Ubudagi bwemeye gufasha kurwanya Islamic State

Yanditswe na IGIHE
Kuya 5 Kigarama 2015 saa 01:49
Yasomwe : 35271
0 0

Igihugu c’Ubudagi cemeye gutanga imfashanyo y’abasirikare n’ibikoresho vy’intambara, mu ntumbero y’ukwifadikanya n’ayandi makungu mu kurwanya ibikorwa vy’umurwi w’iterabwoba wa IS (Islamic State) wo muri Syria. Indege n’ubwato vy’intambara hamwe n’abasirikare bagera ku 1200 niyo mfashanyo y’Ubudagi.
Iyo ngingo y’Ubudagi y’ugufasha kurwanya Islamic State yemejwe n’abashingamateka bose, ariko bikaba bitegekanijwe ko indege z’intambara z’Ubudagi zitazokwinjira mu mirwi irimwo igisirikare ca Reta Zunze (...)

Igihugu c’Ubudagi cemeye gutanga imfashanyo y’abasirikare n’ibikoresho vy’intambara, mu ntumbero y’ukwifadikanya n’ayandi makungu mu kurwanya ibikorwa vy’umurwi w’iterabwoba wa IS (Islamic State) wo muri Syria. Indege n’ubwato vy’intambara hamwe n’abasirikare bagera ku 1200 niyo mfashanyo y’Ubudagi.

Iyo ngingo y’Ubudagi y’ugufasha kurwanya Islamic State yemejwe n’abashingamateka bose, ariko bikaba bitegekanijwe ko indege z’intambara z’Ubudagi zitazokwinjira mu mirwi irimwo igisirikare ca Reta Zunze Ubumwe z’Amerika, Ubufaransa, Ubwongereza hamwe n’Uburusiya.

Ubudagi bumenyesha ko butanze iyo mfashanyo ku nyishu y’Ubufaransa bwaheruka gusaba amakungu ko yogira ico akoze mu gufasha, inyuma y’igitero cahitanye abantu 130 mu gisagara ca Paris mu kwezi guheze.


Kumenyekanisha

1
Robbert 7-12-2015 à 19:14

None,abobantu Babicira Iki Kandi Imana Yavuzeyuko, Atakwihora Mugenzawe ?Ntiwunva Yuko Imana Izoduhanira Ukuri!!!

2
muhonyore 7-12-2015 à 02:56

None ko nahandi basemerera ngo ibiganiro ahandi naho bakiruka gufata ibihano abobo bigenda gute?canke nuko atari abanya Africa .

3
macungu 5-12-2015 à 14:31

ubwo ntabwo bazahava bihorera kubeni gihugu batabasubiza?

4
Kijisho Emm 5-12-2015 à 14:26

None Bic’abantu Baronderiki Babaziziki Nimba Harivyobasaba Barenganijwe Nibitware Canke Basabe Ibiganiro Bareke Kwic’abantu Ataco Bazira

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha