamakukungu.Muribo,ibice bishika 52 kwi 100 bize icongereza kugira bamenye ibigezweho.
Muri ivyo bice 52 kwi 100, uwo batazira umu « Bajan (...)
- Rihanna / HomeNews