Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi nserukiragihugu wa RDC witeguriye bikomeye Uburundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umurwi nserukiragihugu wa RDC witeguriye bikomeye Uburundi

Umurwi nserukiragihugu wa RDC witeguriye bikomeye Uburundi

vendredi 30 Gitugutu 2015, par egide

Umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo biboneka ko witeguriye bimwe bikomeye urukino ruzowuhuza n’Uburundi mu ndwi zibiri ziri imbere. Umumenyereza yashize ahabona urutonde rw’abakinyi mirongo ibiri na batatu batumweko kuzokwitaba urwo rukino ruzobera i Bujumbura.

Florent Ibenge Ikwange, umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo yatumyeko abo bakinyi mirongo ibiri na batatu bazofasha uwo murwi kurondera amahirwe y’ukubandanya ikurakuranamwo mu nkino z’ukwitegurira igikombe c’isi yose kizobera mu gihugu c’Uburusiya mu mwaka w’2018.

Urukino rwa mbere (Match aller) ruzobera i Bujumbura kw’igenekerezo rya 12 Munyonyo 2015, urw’ugusuburuza (Match retour) rukazoca rubera i Kinshasa kw’igenekerezo rya 15 Munyonyo 2015, inyuma y’iminsi itatu gusa.

Abakinyi ba RDC batumweko

Mandanda Parfait (CHARLEROI)
Matampi Vumi Ley (DCMP/K)
Kiassumbua Joël (FC WOHLEN)
Oualembo Christopher (ACADEMIA COIMBRA)
Issama Mpeko (TP MAZEMBE)
Kimwaki Mpela Joël (TP MAZEMBE)
Mongongu Cedrick (ESKISEHIRSPOR)
Zakuani Gabriel (PETERBORROUGH)
Mbemba Chancel (NEWCASTEL)
N’sakala Fabrice (ANDERLECHT)
Lomalisa Mutambala José (AS V.CLUB)
Mulumbu Youssouf (NORWICH CITY)
Bope Bokadi Merveille (TP MAZEMBE)
Kamavuaka Wilson (STURM GRAZ)
Maghoma Jacques (BIRMINGHAM)
N’kololo Jordan (CAEN)
Kebano Neeskens (CHARLEROI)
Mubele Ndombe Firmin (AL AHLI)
Mabwati Cedric (COLUMBUS CREW SC)
Bakambu Cedric (VILLAREAL)
Mbokani Dieumerci (NORWICH CITY)
Bolasie Yannick (CRISTAL PALACE)
Bokila Jeremy (GUANGZHOU RF)


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.