Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Mbega abantu Nziza Désiré yama aririmba boba bamumariye iki? http://igihe.bi/mbega-abantu-nziza-desire-yama.html http://igihe.bi/mbega-abantu-nziza-desire-yama.html 2014-05-07T22:24:40Z text/html rn HomeNews
Umuririmvyi w'umurundi ari mu mahanga Nziza Désiré aherutse gushira ahabona ururirimba rufise amajambo y"Imana menshi kandi n'impanuro nyishi. Hari n'amazina y'abantu bumvikana mu ruririmbo, abenshi baribaza abo bantu abaribo n'ico bamariye uwo muririmvyi.
"Inkoni Y'Umutima" n'ururirimbo rushasha rwa Nziza Désiré, ururirimbo rubaza umwe wese igituma tugira ishari, arabaza ati:"kuki dukunda agapfa?". Nziza abaza kandi ati:"Inkoni y'umutima?", bamwishura bati:"Kwinumira." Uwo muririmvyi yemezako (...)
- inkuru / HomeNews Desire Nziza yasohoye Album yiwe nshasha http://igihe.bi/desire-nziza-yasohoye-album-yiwe.html http://igihe.bi/desire-nziza-yasohoye-album-yiwe.html 2013-02-05T01:01:12Z text/html rn HomeNews
Umuririmyi Desire Nziza, muri iki gihe asigaye aba mu gisagara ca Dallas, mu ntara ya Texas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
Desire Nziza aherutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.
Nkuko Yaraye abimenyesheje igihe yaganira n'Ijwi rya Amerika, aho yavuze ko afise imigambi yoguteza imbere umuziki uko ashoboye kwose.
- inkuru / HomeNews