IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umuvugizi w’igisirikare amenyesha ko 79 mu bagize igitero bishwe,45 (...)

Umuvugizi w’igisirikare amenyesha ko 79 mu bagize igitero bishwe,45 barafatwa

samedi 12 Kigarama 2015

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza amenyeshe ko abantu 79 mu bagize ibitero mu makambi atatu y’abasirikare mu gatondo ko kuwa gatanu igenekerezo rya 11 kigarama 2015 aribo bishwe n’igisirikare.

Mw’itangazo yasohoye ku mu hingamo wo kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 12 Kigarama 2015, Colonel Gaspard Baratuze yavuze ko abandi 45 bafashwe ,inkoho 97 nazi zigafatwe hamwe n’amasase menshi.

Muri iryo tangazo, Colonel Gaspard Baratuza yavuze ko ku ruhande rw’abajejwe umutekano,abasirikare 4 n’abapolisi 4 aribo bapfuye muri ivyo bitero,mu gihe abasoda 9 bakomeretse abapolisi 12 nabo barakomereka.

Colonel Gaspard Baratuza yarangije iryo tangazo amenyesha ko mu bari bateye hari abaciye bahungira muri zone ya Nyakabiga aho abasirikare bababkurikiye,abagize igitero bakahatakariza ibitari bike.

Umuvugizi w’igisirikare arashimira kandi abasirikare ku gikorwa bakoze co kwivuna umwansi yari yateye amakambi babamwo.

Mwomenya ko mu bucagucagu wo kuwa gatanu igenekerezo rya 11 Kigarama 2015,hatewe ikambi ya Base,ishuri kaminuza rya gisirikare ISCAM,ziri mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura hamwe n’ikambi y’abasirikare iri muri zone Ngagara mu buraruko bw’igisagara.


Van Naris Mugisha

Messages

  • BARABIREREYEKO!UMUHAGARIKIZIW’URUKINO ARIHEHE?

  • ntirwitaha ntawukorako

  • Uburundi Bwarahuye Nivyago Kuva Kera! 61, 72, 88, 91, 93, 2015! N’utundi Duceduce! Ivyo Bihe Vyose Vyamagume Vyategwa Nuko Hariho Abantu Atakindi Kibaraza Ishinga Atari Kwica No Kwiba Ngo Bikunde Bigumire Kubutegetsi, Canke Babushikire Biciye Mukwica Abenegihugu! Mwarabonye Abinjiriye Mucibitoke, Kayanza, Makamba, Uko Vyagenze, Mwarabonye Igeregezwa Ryo Guhirika Ubutegetsi Ayo Ryazaniye Bmwebamwe, Mwaraye Mubonye Igeragezwa Kandi Ryuguhirika Ubutegetsi Ayo Ryashitse, Aho Impfuvyi, Abapfakazi Biyongera Kumusi Kumusi Bivuye Kubantu Bintumva Kandi Badahaga! Barundi Barundikazi Ncunti Z’uburundi, Amabi Y’intambara Twarayabonye. Twiyamirize Twivuyinyuma Abantu Nkaba Atakindi Kibaraza Ishinga Atari Kwica No Kwiba. Ntiduhendwe Nabantu Tutazi Kuko Iyo Tubura Abacu Bo Baba Bibereye I Buraya, Amerika Nahandi, Barya Ico Bashaka, Barara Muma Hotol! Ikibarirwa Ni Icumva, Icerekwa Ni Ikibona. Murakoze.

  • Nyenicubahiro muvugizi wigisirikare cu Burundi Gaspar Baratuza, umuvyeyiwawe yakwise iryozina yarabonakure kuko rihuriranye nikigihe nyene uhereye umuvugizi wigisirikare cuburundi ndagukunda hariho numunyagihugu womugihugu Somalia yise umwanawiwe Gaspar Baratuza kubera ubundahangarwa bwabasirikare bu Burundi mugihugu ciwe bafiseyo arinabwo bafise ngaha mugihugu cabo cu Burundi. Abajejwe umutekano wuburundi guherubu ndababatije kandi ndabahaye izina ryitwa" BITUMWAKO. Mwirambire turabashigikiye mwebwe ba BITUMWAKO.

  • AHUBWO ABARUNDI BATWAR IGIHUGU BIBAGIYE KO IMANA IRIKO IBABONA.MUKANY GATO IMANA RAKOR IBITANGAZA REKA TUBIYISABE NTABWO ISINZIYE.MUNG YUPO

  • AHUBWO ABARUNDI BATWAR IGIHUGU BIBAGIYE KO IMANA IRIKO IBABONA.MUKANY GATO IMANA RAKOR IBITANGAZA REKA TUBIYISABE NTABWO ISINZIYE.MUNG YUPO

  • mbe baratu, urakenyeye wite abantu bose ibijuju? ayomasanamu wayakuye he? ko utatwereka ayo abo mwagandaguye twese tuzi ko atari abarwanyi! imana iriho nimubandanye. nawe wafashe ingendo y, uwigipolisi? biragusha.

  • 79 45 bafashwe abatorotse? abasigaye? hewe erega turagowe babantu nibeshi narinziko ari utugwi tw abasuma n abambuzi birakaze mugabo saho gutuma umwana umunsi abantu 79 udashizemo abagwayi bapfuye nizindi pfu yewe burundi gezaho

  • NIKUKI IZO NKOZI ZIKIBI ZISHAKA KUDUSUBIZA MUNTAMBARA EREGA NAZONYENE ZIRAZI KO AMAGUME ATANEZA AZANA NAHO ZIBIRENGAKO ZIBIZI.KANDI NTANTAMBARA IZOSUBIRA KUBA MUBURUNDI N ’IMANA IRABIBONA.

  • none ubundiho kobagumaboshwa naba opoza babatege bibereye hanzenimiryango yabo bahunze abazungunabo bakabaha ibirwanisho namahera yoguhemba abobarungka ngobajkurwana atavyobazi uturadio natwo tukmeza tubosha

  • Ariko izombwebwe kuberiki mwazisigaje tobagura imihimbiri yose

  • Ni ukuri biratey agahinda kwenshi kwumva Baratuza avuga ko abatey bari bahungiy mu Nyakabiga abasoda bagaca babakurikirana bakabasangayo bakahatakariza vyinshi.
    Nagira ndamwibariz gato naho nzi ko atazonyishura kuko atanyishu afis:
    - Abana biciw mu Nyakabiga, Musaga, Jabe basanzw mu mazu iwabo, atabirwanisho bafis, ata mwambaro wa gisirikare bambay nibo wita abarwanyi??
    - Abatey twarumvis ko bari bafis ibirwanisho bikomey kandi bos bambay imyambaro ya gisirikar ko ata n,umw mwerekany.
    - Abo basoda bahoz muri FAB birirwa barafatwa, bicwa, bakubagurwa bahorwa ko bari mu batey???
    - Akarorero ka hafi Capitaine Manirambona Innocent azira iki???
    - Baratuza ko utarigera uvuga na rimw abapolisi bato bakubaguy intwazangabo zo mu gisirikare uvugira?? Uravuga ko usigay uvugira ubwoko uvamwo ureke guhenda abarundi.
    - Ibitigiri utanga nta na kimw bimaz kuko naho hopfa umw gusa ni igihugu kiba kibuz umwana Waco.
    - Ibitigiri vy,abishw cank abafashw sivyo bizotuma abafash ibirwanisho babishira hasi. IVyo nibaza ko yaba ww cank abo ukorera mubizi.
    - Reka rero guhonya urwaruka rw,uburundi muruziza ko rudashigikiy ikiringo ca gatatu. Ubu ho mama abo bica abo bana ngo bagenda bihaya ngo izo mbwa z,abatutsi barazihenze.
    - Ubwa nyuma nashaka nibuts uwushaka kwumva ko ubwoko atwubuhonya kandi ko amaraso ahuma.
    - Bamw ngo bariko bahora ivyabay muri 72 ariko mwomenya ko muri abo bana bariko baricwa muri 72 batari bwanavuk batazi n,ivyabay.

  • Ejo Baratuza yavuze ko hapfuye abansi (ennemis) 12 kandi ko intambara yari yahagaze. None abo bandi babishe ryari? Ntibigaragaye ko yafashe abanyagihugu babatutsi inzego za Leta zaraye ziracira mu mihana yabo bagaca babita abarwanyi? None ubwo bwicanyi bwagahomerabunwa bita genocide Leta ya Nkurunziza hamwe n’abariko barabukora bibaza ko bizokwijana? Ko batazobibazwa ?

  • Imana Ntinezerwa Namaroso Itaguriro9:6 Tinya Imana Barundi.

  • mamawe!! iyi nifuyimijira ndakurahiye. aba ntibahaha , cnared nayo iguma yinyegeza inyuma yububutipe ngo nihabibiganiro vyamagaburanyama, nibanze yemange kumugaragaro kwariyibatuma guhungabanyumutekano wabanyagihugu bomugisagara. ubuhoho cnared iraronse ibiziga vyishi izodandaza mubazungu bacebabakubita ikashi rikwiye, e uko Niko babayeho hariya iburayi. abo nibabaryababo, bataramarabantu nukubiyamiriza mpaka kuwanyuma. CNARED ikamusha ibiziga......

  • Abarwayi barikwishi! Nkuyumuntu bakoresheje izinaryanje ryitwa" None? Mugutanya ivyiyumvirovyiwe yashatse kugerakuki? Yahengereye ndimurugendo rwakazi acasimbira mugukoresha izinaryanje mugucishaho ivyiyumvirovyiwe bitagiramwo namba!? Ubwo abasomwi bamenyereye ivyonandika ubona bokwemerako nokwandika ibintu bimeze nkivyumwana acwira inkonda? Uvanawe: nkibibintu yanditse avuga uvyumuvugizi wigisirikarecacu cuburundi yavuze abona bifise injanakoko!? Ndashaka kumubwirako iyo uwuvugira igisirikare avuze ibiharuro vyabafashwe barikurugamba nabapfuye mugihe yavuzeko amatohoza akibandanya bibabisigurako ivyoyavuze bizohinduka nyuma yabo abayavuze kobarinumatohora bayarangirije baraheza bakamuha ayandimakuru keshi usanga hariho ivyavuga bidasa nivyabayaraye avuze ivyonibimwe twita amakuru agezweho. Ndashaka kunenyesha abantubose ko kugirabazoze baramenya kwarijewe nanditse koko keshi 89 nandika ibintuvyishi abeshi bakunzenokurambirwa kubisoma kubwojubera bibarivyishi ikindi jewe sinandika ibintu birimuntumbero yokwibasira inzego zigize uburundi mbonye hariho akantu bihenzeko ndafise ahondabicisha nkabakebura kuko ntawundi nshaka kunezereza mbanje kwambura agashamara indongozi zigihugu canje. Tugiramahoro sangwamahoro turihamwe nindongozi zirongoye igihugucacu atanumwe avuyemwo nkukobava mumigambwe yaboyose , nnizegozumutekano nizegozumutekano wu Burundi zimaze gutangaza abazwi nkibihangange kwino Si yakinogihe mukwivuna umwasi.

  • Mumisiza ninaronka akanya azobabwira bimwebimwe vyerekana ahuyumuntu aba nkigihugu nibindi bigiyegutuma ndamwitako kuko niwe yabishatse canke nivyoyifuza kotwomenyana.

  • Reka gutera abazejwe umutekanoo urindire ibiganiro. Je mbona ugiye gutera bakamwivuna nta kosa

  • Yemwe mwa misore mwahenzwe n’abanyepolitike, ni mukanguke muve ibuzimu muje ibuntu. Ayo majambo mwirirwa murandika ntaco azobafasha, kuko naho mwokwirigwa murandika ku ma websites yose yo kw’isi ntaco bizohindura. Abo bazungu mutakambira nta na kimwe bazobafasha, umuzungu akorana n’uwufisr inguvu. Niba mwaripanze kurwana n’intagoheka nimukenyere zigume. Mugabo ico nobakebura n’uko nimwaramuka mugiye kugaba igitero canke muyindi mvugo ukwiyahura, muragenda musezeye abagore banyu n’ibibondo hamwe n’abavyeyi, kuko nzi y’uko ata mu Fdd arasa ngo ahushe. Bamenyereye kurasa rumwe rumwe, kandi rusohotse aho umwansi aba asezeye isi. Mbe ni kuki abo babahenda ngo muze kwiyahura, murabanze mubasabe babahe abana babo mujane k’urubuga rw’intambara. Abana babo bari hanze y’igihugu bibandaniriza ivyigwa bimererewe neza namwe mugahendwa mugasiga imfuvyi n’abapfakazi, n’abavyeyi babibarutse bizeye ko nimwashika mu bigero muzobafashe, none muriko mubasiga bipfumbereje. Abahutu, abatwa hamwe n’abatutsi ntaho tuzoshirana.

  • NYAKUBAHWA KIZIGENZA PETERO NKURUNZIZA IRYOYAVUZE RYASHITSE YAVUZE ATI ABAGOMBAINTAMBARA BAZOSHIRANKIFUYIMIJIRA

  • Nosaba abanyeporitike koboreka guhenda urwaruka mukurugira ikiraro bacako ngobashikire ubutegetsi.Ivyo birwanisho baruha nibavyambare bonyene hanyuma bagende bahangane n’ingabo z’igihugu nibazinesha baheze bashikire ivyobipfuza,bareke gushora urwaruka ku macuniro.Ikibabaje n’uko bashora abana babandi ababo babarungitse muri za buraya na amerika.Rwaruka ikangure mureke guhendwa mubona.

  • Uwogomba Yireka ATaturika Inda Nkabandi

  • NIBAMENYEKOUBURUNDI ARIGIHUGUKIRIMWOABAGABOAHUBWOBAGENDEBABWIREABABATUMYEATIAMAYIRAYUGAWEBASHAKABABABWIREATIABOMWADUTUMYETWASANZEBADAHARIBARUNGIKEABANDI

  • None?we rekana nizo njavyi zitagira ivyiyumviro nuko abonako ivyo ushikiriza biri nakamaro kubantu benshi
    Bandanya kuko kurubuga turazinanye ntiturabonana ariko turikumwe kuko tuvuga amajambo yo guhanura abarundi bene wacu mureke yandike nawe azohindura ingendo
    Bantu bakunda uburundi iyamirize cnared nabayirimwo bose kuko nibo bariko barahekura abarundi n,uburundi
    Ibitero bibaye kungabo z,igihugu Nyangoma aca asaba ibiganiro ninteko za ONU none niyemere ko ari abarwanyi biwe hama Leta imenye abo izoganira nabo abaribo
    Bataravuga neza abaribo Leta turayosavye ntije mubiganiro,izoganira na cnared kuko bahunze?ubwo bujanja bwokurondera ubutegetsi batakoreye Leta niyavyemera izoba iduhemukiye kandi nibagume Iyo bari kuko bafise amazu Iyo bari ntabwo bagowe Murakoze

  • MANA TABARA ABARUNDI NUBURUNDI TURAGERAMIWE

  • KOMERAKUMUHETO INTUMVA ZOZOZIZOKWUMVA ZUMVISHIJWE

  • reka basha guhendwa erega umengo mwese mwabaye abadatahura aho murabona ko hari iki rebel cateye amakambi? Babe bataranatera ikomine imwe ngo bayinjiremwo bashoboye Base na Iscam? Nta mpande zibiri zateye ni umugambi ugayitse wo guhuma amaso amakungu ngo bariko baraterwa kugire bakore nkuko babivuze. Mama we Onu, Amerika, UA na UE ngo impande zose nimureke kuduhenda. Canke hari abantu bo muri ayo mashirahamwe yahaye umutwe aba DD ingene bokwica abanyagihugu mubwenge gutyo ntibabe bakiza no gutabara? Nukuri abantu benshi barataye ubwenge mwibaza ngo hari impande zibiri ngo ziriko ziragwana. Nimurabe neza ko atari irementanya ngo amakambi yatewe kugira bice atacamira?

  • arikorero nimuze mwivugirako mwayise inkozi zibibi arik icotuzi nuko mwaciye murokera muri yama cartie mwanka mugaca mufata abanyagihugu baho akaba aribo mwica mukavugango mwayise inkozizikibi 79 nn ga kuruhande rwareta ntabapfa..ariko nivyo kwarimwe mwivugira mworeka kuvuga ivyo mwisakiye? birazwi nokuri Buyoya abasoda aho baciye bagenda bararasa abanyagihugu bagaca bavugango bayise abagwanyi vyose bitumwe nuko bugaye amaradiyo yukuri

  • Umuntu yitwa Fidelite yohora yandika ngaha, yoba yarapfuye ko tutakimwunva, vyuka vyuka Mutama

  • ico mbona izo zikibi nizireke gusubiza igihugu mukaga nibibuke aho intambara yatugejeje mana tabara abarundi kuko igikorwa nicawe kuko twebwe abantu ntaco twokora.

  • ico mbona izo zikibi nizireke gusubiza igihugu mukaga nibibuke aho intambara yatugejeje mana tabara abarundi kuko igikorwa nicawe kuko twebwe abantu ntaco twokora.

  • None Ko Bavuga Ko Ari Uturwiduto. Ariduto Twotera Amakambi Agera Kuratatu?Barabe Neza,kuko Abanyagihugu Nitwe Tuhahonera.

  • Ndabashimira kubona igisirikare cuburundi cashoboye kwivuna umwasi. Ahubwo ninzu bafatamwo ikirwanisha bayiturire yose kabisa

  • nibareke turonkamahoro

  • Twemer nyen Kwar Uko Bimez?Ariko Ababagwanyi Batumber Amakambi Mwumva Borosh Nyene?Ubu Nyene Nkumwan Avukubu Womubwirak Uburundi Arigihugu Camata Nubuki Kweri?Twikebuk

  • Nahimana igatabara ahandiho abarundi tubandanya guhona atacamira!

  • Nbaj Kubaramutsa.Jew Ico Niyunvira Nuko Bokunvikana Bakinjira Mubinganiro.

  • Twari dukwiye kugira imyiyerekano aho turi hose kugira amahanga yose amenye ivyabaye aho abapolices birara mu rwaruka ruri mu mazu yarwo bakarwica ata n´imbungita rufise baruhoye gusa ko ruba mu ma quartiers ahanini agizwe n´abatutsi. Ni génocide mwese mubimenye. Abahutu n´abatutsi aho turi twese tuvyiyamirize. Abari i Kigali, Kampala, Nairobi bo baratanguye, abari hanze ya Afrika mwese mugire ico mukoze

  • Ivu.com. Abo biyita Sindumuja bazashira bamere nkivu ritumukira munyanya.. Ababashuka nka Rukarabankaba Kagame we ngo indwara y’umutima imumereye nabi kuko abasongareri (Sindumuja) yohereza bose bahasiga agatwe.Mbona baragiye gufumbira ubutaka bw’uburundi.

  • @uwubizi. Imyiyerekano y’aba terroristes wari wayibona ? Uzajye kuyikora muri Somalia na Alishababu cg muri Nigeria na Boko-Haramu!

  • Jew Nsimbona Igituma Hakir Abarundi Bagifis Agatima Ko Kuvyur Intambara Mu Gihugu Cacu. Ubu Abarundi B’umutima Twishakir Amahoro .Aho Kugir Inguvu Zo Gusambur Igihugu,ahubwo Tugir Inguvu Zo Kucubaka. Non Nk’abo Bantu B’ibijuju Bahendwa Bakemera Kuja Gutera Amakambi Bashak Iki? Bitwaj Iki?

  • uburundi ntibukeneye ibiganiro kuko ntacyo byamara,ahubwo hacyenewe ko nkurunziza yunamura icumu akareka kwica inzirakarengane zabarundi cg nawe akicwa uburundi bukaronka amahoro.

  • Kuronka Inkoho Nikimwe Kumenya Kuyikoresha Nikindi

  • Kuronka Inkoho Nikimwe Kumenya Kuyikoresha Nikindi

  • NONE BAMWE MUBATEGETSI KOBEMEZAKO UMUTEKANO UKWIYE ABOBATERA BAVAHE CANKE NIBANDE?IGISIRIKARE NZICARIKIRWIRIYE NONENTIBORABA IYABOBANSIBAZANANA,NONEHO IYONTAMBARAYOBIHAYE IVAGUKI?MANA IGIHUGU KIRAHANZWE ARIKO URATUBONA TWEBWABANTUBAWE,

  • Icyakora Petero Nkurunziza sinibaza niba arya akaryama agasinzira? Ubu se koko yumva ko nk’amaraso yabanyagihugu anywa abona atazayaruka koko?

  • Abarundi Turagowe Cane Ntamahoro Tuzokwigera Turonka.None Iyumvire Namw Umurundi Yica Mugenziwe Ngo Amuhoye Ubwoko Ni igipfu Mumutw No Mumutima.None Ga Kuba Umuhutu Cnk Kuba Umututs Ni Icaha?Nobasaba Kobobiheba Kuko Buraca Bugacana Ayandi Knd Ahuri Hari Abandi.

  • Abarundi Turagowe Cane Ntamahoro Tuzokwigera Turonka.None Iyumvire Namw Umurundi Yica Mugenziwe Ngo Amuhoye Ubwoko Ni igipfu Mumutw No Mumutima.None Ga Kuba Umuhutu Cnk Kuba Umututs Ni Icaha?Nobasaba Kobobiheba Kuko Buraca Bugacana Ayandi Knd Ahuri Hari Abandi.

  • Abarundi Turagowe Cane Ntamahoro Tuzokwigera Turonka.None Iyumvire Namw Umurundi Yica Mugenziwe Ngo Amuhoye Ubwoko Ni igipfu Mumutw No Mumutima.None Ga Kuba Umuhutu Cnk Kuba Umututs Ni Icaha?Nobasaba Kobobiheba Kuko Buraca Bugacana Ayandi Knd Ahuri Hari Abandi.

  • Barahenzwe Igisirikare C’uburundi Ni Rutumwako No Hanze.Nibikebuke Bave Ibuzimu Baje Ibuntu Twubake Igihugu Cacu.Aba Birigi Bobo Bashaka Ko Tumarana

  • Ntaco Twobivugako Ariko Imana Nirabe Icishe Ahayo

  • aho ubujuju bwacu buhagaze n’ukwitiranya kurondera iyubahirizwa ry’amategeko ngenderwako y’abarundi na insurréction hanyuma ugafata abarundi bose bashigikiye ingendo y’ubutungane ukica "exécution extra-judiciare" ngo nibwo butungane.

    abarundi ntituzokira vuba ntituzotambuka intambwe n’imwe duhagarariye kugendera ku makosa n’ukwihagira kunguvu ubutegetsi. aho nyene tukishimikiza ngo vyaciye mumatora ariko amatora yabaye mu gukumirana ntangere

  • mbega ntakuri abarundi bazigera bavuga bahebe batubeshe nivyo tubona

  • None Abateye Baramenyekanye Abaribo

  • yo allah, uraraba ugarkr abrnd nayahand nabsz ,mutama pt n ,pole nasubira acana nao wajaja,arijew harabnt bavga nab ntokwhanganra turakubna ntugre ubwob bwanyplt bamw2 ukunzwe nabant n allah nuko,,

  • Abo Batera Uburundi Bava He? Banyehera ? Ivyo Barya Bikura He?

  • kohaphuyebensi habaye kurasana none abafashwe babajanyehe uburundi nsindovuga bwaravuwme canke ntiawavumwe,hasigaye ahimana.

  • Imana Gusa Niyo Izodadanura Iyi Ntambara Yo Muburundi .Gusa Uwo Nohanura Yosenga Cane Kuko Turi Mugihe Canyuma

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.