Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Akamaramaza Justin Bieber yagiriye se kuri yubire y'amavuko yiwe http://igihe.bi/justin-bieber-ivyo-yagiriye-se.html http://igihe.bi/justin-bieber-ivyo-yagiriye-se.html 2014-06-07T13:13:46Z text/html rn HomeNews
Jeremy Bieber umuvyeyi w'umuririmvyi Justin Bieber ariko ahimbaza imyaka 39 y'amavuka, Justin Bieber yamugiriye ibitangaza imbere y'abana batoyi biwe. Bamwe bati nukwereka indero mbi batoya biwe, abandi bati : "Ivyo bito?".
Aho Jeremy Bieber yariko ahimbaza imyaka 39 y'amavuka, umuhungu wiwe Justin Bieber yahengereye se ahejeje kuzimya ama "bougies", agira amanyure "gateau" aca ayimutamwo imwuzura mu maso. Ivyo yabigize abatumire isinzi bakinje, imbere y'abana batoya biwe Jaxon na Jazymin. (...)
- Justin Bieber / HomeNews Obama yanse kwirukana umuririmvyi Justin Bieber ku butaka bwa Amerika http://igihe.bi/obama-yanse-kwirukana-umuririmvyi.html http://igihe.bi/obama-yanse-kwirukana-umuririmvyi.html 2014-04-21T14:59:56Z text/html rn HomeNews
Abanyagihugu batari bake bo muri Reta zunze ubumwe za Amerika baheruka kurungikira urwandiko umukuru w'igihugu Barack Obama bamusaba kwirukana umuririmvyi Justin Bieber. Obama yaraye yishuye ko adashobora kwirukana uwo musore naho afise amakosa atagira uko angana.
Urwandiko rwashizweko umukono n'abanyagihugu bagera 275.000 rwarungikiwe umukuru w'igihugu Barack Obama bamusaba kwirukana umusore Justin Bieber ku butaka bwa Reta zunze ubumwe za Amerika. Uwo atariko arabwa ryiza n'ababanyi biwe (...)
- Justin Bieber / HomeNews Impanuro baha Justin Bieber zica inyuma y'amatwi http://igihe.bi/impanuro-baha-justin-bieber-zica.html http://igihe.bi/impanuro-baha-justin-bieber-zica.html 2014-02-26T13:22:55Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Justin Bieber yasubiye kurwa mu minwe y'abajejwe umutekano, ikosa yatawemwo n'umwe mu bamugendanira yashikuye ku nguvu icuma gifata amasanamu. Ico cuma bagifatiye mu nzu y'uwo muririmvyi.
Mu gihe yariko atembera kugira afate akaruhuko, bamwe bafata amasanamu binyegeje "Papparazi" yatswe icuma ciwe gifata amasanamu n'umwe mu bagendanira Justin Bieber. Uwo yaciye yatsa imodoka arigira. Umwe yaja gufata amasanamu yitura abajejwe umutekano, baca bagenda aho Justin Bieber aba basanga (...)
- Justin Bieber / HomeNews Inyifato ya Justin Bieber ntirabwa ryiza n'abandi baririmvyi http://igihe.bi/inyifato-ya-justin-bieber-ntirabwa.html http://igihe.bi/inyifato-ya-justin-bieber-ntirabwa.html 2014-02-01T15:20:50Z text/html rn HomeNews
Inyifato y'umuririmvyi Justin Bieber irateye ibibazo mu gihugu ca Reta zunze Ubumwe z'Amerika. afise imanza nyishi mu butungane bwo muri ico gihugu. Bamwe mu baririmvyi bamuviriye hasi bamuha impanuro.
Uwo muririmvyi w'imyaka 19, aguma yiyamirizwa na benshi cane cane ababanyi biwe kubera umubano mubi afise uterwa n'akaborerwe, n'ibiyayuramutwe vyo ku rugero rwohejuru anywa, uri ibinini vyitwa Xanax anywa kugira aruhurire umutwe yibagire ingorane arimwo, eka n'ibindi. Ivyo vyatangajwe (...)
- Justin Bieber / HomeNews Nyina wa Justin Bieber arababazwa n'ingeso mbi z'umwana wiwe http://igihe.bi/nyina-wa-justin-bieber-arababazwa.html http://igihe.bi/nyina-wa-justin-bieber-arababazwa.html 2013-08-13T08:29:56Z text/html rn HomeNews
Justin Bieber umuririmvyi yidogerwa n'imirwi itandukanye y'abantu ku bw'ingeso ziwe mbi. Justin Bieber akaba afise imyaka 19, yavukiye mu gihugu ca Canada. Ni umwanditsi w'indirimbo, akaririmba, ndetse agasubiramwo zimwe mu ndirimbo z'abandi.
Imyidogo ya bamwe n'abandi ku kwitwara nabi kwa Justin Bieber ubu ku geze mu bituntuza umuvyeyi wiwe Pattie Mallette. Nyina avuga ko abizi neza ko umwana wiwe atari umweranda, kandi ko vyinshi yagirizwa ahora avyisomera wenyene mu binyamakuru bitandukanye (...)
- Justin Bieber / HomeNews Justin Bieber amakosa yamubanye menshi http://igihe.bi/justin-bieber-amakosa-yamubanye.html http://igihe.bi/justin-bieber-amakosa-yamubanye.html 2013-07-11T05:13:42Z text/html rn HomeNews
Justin Bieber abandanya kwankwa n'abantu benshi kumvo z'amakosa amaze iminsi akora. Uwo muririmvyi yerekanye ko ata bwoba afise na bukeyi bwo gukora ico ashaka cose aho yatinyutse kwihagarika mu ndobo mu buriro.
Nk'uko vyatangajwe n'ikinyamakuru TMZ, uyu musore w'imyaka 19 aramaze gutakaza icizere ku bantu benshi bari bamuziko ibikorwa vy'intashikirwa yokoze muri kazoza kuko yatanguye umuziki akiri umwana mutoyi. Ubu abakunzi b'uwo musore bamufata nk'umuntu yananiranye kuko bazi ko umwanya (...)
- Justin Bieber / HomeNews Afrika y'epfo: Amafaranga yose yavuye mu giteramo ca Justin Bieber yaribwe http://igihe.bi/afrika-y-epfo-amafaranga-yose.html http://igihe.bi/afrika-y-epfo-amafaranga-yose.html 2013-05-14T09:34:22Z text/html rn HomeNews
Mw'ijoro ryo kuw'Imana rishira kuwa mbere w'igenekerezo rya 13 Rusama 2013, niho Justin Bieber yakoreye igiteramo muri Afrika y'epfo. Amafaranga yose yavuye muri ico giteramo abasuma barayivye ntibasigaza n'ikingorongoro na kimwe.
Nk'uko ubu vyatangajwe na “Dailymail”, abo basuma bivye aya amafaranga baciye munsi y'agataka mu nyuma y'amasaha makeyi Justin Bieber amaze kuririmbira muri FNB (Football stadium) iri mu gisagara ca Johannesburg. Vyaje kumenyekana ko amafaranga yose yavuye mu (...)
- Justin Bieber / HomeNews Justin Bieber ngo yoba yahemukiye Selena Gomez http://igihe.bi/justin-bieber-ngo-yoba-yahemukiye.html http://igihe.bi/justin-bieber-ngo-yoba-yahemukiye.html 2013-02-08T00:55:50Z text/html rn HomeNews
Justin Bieber yoba yahemukiye umukunzi wiwe Selena Gomez kuri Rihanna, ivyo rero ngo bikaba arivyo bishobora kuba vyatumye batandukana, nk'uko vyanditswe n'ikinyamakuru c'abanyamerika Life &Style.
Vyari bimaze igihe bivugwa ko Justin Bieber yoba afise imigenderanire n'umuririmvyi Rihanna. Muri iyi minsi rero ngo inyuma y'amezi atatu Jusin Bieber avanye na Selena Gomez, ngo yoba yarashoboye kugirana imibonano na Rihanna , uwo nawe akaba amusumba imyaka 6.
Nk'uko ico kinyamakuru (...)
- Justin Bieber / HomeNews