IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu c’Urwanda yaganiriye na Abdulaye Bathily ku kibazo (...)

Umukuru w’igihugu c’Urwanda yaganiriye na Abdulaye Bathily ku kibazo c’Uburundi

vendredi 7 Myandagaro 2015

Abdulaye Bathily,intumwa y’umunyabanga mukuru wa ONU Ban Ki-Moon mu karere ka Afrika yo hagati,amenyesha ko hakwiye kuba igikorwa mu Burundi,kuko ibintu bishobora kuba bibi cane.

Mu kiganiro yahaye abanyamakuru inyuma y’umubonano n’umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame,Abdulaye Bathily yavuze ko ibiriko biraba mu Burundi vyari vyibonekeje ku muntu wese akurikirana ibibera mu Burundi.

Abdulaye Bathily yavuze ko afise ubwoba ko mu gihe atacokorwa ibintu bishobora kwononekara cane,arico gituma asaba ababishoboye bose,baba abarundi canke abanyamahanga n’akarere kugira ico bakoze.

Yavuze ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU utegerezwa kugira uruhara mukuronderera amahoro Uburundi,ariko ko igihugu arico gitegerezwa gufata iya mbere mu kurondera amahoro yaco.

Inyuma y’imyaka 20 habaye intambara mu Burundi, Abdulaye Bathily yavuze ko ata n’umwe yokwunguka igihugu gisubiye mu bihe bikomeye vy’intambara, kuko ingaruka zoshika ku karere kose.

Kubwa Abdulaye Bathily,gutorera inyishu ikibazo c’Uburundi vyoca mu biganiro kuko ata bundi buryo buhari, bikaba ari igikorwa c’abarundi kwikura muri ivyo bibazo.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Murasetsa kabisa itangazo umunyamabanga mukuru wa ONU Ban—Ki -muna ashimira Leta yuko amatora yageze neza mu kohereza kandi muziko president Peter atemerewe kwitoza ikirigo cagatatu Ikindi murebara igipolice ni mbonerakura Adolphe yahaye ibirwanisho bica abanyegihugu kubera kwiyamiriza ikirigo cagatatu ubuse ONU munshinzwe iki koko kubona Leta yica abaturange bayo mugaceceka pierre claver mbonimpa na Monisco bavuzeko Leta ya Peter yohereje imbonerakure kwitoza Muri Congo muraceceka Mbona muzicura bakoze amahano kiterahamwe zo murwanda abenegihugu baragowe undafite ubushobozi ngo ahunge nta mahoro afite mbega igihugu cecirwamo uwigeze kuba icegera ci ntwaramiheto zigitugu chef d"Etat major Army, Ikibazo ca karere ONU hamwe Union Euperien hamwe American umfate iyambere ubwire president Peter yuko a ndashobora kuyobora igihugu mandat ya gatatu aho nimutinda abayobozi ba African nibibazo igihugu byubahiriza mandat ninshuti ya Peter
    President Kikwete na Zuma naho urwanda,Uganda na Congo bakeneye gusazira kubutegetsi ka president Mugabe

  • IYO NTUMWA YA ONU NIREKE KUDUSAMAZA CAR LE TEMPS PASSE NE REVIENT JAMAIS LA SEULE OPTION NGAHA NUGUKUBITA PETER AMASASE YO MUMATWI MPAKA APFUYE CANKE AKISHIKANA KUNTWARAMIHETO ZIHURIKIYE MURUNANI "CFD" PUISQUE NS AVONS TENTÉ PLUSIEURS FOIS LA VOIE DES NEGOCIATIONS MAIS EN VOEUX DONC, UBU UYE IGIKENEWE NI UGUHABUZA DEMOKARASI BICIYE MUMUNWA W’INKOHO POINT ET TRAIT.

  • Kagame ivyiwe birazwi nareke kuva umuvugizi wabarundi mumakungu

  • N’abwire Kagame areke vy’intambara ahandi ho bizomuhitana ntafyine !!

  • nguyo muntu yabaje guca kubonana numwatsi wu Burundi,wumva adushakira ineza koko?nitumukeneye nagume mu Rwanda kwa Kagame.

  • yo kagame mumureke sha ahose ahashaja iki uziko musetsa mweho ubwanyu muri kwimaranira urwanda rwibereye mu byarwo namwe ngo kagame iburu muzehe museveni wakibahaye azasubira abicishe aho yabicishishije ikibaha akibambure mubanze mwumvikane ubwanyu abasirikare barirasanira ubwabo abo mutemera mwarandaguye abajeneral abakoroneli pi igisoda ugipolisi ntibabyumva kimwe abanyagihugu ubwabo abemera peter na abatamwera inkoho barazifite grenade ngo 10000 karach ngo 100000fb kugura intwaro ninko kugura ibiharage ahubwo uburundi aho buturukira harokoka bake ndabarahiye byose byabaye isombe nga abarobere impande zose ngaho amasasu buri munota akaruta akandi karakamira icyo mbona hazaca uwambaye

  • Nibarabe Bagir Vub Ibint Bitarayanjara None Kuk Ndabona Tugez Habi Kand Twimirij Habi Gose Atagikozwe.

  • stop exc kagame niwe uhanuye umuhza ngo haze abasirikare?nureke niwawe ntakigenda ahubwo nibatangure kuhuza kare bitarayangara

  • TWEBWE ABARUNDI NTABIGANIRO VYOKUDUSAMAZA DUKENEYE MURI OPPOSITION CAR NOTRE POSITION EST CLAIRE ET IRREVERSIBLE TANT QUE PETER N’AURA PAS RETIRÉ SA CANDIDATURE NS N’AVONS QU’AUTRE CHOIX SAUF QUE OPTION MILITAIRE INKOHO N’ABASORE SONT PRÊT À S’AFFRONTER JUSTE POUR FAIRE TOMBER CE REGIME DE CES CRIMINELS COMPOSÉS PAR CES MONSTRES USURPATEURS PLEIN D’ EPURGANT L’AMOUR DE LA PATRIE VIVRE OU LA MORT DEMOCRATIE VAINCRA MALHEUR À CEUX QUI BÂILLONNENT LES BURUNDAIS KUKO IMISI YIWANYU IRAHARUYE.

  • Mbe uwomwicanyi ligament ninde yamutumye lwisuka muvyuburundi? nivyiwe bimunaniye.we ntajambo afise kuburundi akae kimya icokinwamaraso ari Ku round era uko yoshigikigwa NGO asjinge ampire hima ariko bateshwe bate,tuzo mukubita tumwinjize mpaka Uganda ahitane museveni basubire iwabo hanyuma akarere gasubireko beneko.inkubisi yamavyi yayitarukirijeko.bombsuuvyemera andika ati tumbandanye.

  • IRYO JAMBO NI RYO!AMAKUNGU NARABE ICO YOKORA!MZEE KAGAME PAUL NDAZI K WW ABONA IGIKWIY GUKORWA!NIBA ONU ITABISHOBOYE NIMUHE MANDAT ASUBIZ IBINTU MU BURYO!MBEGA BA BUYOYA BABA H?GACIY UBWENGE NI GUTE?UWIRYAMIYE AZOBURA IYO ANYIKIRA IMANA NI YATABARA ABARUNDI IKORESHEJE INTWARI Z ABANYAMAHANGA!TWAGIRA NGO DUFISE ABA GENERAUX ARKO NGIRA TWARIHENDA!NAMW MWIBAZE UMUGENERAL BAKURA MW IKAMBI MURI IKI GIHE AKAJANWA KWICA ATIGWANYEKO MWUMVA ARI WE?IBIGANIRO VYARANSE!HARAGZ K URUSASE RUHIGA URUNDI,GRENADE KU YINDI,BOMBE KU YINDI,INDEGE KUYINDI!UWARASHE ADOLPHE AKWIY GUKOMANDA URUGAMBA!VUBA NKURU ARAGIYE YIRUKA NI YAGIRA IMANA NTAPFE KKO ARARA YIKANGA!

  • KAGAME,AKOKEZINTAMBARA,MUBURUNDI,REKA,AZIBONERAKO,YADUSOTOYE,IMYAKA,NARINDIRE,ARATUBARIRWA

  • NTA MUNYAMAHANGA AZOTORERA UMUTI ABARUNDI KIRETSE BAMWE BOHANZE BATERERA MUGUTEZA URUHAGARARA MU BURUNDI.

  • Jewe bdimubantu bambere baribiyemeje kurwanya Nkurunziza nivuyinyuma, arikomaze kubonako kumurwanya Kagame yaciye abibonamwo umunezero naciye mpagarika kurwanya Nkurunziza kuko ibintuvyinjiyemwo Kagame ndaziko atakindi vyozanira uburundi atari amarira nimiborogo. Uburorero yarinjiye Rwanda hapfa amamiliyoni yabanyarwanda, yinjiye Congo hapfuye amamiriyoni yaba Congomani, aha Burundi tumuhaye akanya ntakibuza amaliyoni yabarundi yompa. Jewerero nase, nonewewe?.

  • Nimuvuge ivyerekeye urwanda ninyenzi natwe mutureke

  • NIMW TWIZEY KO MUDUTABARA AHANDI HO NI IBARA!

  • Ndetse nuwo Bathily nabandi bazoza bavuge tugume dutwara Mbe uwo Kagame yiyitiki?Uburundi si RDC

  • ahubwo hakwiye ko abakozi b’imana basengera u BUrundi bwatewe n umu demon.Imana yonyene niyo ishoboye kubohoza u Burundi

  • ewe muntu ushima urya mu perezida wi rwanda umengo ntarya yuzuye ubwicanyi,uburizeye kwafise icoyokora ku burundi?mukurwanase?erega uburundi si congo ngo hageze kumuntu arwana muzokwiyahura nyabuna.naga koho kinjiye gacagafatwa ahubwo muzotangara mubonye vyanse komutera intambwe mwararirimvye ngo adolphe arapfuye mwibagirako hapfuye adolphe hadapfuye ba adolphe muzimanika

  • Nimukure Inkinamico Vyarabananiye Ko Mutafashe Ingingokar Mwashatse Ko Batumara Ariko Namwe Murufitiye Ideni Mbega Mwavutse Muri Abakuru Bibihug?Imana Izobibabaza Kuko Amasinzi Namasinzi Apfa Kubwanyu Muraturiye. Mukuvuka Turarira Tugakurira Mumibabaro Tugapfa Tudashimye Mwiganza Nk Inda Idashima

  • MWE NTIMUBONA NDAKE MBE AHO MURINDA MUBAZA NGO KAGAME NIGIKI NTIMUBONA YUKO IYI NTUMWA YAGIYE MU RWANDA JUSTE KUBERA BUBAHA MUTAMA KAGAME NKINTWARI YAHAGARITSE GENOCIDE! EGA ONU IRAMWIZIGIYE NKUMUNTU BITUMWAKO KANDI NAMWE MURAZI NEZA YUKO AGOMVYE GUFATA UBURUNDI ATAMASAHA ARENGA 3 VYOMUTWARA UWUHARIRA NINDE? MWABIJUJUMWE VYIMBONERAKURE MUGUMA MWASAMA IMIHAHA ATANICO MUMAZE! KAGAME NI MAJOR GENERAL ABUSHITSE APANA CA KIGORODOBE CANYU NGO NI RUDOLUFE CASAMBUWE NABA VRAI COMMANDO! HAMWE IMBONERAKURE ZATURIRA MARCHÉ CENTRALE DE BUJUMBURA NINDE YARUNGITSE HELICOPTERS POUS ÉTENDRE DU FE? BURYA HARYA NTACIGWA MWAHAKUYE MWABIJUJUMWE? HAMWE KAGAME I CONGO YA TITIMURA LETA YA MUBUTU NA KABIRA MWAMBWAMWE ZABA FDD NTIMWARI I CONGO NTIYABAKUBITIYE HAMWE NA KABIKA! TRÈS RÉCEMENT À NGOZI MZE KAGAME HAMWE YAGURUKIRIZA HELICOPTERS HEJURU YUBURUNDI MWAKOZE IKI NTIMWAKAZIVYE MUGAFUKAMA MUGASEGA IKIGONGWE AHANDIHO NTIYAGOMBA AFATE UBURUNDI DANS QLQ POUSSIÈRES DE SECONDES PAUL KAGAME UWUTAMUZI ARAMUBARIRWA I RESPECT YOU SO MUCH MY MAJOR GENERAL YOU ARE UNMATCHED ONE IN OUR REGION OF GREAT LAKES

  • izere twaritwarabuze abagabo nkawe nugubita uwomuhimbiri ace mubugande agenda abagabo nkamwe twari twari twarabuze iyomwagiye turi inyuma yawe turisinzi niwirambire

  • UYO MUNYAMABANGA YAVUZE NEZA .NAJE ICOMBONA ABARUNDI BOKWICARA HAMWE BAKUVUGANA KUKIBAZO GIHANZE UBURUNDI.

  • Mbega mwebwe aho mu Burundi bwanyu mufite iki KAGAME yahakurikira atari ukumuteza ingorane z’impunzi zihunga kugirango ziteze ibibazo mu Rwanda n’uburaya bwabamaze KAGAME ntacyo ashaka iwanyu kdi mumukure mu kanwa kantu kuko ntiyigeze asaba kuza kubatabara kuko namwe ntimwitabaye kdi siwe watumye mucanamwo

  • Nukuri Nyakubahwa President W Urwanda Aturabire Uwu mutware ntiyumva kandi ntabona kubera ntiyari kugaya bose

  • Jewe ndiko nsaba abatwara igihugu, bo bafise ubudyo bwo guhagarika imidurumbanyo mu gihugu. Nobasaba ko bokora uko bashoboye kwose kugira ngo ntihabe intambara mu gihugu. Nibaza ko ibibazo vyose igihugu gifise bishobora gutoregwa umuti mu mutekano. Abo bandi bose bavugwa bo mumahanga bariko bakora akazi kabo. Cane cane ni murabe mwebwe nyene ico mushobora gukorera i gihugu c’ Uburundi n’ abarundi kugira ngo mu gihugu habe umutekano.

  • ntakindi kibujije amahoro muburundi atari nkurunziza narekure 3ém mandat murabek amahoro adasasagar mugihugu

  • Namwemantumwa homwaziyemuburundivyarabananiyentavyanyuhoshisubiriwanyu iyomwajemuvantavyomushoboyemurekekononainahuri abantuntibagumabicwa amakunguaroreraMuvugishukuri icambere intamvarayose ivakundanamwebanyeporitikemwikuvukekukoigihugunimanayakiduhayereromwagifashenkikibugacumupiramuzobibazwa umusigezemwubahehoroho,

  • Mubisanzwe onu njye sinyemera kubera bavuga ngo tujye mu biganiro abantu bariko barapfa

  • abarundi ko muhora muvuga ngo urwanda rwohereje ingabo mu burundi zigera mu kayanza mwebwe mwakwinjiye mu rwanda nka metero 3 gusa maze tukare imbwa nu mugabo . kwilirwa mumoka gusa . nimwinjire 3 m gusa. ahubwo nazo ninyinshi 1 m. maze murebe uwo muvuga uwaliwe .

  • Abarundi nimwe muzakemura ibibazo byanyu ariko ibitekerezo mutanga nizisenya abantu ntakubaka kubabamo mugihe mutumvako arimwe mwambere muzikemurira ibibazo ntawundi uzabikemura naho ibyo kureba urwanda nimubanze mwirebe nabe nurwanda rwapfushije 1million mwebwe mubaze igihe mwatanguye intambara mwasanga mumaze gutakaza abarenga million kdi abanyarwanda baretse icyibatanya bimuka icyibubaka mwe mugihe mugifite ibyamoko mumutwe wanyu nta terambere mwagira turabasaba kureba ibibareba ibitabareba mubirekere abo bireba

  • Iyo ntagongwa Kagame yagandaguye benshi kuko ico izi ni ukugotomera amaraso. Ntacigwa yoha abarundi iyo nkoramaraso

  • abarundi musigaye mumbabaza pe ubujiji burabarenze pe!

  • Ivyo vyose vyohagarara mu gihe hogira igikozwe muri CPI i Lahaye. Ingorane z´u Burundi ni Peter NKURUNZIZA. Inyuma ya le 26/08/2015 ntazoba akiri Président yemewe. Hazoba hasigaye ko afatwa mu gihe yoba yaritwariwe n´ababifitiye uburenganzira. Aha rero ababona ico bokora ni babe baravyiga.

  • Jewe niyumvirako abanyarwanda mudakomeye mumitwe abarundi mubatukira iki? Ko muri abagabo muzohengere bari mu mwumvikano mubatakure murabe mwabagore MWe Tanzania yarabumviye ikigongwe irabahusha twebwe abarundi ntakigongwe dufise imbwa Zara kiriye tuzo bamena atabwoba nuyo kagame ntashakirwa kiri iyisi yabonye yabonye Tanzania yaka mukoreye kunzahabu nzo muri Congo atanguye guchokoza abarundi agende none nimba y’ikunda Respect kwa Tanzania kuvyereka I vyo bisuma vyo mu Rwanda vyahora vy’iba inzahabu zo muri Congo birungitwe na kagame

  • EGO SHA LILI YOU ARE AN ANGEL BECAUSE YOU KNOW MORE ABOUT WHAT YOU SAY NAYO IVYO BIJUJU NGO NI IMBONERAKURE VYIHOZE BIGUME BIKUGA NKIMBWA ZITAGIRA CEPFO CA RUGURU URWANDA TAYALI RWORWO RWAMAZE KWEREKA PETER NA RUDOLUFE NTIBAZONITWAZE NGO NUKO YAPFUYE NYAGUTURIKA ATARANASHAHUKA INDEGE ZURWANDA ZARINJIYE MPAKA IWABO WA PETER URWANDA RWAMWERETSE KO ATARANAVA NO KUYO ANEYE PE KUKO BINATEYE NISONI UMUGABO MUZIMA KUMUSANGA IWE ARI MUCUMBA IWE YAMBAYE UBUSA NUMUGOREWE NKA PETER BURYA BAFYINA NURWANDA KANDI RWARABERETSE KO RWO RWOKWINJIRA PE MUGA UBURUNDI NYA GIHE BWAKANEYEMWO UMWE YIYEMERAGA NGO NI ADOLUÈ KWATARYOGOYE COKIMWE NIZO MBONERAKURE NGO TWIRABIRE NGO BARAMBARA IBARA!

  • Inzu Y’umubanyi Ihiye Zitira Iyawe, Ureke Gukokeza Indwano Ku Mubanyi. Claude

  • Iyi ntagongwa y’indaya nka banyina yitwa Lili. Ntabwenge igira. Nukuri ubwenge bwayo buri mukibuno!!
    Abarundi rwose namwe nimurebe ishyano twagushije mu Rwanda ahantu izo ntagongwa ziyobowe na Kagome inkoramaraso izirusha intambwe zivanga mubibazo by’abarundi zitera grenades na roquettes.

  • Nzi neza ko ntakiza cyintambara ndasengera abarundi ngo babone amahoro ava ku Mana. U Rwanda rwo murufashe hasi imbaraga zirahari muzabaze Kikwete Kabira na Zimbabwe iyo inkotanyi yarashe ntihusha..Mutopima

  • Igihugu nticubakwa na majambo canke gutukana c’ubakwa n’ubwenge rero mwebwe mwese mutukana mukora ivyo mutazi abatavuga nuko batagira ico bavuga! rere mwiyubare kuko mupfubusa mwese igihe kimwe muzotangara.

  • AHUBWO NIMUNYARUTSE IBIGANIRO VYIHUTA

  • HAHAHAHA MBE WEWE UHAYE UTUKA LILI WACU KANDI TWEBWE TUMUKENGURUKIRA KUVYO YANDIKA NTANUBWOBA WUMVA! ARAKIVANGA EGA NYAMBA IVYIWANYU VYARABANANIYE LILI AZOJA ABITUNGANYA YIYICARIYE I KIGALI DA! KOMERA SHA LILI THANKS A LOT FOR YOUR RAID THAT YOU CARRIED OUT IN BUJUMBURA LAST WEEL BY STORMING THAT THUG MAN YARI YARIGIZE ICO NTAZI NKA GORIYATI MUGA DAVID WARAMWERETSE YUKO WITH YOUR LAUNCHER YOU MAY DISMANTLE HIM JUST IN COUPLE OF SECOND IRYA NI INKEBUZO ON AUGUST 28/2015 THOSE STUBBORNS SO CALLED LEADERS OF BURUNDI THEY WILL BE MUCH MORE SMASHED AROUND EVERYWHERE THEY WILL BE HIDDEN TILL THEY WILL SURRENDER TO OUR SOLDIERS THE SPECIAL FORCE LED BY GENERAL DIDIER NYAMBARIZA N’ABANDI BA GENERAUX ISINZI!

  • Abantu barabona mbese ko urwanda twifitiye ibyacu bibazo tukba dushakisha uburyo tubikemura tutabyitiriye abandi ni ukubara iki mudutwerera ibindi.Nkurunziza mumuhaye ubutegetsi cyangwa mubumwimye nimwe muzi icyo mwakwunguka cyangwa mwahomba.Nyakwigendera adolf ubwiza bwe nububi bwe nimwe mubuzi.inama nabagira nuko mwareka kwiyongera abanzi batari ngombwa urwanda nigihugu cyinshuti kandi muturanye iyo mugize amahoro biradushimisha kandi iyo muyabuze biratubabaza bikanatugaruka.Mwihngane mushake ibisubiza byibibazo niba nkurunziza abamukunda barushishe abamwanga imbaraga imyaka itanu simyinshi mureka abayobore namwe muzaba muyobora ubutaha naho itegeko nshinga niba mwararyanditse nabi cyangwa inzezubutabera zanyu zarabogamye ibyo nabyo mwabikemura.perezida aravuga ko iyo ari manda ya kabiri mwe muti niyagatatu urukiko ruti niyakabiri hemerwe ibyande se ko mwese mwitana bamwwana.Urwanda nimurushyire hasi uwo muzatora wese twiteguye gukorana nawe.

  • je mbona ikibazo cuburundi carabaniniye bose usa iravuga bikaguma kwakundi onu uko nyene union africaine uko nyene ngo mu seveni ngwaraje wapi ngwinama za east africa bikaguma uko nyene!! None bigende gute? Reka ikibazo tugihe imana!

  • NDAKEKA KAGAME ARIWE SEKURUNGURANE ATOSHOBORA KWINJIRA MU BIBAZO VY’UBURUNDI KUKO NAWENE RWIWE SIVYO.BIMWOROHEYE . NARINDIRE IMISI MIKE 2017 IRASHITSE. HANYUMA UWO MUTAMA BATHILY NAWE NI YIHANGANE KUBA BARAMWIRUKANYE MU BURUNDI N’UKUBERA ATUBASHE INZEGO

  • uburundi niburekekutwishyiramo kukontiduhuje ubugoryi turacumbikiramugihugucyacu hanyumabakatwidogahejuru nibarekekwishyira mumute umusazawacu nitwetumuzi icyo atumariye muzibeshye tubereke icyoturicyo

  • gwanda genda uripfuriza inabi uburundi ariko ntakiba nza kagame azobona kuko turi maso imisi irasa ntinana .gwanda!

  • Kandi uwo mugabo nyene kagame arinyuma y,abashaka ko intambara isubira mu Burundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.