Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Muri Afrika
Uganda : Igiporisi casubiriye gufata Kizza Besigye
Yanditswe taliki ya 22-02-2016 - isaha 10:55' na IGIHE

Kizza Besigiye, umukuru w’umugambwe Forum for Democratic Change (FDC) utavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Uganda yasubiriye gutabwa muri yompi, mu gihe yariko agerageza kuva mu rugo iwe, aho yari asanzwe apfungishirijwe ijisho kuva kuwa gatanu w’indwi twaraye dusozereye.

Umukuru w’umugambwe Forum for Democratic Change, Kizza Besigye yafashwe kuwa gatanu, yagirizwa ko yari afise umugambi wo gutangaza ubwiwe ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu.

JPEG - 88.1 ko
Kizza Besigiye, umukuru w’umugambwe Forum for Democratic Change (FDC)

Mu biharuro vyatanzwe n’umurwi utegura amatora, Yoweri Museveni aza imbere, ku majwi angana na 61 kw’ijana, agakurikirwa na Kizza Besigye wo mu mugambwe utavuga rumwe n’uwa Kaguta Yoweri Museveni, akaba nawe yaronse amajwi agera kuri 35 kw’ijana, nk’uko vyashikirijwe n’umurwi utegura amatora.

Ivyiyumviro vyanyu

Museveni ntakwiye kuba umuhuza w’Abaqundi kuko ibibera iwe Bihonyanga Democratie n’agateka kazina muntu ! birateye isoni !!

27.02.2016 à 08:28
Barinakandi Omer

@Djuma
Mbe sha Djuma,
Kwandika ikirundi n’ikinyarwanda ko umenga birakuvuna ?
Urasaba ababizi bakwigishe ! Gukora ivyiza ntibita igihe !

23.02.2016 à 17:32
Bakari

kizza besige nitumwagara ranny muraru

23.02.2016 à 14:03
gatongore

raba.ukugene.abasodabawugandabatanguyekwicabatavugarumwenamuseveninimureke.abazungubakoronize.ibihugubimwemwevyafrikababereke.ukobatwara

22.02.2016 à 15:26
djuma

mwitegurikugumamukurikirana ibiberamubugandabitegerezwakumerankomuburundi.muzompinyuze umunyeporitikevyitwekoyatsinzwehama.abuzw’amahorovyerekanako,museveniyatsinzwemumatoro.ONU.ihagabire

22.02.2016 à 12:55
Djuma

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.