Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Lolilo yasohoye amashusho (video) y'indirimbo "Kabiribiri" http://igihe.bi/Lolilo-yasohoye-amashusho-video-y.html http://igihe.bi/Lolilo-yasohoye-amashusho-video-y.html 2017-09-21T11:08:22Z text/html rn HomeNews
Lolilo ahejeje gushira ahabona isanamu (video) y'ururirimbo "Kabiribiri". Isanamu yamaze gushika ku rubuga rwiwe rwa Youtube, rwakozwe n'inzu y'ubuhinyankyuzi "Zenges", mu mudiho wa Africa.
- indirimbo / HomeNews Amafoto ya "Sana Tu" azoja mw'isanamu ya Lolilo aratandukanye n'amajambo aririmba http://igihe.bi/amafoto-y-ururirimbo-sana-tu-azoja.html http://igihe.bi/amafoto-y-ururirimbo-sana-tu-azoja.html 2015-02-17T08:59:56Z text/html rn HomeNews
Amwe mu mafoto azoboneka mw'isanamu y'ururirimbo "Sana Tu' rwa Lolilo yamaze gusohoka, igitangaje n'uko ayo mafoto aboneka Lolilo ameze nk'umuntu ari mu ntambara.
Ururirimbo rwa Lolilo rwitwa "Sana Tu". Amafoto amaze kuja ahabona, uwo muririmvyi aboneka hamwe asa n'uwuriko ararwana, ahandi ariko aca mu bitsinga, ipikipiki isa n'iyi giporisi iriko imwirukako. Uko ayo mafoto aboneka biratandukanye n'ivyo aririmba muri "Sana Tu".
Raba aha munsi amafoto yerekana uko isanamu "Video" izoba imeze, uce (...)
- indirimbo / HomeNews Lolilo yasohoye ururirimbo rusa n'inyishu ya "Niko sawa" rwa Fariouz http://igihe.bi/lolilo-yashize-ahabona-ururirimbo.html http://igihe.bi/lolilo-yashize-ahabona-ururirimbo.html 2015-01-19T08:36:15Z text/html rn HomeNews
Lolilo yashize ahabona ururirimbo yise "Sana tu", Lolilo avuga ahanini ibijanye n'ubuzima bwiwe nk'umuririmvyi, bikumvikana ko ashaka kwerekana ko intambwe agezeko ihagije naho hari abatabishima. Abishimira abakunzi biwe n'Imana.
"Sana tu", Lolilo aririmba avuga ko naho yamaze gufata inzira yiwe nk'umuririmvyi, ko ibendera y'umuziki yamaze kurishira mu minwe ko kandi atagiye kurirekura naho abansi bakaka. Aririmba avuga kandi ko imigisha Imana yamuhaye yamaze kuyugururira imiryango yinjire. (...)
- indirimbo / HomeNews Isanamu y'ururirimbo rushasha"Mgara"rwa Lolilo yagiye ahabona http://igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-rushasha.html http://igihe.bi/isanamu-y-ururirimbo-rushasha.html 2014-08-19T10:49:50Z text/html rn HomeNews
Isanamu y'ururirimbo "Mgara" ya Lolilo yagiye ahabona, yakorewe muri Keshy Video Lab Productions". Isanamu yakorewe mu kigo ndangakaranga c'i Bujumbura, koko yerekana ibijanye n'imico y'aho hambere.
Raba aha munsi isanamu y'ururirimbo "Mgara"
- indirimbo / HomeNews Amajambo yuzuye urukundo yumvikana mu ruririmbo "Follow Follow"rwa Lolilo http://igihe.bi/amajambo-yuzuye-urukundo-yumvikana.html http://igihe.bi/amajambo-yuzuye-urukundo-yumvikana.html 2014-06-18T13:16:06Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi Lolilo yaje n'ururirimbo rushasha "Follow Follow", aririmbira uwo yipfuza ko borambana, bakagirana amaherezo meza. Amajambo y'urukundo aryohera amatwi akaremesha imitima, yumvikana mu ruririmbo "Follow Follow".
Nk'uko amajambo ari mu ruririmbo "Follow Follow" rwa Lolilo abivuga, uwo muririmvyi aririmba uwo yipfuza ko bazorambana, bakagirana iherezo ryiza. Lolilo amubwira ati :"Ndagukunda kuruta uko nikunda,... iyo nobaye ndabishoboye nobujije urupfu kugutwara,... nzogukwirikira, (...)
- indirimbo / HomeNews "Lizzo.Com" : Ururirimbo rushasha rwa Lollilo n'amasamamu yarwo (Video) http://igihe.bi/lizzo-com-ururirimbo-rushasha-rwa.html http://igihe.bi/lizzo-com-ururirimbo-rushasha-rwa.html 2014-03-28T14:53:54Z text/html rn HomeNews - indirimbo / HomeNews Uruwambere http://igihe.bi/uruwambere.html http://igihe.bi/uruwambere.html 2013-03-11T02:20:18Z text/html rn HomeSong - indirimbo / HomeSong