Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi
http://igihe.bi/
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
rn
SPIP - www.spip.net

Fizzo arahakana ko atari ikiburasoni, imburakimazi canke umusuma
http://igihe.bi/Fizzo-arahakana-ko-atari.html
http://igihe.bi/Fizzo-arahakana-ko-atari.html
2017-11-21T10:29:53Z
text/html
fr
HomeNews

Fizzo yumvikanye mu ruririmbo yakoranye na Mr Champagne aho yatanze ubutumwa bwiwe mu rurimi rw'igifaransa ibitari bimenyerewe cane. Ururirimbo rwumvikana nabi cane nkaho rwoba rwasohotse hataragera.

indirimbo

HomeNews

Ururimbo rushasha " NANANA" rwa BIG FIZZO Ft. KOLLY & KINGORONGORO rwasohotse
http://igihe.bi/Ururimbo-rushasha-NANANA-rwa-BIG.html
http://igihe.bi/Ururimbo-rushasha-NANANA-rwa-BIG.html
2017-10-04T09:15:12Z
text/html
rn
Jean De Dieu
HomeNews

indirimbo

HomeNews

Indirimbo nshasha "Konzi" by Big Fizzo
http://igihe.bi/Indirimbo-nshasha-Konzi-by-Big.html
http://igihe.bi/Indirimbo-nshasha-Konzi-by-Big.html
2017-07-08T13:51:54Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeNews

indirimbo

HomeNews

Indirimbo nshasha "Urambabaza" by Big Fizzo
http://igihe.bi/Indirimbo-nshasha-Urambabaza-by.html
http://igihe.bi/Indirimbo-nshasha-Urambabaza-by.html
2017-04-23T16:28:31Z
text/html
rn
Jean de Dieu M.
HomeNews

indirimbo

HomeNews

Fariouz aremeza ko imifuko yiwe yifashe neza mu ruririmbo "Niko Sawa Sawa"
http://igihe.bi/fariouz-aremeza-ko-imifuko-yiwe.html
http://igihe.bi/fariouz-aremeza-ko-imifuko-yiwe.html
2014-11-20T08:07:59Z
text/html
rn
HomeNews

Fizzo yasohoye ururirimbo aho yivugira ati : "Ndeka nirire ivyanje kuko biva mu cuya canje." Fariouz ati : " Ndeka nibereho ubuzima bwanje, imifuko yanje iruzuye, umugore wanje ameze neza...."

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz "Niko Sawa Sawa" abwira abaja ku nsamirizi bavuga ivyo bashaka ko wewe ameze neza ata ngorane afise n'abakunzi biwe.

Ururirimbo rushasha rwa Fariouz rushusha na "What's my name", aho yavuga izina ryiwe. Izo ndirimbo ico zihuriye, n'uko Fariouz asa n'uwushaka gusigurira (...)

indirimbo

HomeNews

Fizzo ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, gikuru n'uko unkunda"
http://igihe.bi/fizzo-ati-ndaziko-wagendanye-na.html
http://igihe.bi/fizzo-ati-ndaziko-wagendanye-na.html
2014-06-19T13:02:25Z
text/html
rn
HomeNews
newsletter

Big Fizzo yasohoye ururirimbo rushasha "I Lovu You". Uwo muririmvyi karuhariwe ati : "Ntaco mfise novuga atari...Love u, ntaco mfise nokora atari...Love u".

Ati : "Ndazi ko wagendanye na benshi, ndazi ko wakundanye na benshi, igikuru n'uko unkunda baby".

Mwomenya ko Big Fizzo amaze iminsi itari mike ari mu bihugu vya Buraya, ashobora no kutitaba ibirori vya "Isanganiro Awards 2014" kandi afisemwo uririmbo ruri mw'ihiganwa.

Umviriza "I Love You", ururirimbo rushasha rwa (...)

indirimbo

HomeNews,
newsletter

Nakwisanzemwo, nakwibonyemwo : amajambo ari mu ruririmbo rwa Fizzo na Samantha
http://igihe.bi/who-you-are-ururirimbo-rushasha.html
http://igihe.bi/who-you-are-ururirimbo-rushasha.html
2014-04-02T13:26:01Z
text/html
rn
HomeNews

Abaririmvyi Samanta na Big Farious basohoye ururirimbo bakoranye bise "Who you are"

Uru ruririmbo ruri mu ruririmi rw'icongereza n'ikirundi. Samantha ati:"nakwisanzemwo, nakwibonyemwo, nyegera ndakwongorere kandi unyumve."

Bose bitabira mu congereza bati:"i don't love you for what you have, simply i love you for who you are", bisigura mu kirundi ngo "sindagukundira ivyo ufise, gusa ndagukundira uwo uri."

Tubibutseko Samantha aherutse gutorwa hamwe na T-Max na Yoya n'inzu ihinyanyura (...)

indirimbo

HomeNews

Kigali : Mu giteramo Explosion concert abantu bagwanira gukora ku kirato ca Farious
http://igihe.bi/kigali-mu-giteramo-explosion.html
http://igihe.bi/kigali-mu-giteramo-explosion.html
2013-11-09T06:01:49Z
text/html
rn
HomeNews

Mu giteramo c'agakura cabaye ejo hahise, igenekerezo rya 08 Munyonyo 2013 ahitwa i HUYE mu gihugu kibanyi c'Urwanda, umuririmvyi w'i Burundi Big Farious yari yacitavye. Ico giteramo cataziriwe « Explosion concert »cari citabwe n'abantu isinzi, hamwe n'abaririmvyi nka Riderman, Social, Farious, Professeur Nigga eka n'abandi. Abenshi murabo bava mu gisagara ca Kigali.

Muri ico giteramo kiretse Queen Cha atitavye, abaririmvyi baraho bararonkejwe umwanya ukwiye. Mugani Desire azwi kw'izina rya Big (...)

indirimbo

HomeNews

Muvyukuri
http://igihe.bi/muvyukuri.html
http://igihe.bi/muvyukuri.html
2013-09-04T02:14:48Z
text/html
rn
HomeSong

indirimbo

HomeSong

Nakulove
http://igihe.bi/nakulove.html
http://igihe.bi/nakulove.html
2013-03-11T02:21:21Z
text/html
rn

indirimbo