Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Miss Alraine yasobanuye ibijanye n'uburyo yambara mu biteramo http://igihe.bi/miss-alraine-yasobanuye-ibijanye-n.html http://igihe.bi/miss-alraine-yasobanuye-ibijanye-n.html 2013-03-16T07:33:08Z text/html rn HomeNews
Miss Alraine ni umuririmvyi w'umurundikazi bimaze kuboneka ko agenda atera intambwe umunsi ku munsi. Uyu rero arakunda guhamagarwa mu biteramo bitandukanye bibera hano i Bujumbura. kenshi usanga abantu bamubonye uko aja imbere yabo aririmbira bibaza vyinshi, bamwe bakaba banamwibaza uko atari.
Ivyo vyatumye tumubaza igituma akunda kuba yambaye agakabutura gatoyi kandi kamufashe birenze, akakarenzako agapira nako nyene kamwegereye cane. abantu babibona biratuma bibaza ugutandukanye; bamwe (...)
- inkuru / HomeNews amafoto atandukanye ya Miss Arlaine http://igihe.bi/amafoto-atandukanye-ya-miss.html http://igihe.bi/amafoto-atandukanye-ya-miss.html 2013-02-19T09:06:05Z text/html rn - amafoto Miss Arlaine yanse kurara mw'i hoteri imwe n'abaririmvyi bagenzi we http://igihe.bi/miss-arlaine-yanse-kurara-mw-i.html http://igihe.bi/miss-arlaine-yanse-kurara-mw-i.html 2013-02-19T03:28:54Z text/html rn HomeNews
Muri iyi weekend abacuraranzi batandukanye bari batumiwe mu giteramo cabereye mu Ntara ya cibitoke muri komine Rugombo, Miss Arilaine nawe yari mubatumiwe, bahashitse umwe wese yahawe icumba c'uburyamo muri hotel yitwa Thomary.
Miss Arlaine we ngo yaratevye kuronka aho arara aza guhabwa icumba mu nyuma ya bandi. mugatondo baje kumurondera baramubura. Aho tumuboneye twamubajije impamvu ataraye mu kibanza yahawe yatwemereye ko ataharaye ku mpamvu ziwe.
Ngo icambere cabimuteye nuko akimara (...)
- inkuru / HomeNews