Turkiya : Ugutembagaza ubutegetsi vyaburijwemwo

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 juillet 2016 saa 10:30
Yasomwe : 30942
0 0

Mu gihugu ca Turkiya haburijwemwo igikorwa co kugerageza guhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Recep Tayyip Erdogan.
Umwe mu bategetsi bo muri ico gihugu avuga ko abasirikare barenga 1500 batawe muri yompi nyuma y’ijoro ryaranzwe n’urwamo rw’inkoho n’ibintu biturika mu bisagara bibiri bikomeye vy’ico gihugu, arivyo Istambul na Ankara.
Umukuru w’igihugu ca Turkiya, Recep Tayyip Erdogan, yavuze ijambo ku mboneshakure y’igihugu avuga ko kugerageza guhirika ubutegetsi bwiwe ari igikorwa (...)

Mu gihugu ca Turkiya haburijwemwo igikorwa co kugerageza guhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Recep Tayyip Erdogan.

Umwe mu bategetsi bo muri ico gihugu avuga ko abasirikare barenga 1500 batawe muri yompi nyuma y’ijoro ryaranzwe n’urwamo rw’inkoho n’ibintu biturika mu bisagara bibiri bikomeye vy’ico gihugu, arivyo Istambul na Ankara.

Umukuru w’igihugu ca Turkiya, Recep Tayyip Erdogan, yavuze ijambo ku mboneshakure y’igihugu avuga ko kugerageza guhirika ubutegetsi bwiwe ari igikorwa c’uguhemukira igihugu cerekanye neza ko mu gisirikare hakenewe impinduka.

Abasirikare b’ipete rya Colonel 29 n’aba Generaux batanu biravugwa ko birukanwe ku kazi.


Kumenyekanisha

1
Komera 17-07-2016 à 18:08

Abanyamerika n’abafaransa babwirizwa kuba bariko bamaramara.Domination igiye kubananira mu mpera z’isi yose. Aho bigiriye surivu ni kera. Twaravuze ko Uburundi buzobabera ifuro ry’igiti. Burabaye akarorero kw’isi yose.Imana ije imbere Uburundi n’igihugu kigenzi Turukiya.

2
NEYMAR 16-07-2016 à 21:32

KUBITA IZOMBWA ZO KWA NIYOMBARE

3
Kanyosha 16-07-2016 à 21:22

Murazombariza kwarikiringo cabajagashe izonjavyi zikirota zikubita kudeta.
Harakaramba president wuburundi Petero Nkurunziza na president wa Turque mwese mwarasimvye imanga bivuye kuri za Mijeris

4
mzoyihera intagoheka 16-07-2016 à 20:36

Izontagodwa za ba prezida baja kubutegetsi bakigira basurivu mukwigira agahambaye nka nkurunziza nukuza barashugurikiwa, burya inkire ntikira kabiri, kandingo akataretse kabagasema.

5
Mecos 16-07-2016 à 19:10

kubite izombwa ,za mujeri zishaka kuja kubutegetsi kunguvu kandi ubutegetsi butangwa n’abene gihugu !!! sha mutaba yarababereye akarorero, ni hahangama nyakubahwa Petero NKURUNZINZA yabaye akarorero kw’isi yose kandi ndakeje ingabo za Turikiya ushobora gusanga zigiye hamwe n’ingabo z’uburundi.

6
Saïdi Anicet 16-07-2016 à 18:07

Twamenga N’uburundi Gusa.None Abo N’abahutu N’abatutsi ?Ko Mutubwira Ko Mu Burundi Arimvo Z’amoko ?Dukeneye Ubutwari Bw’imana.Ivyo Bizoba Kuko Tutari Mw’iparadizo.

7
INTAGOHEKA 16-07-2016 à 17:56

INJAVYI KWISI ZARAGWIRIYE BWINIYOMBARE NABWIGACIY UBWENGE KWISIHOSE BURAHARI ARIKO NTANTAMBWE BUZOTERANA INZEGO ZUMUTEKANO NKONGERA SABAKO NABABIGERAGEJE MUBURUNDI BOFATWA BAGASHIKIRIZW UBUTUNGANE

8
zzzz 16-07-2016 à 15:50

kill evry oppos

9
. 16-07-2016 à 15:36

Nizereko reta yuburundi yahejeje kurungikira reta ya Turkiya ubutumwa bwokuyiha pole.
Nizere kandi ko president wu Burundi koyarungikiye mugenziwiwe wa Turkiya ubutumwa bwokumubwira uti simba imanga mwana wa data na mama.
Nizerekandiko DNDD FDD yarungikiye ubutumwa umugambwe uri kubutegetsi nincuti zawo bababwira ati komera ati cakira izonjavyi.

10
karorero 16-07-2016 à 12:36

Ewe !!!jyew ndabona kahis kamaz kugaruka nta democracie ikibaho ikindi naco nuko ba Godfroid niyombar bakwiy gufatwa bagahanwa byakarorero bitabay ibyo nomubindi bihugu bizoguma byibonekeza bakubite abobajinga.

11
NZOYIHAYA Emmanuel 16-07-2016 à 11:38

Nukumenyera inzira ya demokarasi aho abanyagihugu batwarwa nabo bitorewe !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha