IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Umuvyeyi wa Paul KAGAME yitavye Imana

Umuvyeyi wa Paul KAGAME yitavye Imana

dimanche 22 Munyonyo 2015, par egide

Asteria Rutagambwa, umuvyeyi w’umukuru w’Urwanda Paul Kagame, yitabye Imana kuri uwu wa 22 Munyonyo 2015 mu bitaro vyitiriwe Umwami Faycal. Nyina wa Paul KAGAME yahitanwe n’ingwara.

Mu butumwa yanditse ku muhora wiwe wa Twitter, umukuru w’igihugu Paul KAGAME yamenyesheje ko uwo muvyeyi yabuze yamufata nk’umuntu adasanzwe.
Paul KAGAME yagize ati : « Ndabizi abavyeyi b’abagore baba badasanzwe ku bantu benshi […] Uwanje yari yihariye kuri jewe. Yasezeye isi. Imana imuhe iruhukiro ridashira.»

Ubutumwa bw’uguhoza umukuru w’igihugu Paul KAGAME bubandanya kurungikwa

IGIHE

Messages

  • imana imwakire mubwamibwayo, turahojeje umuryango wabuze
    imana ibahe kwihangana
    .ndashimiye president kagame koyakiriye Abarundi bahunze. imana ikomeze imubehafi
    gusa adusigiye umugabo wijunja nijambo. president kagame niwirambire urintwari

  • Eka nyene yari umuvyeyi adasanzwe.usivye ko yari yaribarutse umwana adasanzwe yitwa Pierre Kagame jewe nyarucari twari twarigeze guhura...Uko yaganira, uko yifata yarafise une vie glorieuse en elle...Uwo bahuye wese naganiriye yitangaza..Imana imwakire aronke une vie eternelle.Abo asize nabo bihangane.Igisabisho yahora asengera abana biwe, abanya rwanda eka n ba cuti na bandi bose ntaho caroye.imana yarakigumije.Rero mwese mwari kumwe nawe mwifate.muri abakristu .Ntivyoroshe mais avec le tps muzotahura ntawuhora kwisi.Aho yaroye ni heza.Komera muri vyose

  • Imana imwakire muri paradiso, turahojeje umuryango usigaye wose.nukwihangana aha turi turingenzi duchaho twirenganira iwacu ni mwi Juru kubakoze neza, Mwihangane mwihangane.

  • - BELGIQUE UNDER ATTACK AND SCHOOLS AND UNIVERSITTIES CLOSE
    - KAGAME LOOSING HIS MONTHER
    ALL THESE TWE ARE VERY PEOPLE WHO ARE ATTACKING AND GIVING ARMS TO TUTSI EXTREMIST GROUP IN WHOLE BUJUMBURA WHILE PETER HIDDING AND PRAYING.!
    WE LOVE YOU KAGAME YOU ARE OUR BROTHERS ,BUT BE CAREFULLY .ATTACKING YOUR BROTHER OF BURUNDI MIGHT BE A BEGINNING OF YOUR END.ITS IS SPIRITUAL . A MOTHER IS HUGE THING AS SPIRITUAL PILLAR OF YOUR LIFE
    ONE DAY A THE WELL KNOWN JOHN WESLEY SAID THAT IT SEEM THAT GOD CAN DO NOTHING UNTIL WE PRAY UNRNESSLY. PLEASE BE CAREEFULY OF NKURUNZIZA WHO PRAY DAY AND NIGHT TO UNITY HIS PEOPLE WHILE YOU HELP BELGIUM TO DIVIDE US.
    REMAIMBER THAT YOU LOST 1MILLION PEOPLE NOT BECAUSE OF US HUTUS BUT BECAUSE OF BELGIUM . WE NEVER HATED EACH OTHER UNTIL WE ARE DIVIDED . I WISH YOU COULD FINISH YOUR TIME PEACEFULLY.

  • imana imwakire mubwamibwayo!!

  • umuvyeyi asanuwundi, uyo araronka abazakumuvuba, kagame abana beshi yabagize ifuvyi abicira abavyeyi, abagora barafakara abandi arabangaza....ntakundi niyihangne amenyeko kubura uwawe bibabaza. areke kuzarica abantu......

  • Ndahojeje Nyakubahwa Umukuru w’igihugu kibanyi c’Urwanda n’umuryango wiwe muri iki gihe c’umubabaro barimwo. Uwiteka abahe inkomezi n’ukwihangana kuko ntibyoroshe kubura umubyeyi. Mubyeyi namwe mugire iruhukiro ryiza mu ikbanza Imana yabateguriye muratararemwa.
    Muvyeyi akira urugori rw’amashurwe Uwiteka yaguteguriye ataranakurema.

  • Nyakubahwa mukomeze kwihangana kandi umubyeyi wacu IMANA imwakire mubayo

  • Mwihangane nyakubahwa, mwisi nikobimeze kwisi harintumwa idufasha kumenya iyo umuntu azoza canke ico Imana ishaka kukiremwa muntu muhawe ikaze kuyumviriza namwe.

  • Imana Imuhe uburuhukiro bohoraho umuvyeye wawe kandi nuwa twese nyakubahwa president Kagame wihangane caane kuko yagukunda nawe ukamukunda agiye mu kimukunda kandi twizere ko tuzohurira ahera hahera mwijuru kwa Data."MAMAN" wumuntu araryoshe caane Kumubona murikumwe ariko Imana niyo ibishatse ko biba gutyo agataha "MWIHANGANE NUMURYANGO WAWE WOSE."

  • n’abandi turi inyuma kandi nkosore gato ntiyitavy’Imana kuko abiyitavye iba ibahamagaye ngo baje ku gikorwa cayo. rero yapfuye, kimwe gusa ni yaba yakoze neza arasinziriye ngo arindire ko Yesu aza gutora abamwizeye bagakor’ivy’agomba. rero, tube maso kuko tutazi umusi n’isaha.

  • imana imwakire mu bwami bwayo ivy navy muvuga nibyany kumenya

  • jewe aho nabura uwanje yarampojeje?

  • naze yihangana urupfu rwamyeho

  • TWOMUREMESHAKAR’UKWIHANGANA UMUNTU IYO NIYONZIRA YOKUJAMWIJUR KANDI TWESE DUTEGEREZWAKUZOCAMWO IMANA IMUHE UBURUHUKOBWIZA .

  • Mugire ukwihangana kuko twese niyonzira

  • Pole Sana,nikonovuga,kuko,nikovyanditse.Kanditweseniyonzira.Ndazikoic’uburanturonkeninyinawumuntu.Arikorekubura,canke,kugwaza,siherezoryisi.Ubuzimaburabandanya%

  • Pole Sana,nikonovuga,kuko,nikovyanditse.Kanditweseniyonzira.Ndazikoic’uburanturonkeninyinawumuntu.Arikorekubura,canke,kugwaza,siherezoryisi.Ubuzimaburabandanya%

  • ikinyamakuru igihe murahengama twebwe ivyotwandika kubera ngira bitabashimisha ntibiboneka kuri page rero mushaka abatera amashurwe abobavyeyi ba kagame gusa?

  • Nukuri nomusaba koyokwihangana niko bimeze

  • Nyakubahwa Perezida,Mwihangane ku byabashikiye n inkuru mbi,ariko nta kindi umuntu yagira,kuko urupfu n inzira ya buri wese, ariko na none Umubyeyi ni katihabwa,Umuronka rimwe,ukamubura rimwe, nukuri turabihanganishije mukomeze kwihangana kandi Imana imuhe Iruhuko ridashyira.

  • wihangane bavuga mu kirundi ngo akabura ntikaboneke ngo ninyina wumuntu!pole sana iyomba nohashika noje kukigandaro

  • imanimwakirmubwamibwayotwsniyonzira

  • Niyihangane Kuko Mw’isi Niko Bimeze Imana Imwakire Mu Bwami Bwayo.

  • nanj ndahojj mugabo ntimwitirany Imana izomwakira yakoz neza nicogituma dukwiy kwama twiteguy

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.