IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umwana w’imyaka 10 afise ibiro 188

Umwana w’imyaka 10 afise ibiro 188

mercredi 6 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Umwana azwi kw’izina rya Arya Permana, w’imyaka cumi gusa, yashizwe ku mfungurwa zomufasha kugabanura ibiro vy’umurengera afise.

Abavyeyi b’uwo mwana bavuga ko bafise ubwoba kubera ibiro afise. Umuganga w’umuryango wiwe, usanzwe uba mu gisagara ca Karawang, mu gihugu ca Indonesiya yahanuye abavyeyi kumuha imfungurwa zirwiriyemwo imboga kugira barabe ko ibiro afise vyogabanuka.

JPEG - 13.5 ko
Ku mwaka cumi y’amavuka, Arya Permana ageze ku biro 188

Umwana Arya Permana yari afise ibiro 192, ubu amaze kugabanuka kugeza ku biro 188.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.