Uburundi bwibutse imyaka 54 Umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 Gitugutu 2015 saa 09:47
Yasomwe : 45225
0 0

Nk’uko vyama bigenda uko umwaka utashe kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu, Uburundi buribuka igandagurwa ry’umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yarondereye intahe y’ukwikukira Uburundi. Yagandaguwe mu mwaka w’1961 kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu.

Nk’uko vyama bigenda uko umwaka utashe kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu, Uburundi buribuka igandagurwa ry’umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yarondereye intahe y’ukwikukira Uburundi. Yagandaguwe mu mwaka w’1961 kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu.


Kumenyekanisha

1
bizimana emeleck 15-10-2015 à 22:00

icoba nuko tworonka amahoro gusa ntakindi

2
Kajekera 13-10-2015 à 22:30

Mbe ko rwagasore yishe abandi birirwa baragandagurwa Leta yiburundi ibivuga kwiki ?

3
Bizimana 13-10-2015 à 20:53

Turashimiye Uwiyumviriye Uwo Musi

4
Bizimana 13-10-2015 à 20:51

Turashimiye Uwiyumviriye Uwo Musi

5
Koneseri 13-10-2015 à 15:25

Iyohaboneka 15 NKa Ngwagasore Muburundi Habari Mwiparandizo

6
Koneseri 13-10-2015 à 15:22

Iyohaboneka 15 NKa Ngwagasore Muburundi Habari Mwiparandizo

7
Mukobwandagotse 13-10-2015 à 14:51

Mbese nukuberiki Nyangoma arumuntu akuze kandinamashure yize ataco abaye ariko imvugoyiwe mwinomisi isigaye mengo niyikintazi/ ikitazi? Jewe ukondamwumva ivyavuga yobayiyemeje gukora umurwi witerabwoba’ impamvundabivuzegurtyo yarasimvye atubwirako yashinze reta ngokuko reta ya Nkurunziza izoragira mukwezi 8/26/15 izotarikitwazirindiranye nubwishimebwishi ekambese bamwe turankana nabotutokwankanye, ariko iyotarikiyarageze ntiyigeze adusigurira akagorane yagize kazumye adashika kuvyoyariyatubwiye, ntagiyekurenaho mumisimukeya iheze yariyavuzeko ariwe agiyegukoresha umusimukuru wokwibuka incungu yokwikukira kwu Burundi nonempejeje kumenyako muntara 18 zose zigize uburundi atanahamwe yakoreshereje ivyobirori! None uwomuntu benewacu barundi barundikazi uwomwita umuteeabwoba yobayihenze? Umvanoneho inkuru yanshikiriye uvuye muvyico vyiyi reta ya Nkurunziza vyigize ibikoranana Nyangoma, bavugako iyohagize umuntuyicwamu Burundi nyo Nyangoma acayishima akacahamagara abobakorana akababwirango mwavyumviseko bishobokako babana bakoze igikorwaneza Bujumbura, ngwivyorero agumabivugayisubiriza yabayumvise uwishwe azira bimwevyimiryango/amatungo, yabanigisumacishe umuntu. Haragakuru kavuye muboyita kobakorana ariko bivyicovya Nkurunziza kavugango: Umusiumwe abagabo babiri barikumwe numugore umwe basanzwe arabishikira kwa Nyangoma umweyaritoye aravugango: Nguyumuntuwacu Nyangoma mumubonagute? Uyubdi acaravugango’ jewendabubona nkikirofa!? Bacabaraseka wamugorengo nahorangira ngonijewe ndabibonagusa!.

8
karundi 13-10-2015 à 14:12

none na Rwagasore bamugandaguye kubera 3eme mandat ? ababirigi nibabi cane ni ukubihoza, baranka abarundi cane.

9
sinzinkayo 13-10-2015 à 12:00

tuzokwama tumwibuka kuko ivyo yakoze vyabaye ivyikimazi kubarundi none nikuberiki abatware bikigihe batomwigana?aho kurondera ivyabose barondera ivyabo gusa nibikebuke ivyisi bizosigarana nayo ntawupfa abimaze

10
Ndaca. 13-10-2015 à 10:47

Komera Batama Tubandanye Twibuka Umuganwa Atari Umugani,nayo Nyangoma Wewe Yari Yatubwiye Ngo Azotubwira Ingene Tuzowuhimbaza None Nubu Igisaka Anyegeyemwo Ntawukizi.Ubu Twebwe Nyangoma Twamuvuye Inyuma Kuko Yitwaza Akarimi Gusa Ntaco Atumariye.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha