Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Econet Leo yatanze intererano y'amabati 50 kw'ishure ryisumbuye rya Sainte Therese de Mushasha
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22718.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22718.html
2018-11-10T19:19:46Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ryo gutumatumano Econet Leo ryatanze kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Munyonyo umwaka wa 2018 intererano y'amabati 50 yo mu bwoko bwa BG 28 kw'ishure ryisumbuye « Lycee Sainte Therese de Mushasha » ryo ku murwa mukuru w'intara ya Gitega.

ECONET Leo

HomeNews

Econet Leo yatanze intererano y'amabati 100
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22701.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22701.html
2018-11-04T15:40:25Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanze kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 3 Munyonyo umwaka wa 2018,intererano y'amabati 100 agenewe gusakara ibirasi 2 hamwe n'ibaraza vyo kw'ishure nshingiro rya Karindo riri ku gacimbiri Karindo k'umusozi wa Rutana zone Rutana muri komine n'intara ya Rutana.

ECONET Leo

HomeNews

Econet leo yatanguje ubuhinga bushasha « Econet Connected Car » bufasha gukwirikirana imodoka aho igeze
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanguje-ubuhinga.html
2018-11-02T09:57:32Z
text/html
en
vianney
MainSlideNews
Home_main_article

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje kumugaragaro, kur-uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2018, ubuhinga bushasha biciye mu buhinga bwa none « Econet Connected Car» bufasha gukwirikirana imiduga aho igeze umwanya ku mwanya hamwe no kumenya uko umuduga uriko uratwarwa nuko umushoferi ariko yigenza.

ECONET Leo

MainSlideNews,
Home_main_article

Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 100 y'isima yo kubaka ishure ry'akarorero ry'imyuga rya Kinyami
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22677.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y-22677.html
2018-10-21T12:55:17Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Ishirahamwe ryo gutamatumanako Econet Leo yatanze intererano kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 20 Gitugutu 2018,igizwe n'imifuko 100 y'isima yongera irifadikanya n'abanyagihugu bo muri komine Ngozi intara ya Ngozi mu gikorwa co kubaka ishure ry'akarorero ry'imyuga rya Kinyami riri muri karitiye ya Kinyami mu gisagara ca Ngozi.

ECONET Leo

HomeNews

Econet Leo innove en apportant “BIRAMARA MOBILE APPLICATION”
http://igihe.bi/Econet-Leo-innove-en-apportant.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-innove-en-apportant.html
2018-09-11T22:12:39Z
text/html
en
Jean De Dieu
advertorial

L'entreprise de Télécommunication Econet Leo, toujours innovante, apporte une nouvelle application permettant à ses abonnés de créer leurs bouquets de MEGA, des bouquets de Réseaux sociaux, des minutes pour appeler (bouquets de voix), ou activer des bouquets pour SMS au cours d'une journée, une semaine ou un mois, via la nouvelle application « BIRAMARA MOBILE APPLICATION ».

ECONET Leo

advertorial

Econet Leo yabazaniye uburyo bworoshe bwo kugura uduseke,iminota canke ubutumwa bugufi uciye muco bise «BIRAMARA MOBILE APPLICATION»
http://igihe.bi/Econet-Leo-yabazaniye-uburyo-22576.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yabazaniye-uburyo-22576.html
2018-09-07T16:27:56Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet-leo yabaziniye uburyo bushasha kandi bworoshe bwo kugura uduseke twa internet ,iminota yo guterefonako canke kugura ubutumwa bugufi mu kiringo c'umusi umwe ,indwi canke ukwezi uciye muvyo bise BIRAMARA MOBILE APPLICATION.

ECONET Leo

HomeNews

Higherlife Foundation ryaronkeje Certificats abigisha 25
http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html
http://igihe.bi/High-Life-Foundation-ryaronkeje.html
2018-08-26T14:45:36Z
text/html
en
vianney
HomeIrambuye
MainSlideNews

Ishirahamwe Higherlife Foundation risanzwe rifashwa n'ishirahamwe Econet Leo mu kurangura imigambi yaryo mito mito ryatanze impapuro z'umutsindo “Certificats” ku bigisha 25 bava mu ntara 8 bakwirikiranye inyigisho kubijanye n'ikoreshwa ry'ubuhinga bwa none hakoreshejwe imanshini nyabwonko.

ECONET Leo

HomeIrambuye,
MainSlideNews

Misiri: Umukuru w'igihugu yemeje itegeko rigenzura ibikorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi
http://igihe.bi/Misiri-Umukuru-w-igihugu-yemeje.html
http://igihe.bi/Misiri-Umukuru-w-igihugu-yemeje.html
2018-08-20T10:48:04Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Umukuru w'igihugu ca Misiri Abdel Fattah al-Sissi yemeje itegeko rishasha rijanye no kugenzura ibikorwa vyose bikorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi.

Internet

HomeNews

Université de Ngozi: Abanyeshure baronkejwe uburyo bwo gukoresha internet kubuntu na Smart Burundi
http://igihe.bi/Universite-de-Ngozi-Abanyeshure.html
http://igihe.bi/Universite-de-Ngozi-Abanyeshure.html
2018-08-17T07:10:59Z
text/html
en
Jean De Dieu
HomeNews

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Smart Burundi ryashize umukono ku masezerano n'ishure kaminuza ry'i Ngozi kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro 2018 ajanye no gutanga internet kubuntu kugira abanyeshure b'iryo shure bashobore kugira ubushakashatsi k'ubuhinga bwa none biboroheye.

Smart

HomeNews

Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 80 igenewe kubaka ibirasi vy'ishure rya Muyange
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y.html
http://igihe.bi/Econet-Leo-yatanze-intererano-y.html
2018-08-09T15:32:24Z
text/html
en
vianney
HomeNews

Econet Leo yatanze intererano y'imifuko 80 y'isima yo kubaka ibirasi 3 vy'ishure nshingiro rya Muyange

ECONET Leo

HomeNews