Accueil > Amakuru > umutekano > Umwana wa Général Kararuza yari mu bitaro yitavye Imana
Umwana wa Général Kararuza yari mu bitaro yitavye Imana
jeudi 28 Ndamukiza 2016, par
Umukobwa wa Général Kararuza Athanase yari mu bitaro kuva kuri uwu wa mbere, inyuma y’amasasu yarashwe mu gitero cahitanye se na nyina, nawe yitavye Imana kuri uwu wa kane, akaba yari amaze iminsi ine ariko avurirwa mu bitaro vyitiriwe abasirikare vyo mu Kamenge.
- Imodoka yarunguruje Général Athanase KARARUZA, umupfasoni wiwe hamwe n’umwana wiwe
Ico gitero cahitanye abavyeyi b’uwo mwana Daniella MPUNDU KARARUZA nawe nyene yahavuye yitaba Imana cabaye mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, mu gihe Général Athanase KARARUZA yari avuye muhira agiye ku kazi n’umupfasoni wiwe, ari kumwe kandi n’umwana wiwe w’umukobwa yari atwaye kw’ishure.

IGIHE
Messages
28 Ndamukiza 2016, 16:26, par nzihora
Imana umwakire
28 Ndamukiza 2016, 16:41, par kamaro
ibi birababaje basi, ariko CNARED hamwe naFOREBU na REDE TABARA ibibintu bariko barakorere abarundi bizobahame mpaka....
28 Ndamukiza 2016, 16:42, par che
Birababaje. Sinzi ico leta irindiriye ngo ihagarike ubwicanyi kuko ejo ashobora kuba ari abana banyu barashwe, namwe kandi mudasigaye inyuma!
28 Ndamukiza 2016, 16:49, par Nene Nesta
Imana imwakire yazize ubusa.
28 Ndamukiza 2016, 17:13, par NYISHU Orginal
IMANA niyakire mu bwami bwayo iyo NZIRAKARENGANE Danniella MPUNDU.
28 Ndamukiza 2016, 17:20, par NYISHU Orginal
IMANA niyakire mu bwami bwayo iyo NZIRAKARENGANE Danniella MPUNDU.
28 Ndamukiza 2016, 17:39, par birababaje
ces idiots qui tuent les gens comme des mouches pensent qu’eux ils vivront éternellement sur cette terre???? birababaje vraiment. iki gihugu gisigaye giteye nosée, kirashisha, no kuruka woruka. sinzi ko abarundi barwaye mumitwe ou pas!!!!!!!!!!!!!
28 Ndamukiza 2016, 17:40, par eric
uwishe Ndadaye ya dukwegeye ibibazo bitazopfa biheze n’abuzukuruza bizobashikako.
28 Ndamukiza 2016, 17:49, par MUYAHUDI
NTAKUNDI IMANA IMWAKIRE UWOMWANA YAZIZUBUSA!
28 Ndamukiza 2016, 18:15, par Nzorubara
I mana Imwakire mubwami bwayo. Nayo ababikoze bamenye konabo ariko bazoheza
28 Ndamukiza 2016, 18:19, par viator
haaa!!! nihatar imanibabarire ababikoze kuku batazico bakora
28 Ndamukiza 2016, 18:28, par kimana armand
A Kamaro
Harya Commandant wa camp Muzinda, Desiré Uwamahoro bari muri CNARED ko babonye Commandant wa camp Muzinda ubwiwe ariko ararasa imodoka ya General Karazura??? Ko Desiré Uwamahoro yari yazibiye amabarabara mu Gihosha, ko 28 novembre bari baryugariye kuri SOS kugira ntihagire imodoka icaruka bataraheza kumwica????
28 Ndamukiza 2016, 18:43, par Nyabenda Remy
Nukuri Ndasavye Inzego Zubutungane Zikore Itohoza Rinyaruka
28 Ndamukiza 2016, 18:44, par Sinduhiye
Imana imwakire mu bwami bwayo. Au fait, nubwo yababaye igihe babarasaga, icatumye yapfa n’agahinda ko kumva nta muvyeyi numwe hampande yiwe ngo amugwaze. Iyo ni nka genocide kuko umuryango wabo urahonye hasigaye bake
28 Ndamukiza 2016, 19:07, par Kazubwenge
Ndahojej Umuryang Wab Nigihugu Cuburundi Kand IMANA Ibakire Mubwami Bwayo Nosab Abarund Yuk Mutogir Insaku Kurupfu Rwabo Nkuk Natanguy Kubibon
28 Ndamukiza 2016, 19:39, par fidele
Birababaje kubona umuntu umwe ateza igihugu ibibazo nkibi,uyu mwana ni umuziranenge Imana imwakire mu bwami bwayo.bayobozi murwanira kuyobora mwica cyangwa mwicisha abo mukwiriye kuyobora,mumenyeko ntagihangange kiba kuri iyi si twabonye abari indakoreka ariko iherezo ryabo bagakurwa mu myobo binyegejemo bakagaraguzwa agati,uwiciaha inkota azicishwa indi,uwanze kumva ntiyanze kubona.Imana itabare inzirakarengane
28 Ndamukiza 2016, 19:48, par Irangabiye Eddy Gége
Imana Ibakire Mubwami Bwayo.
28 Ndamukiza 2016, 19:55, par Ndayi@gmail.Com
Birababaj Kandi Birateyagahinda Ariko Ababikora Bameny Kwimana Ibabona
28 Ndamukiza 2016, 20:16
Ahiiiïii!Ntakibabaje Nkukwica Ikibond Nkico Ataco Kizir??Nn Abarund tuzi kwica Gus?Oya tutisubiyeko Turagowe N,uri!!!!
28 Ndamukiza 2016, 20:19, par Bella
wa kijuju we ngo ni KAMARO ninde yakubwiy ko cnared forebu na red tabara aribo bish famille Kararuza, ww wahejj amatohoza!! Iyo utazi ivyo uvuga ba upfunga umunwa canke urekw kwandika . mbega izo cnared na za forebu zavuts kubera iki,ububegito bwa nkurunziza,nta wundi muhutu cndd yari ifise kugira amategeko y’igihugu agum akingiwe? Hew ruriy abandi rutakwibagiye,ikinogo cawe kiracuguruye,hari igihe wohitanwa niyo cndd nyene.
28 Ndamukiza 2016, 20:24, par baba baba
kamaro genda kubitaro usobora kubugwaye mumutw gusa uwomwana yobapfuye yitunganij vyob,arivyiza imana yomwakira
28 Ndamukiza 2016, 20:58, par FRANCK
IMANA IBAKIRE KUKO UMUSI WABO WARUWO .
28 Ndamukiza 2016, 21:03, par Vianney
Imana Ibakire Mubwami Bwayo.
28 Ndamukiza 2016, 21:04, par saidi
abobos bases amaraso yabandi biherew n’ imana bazoyabazwa
28 Ndamukiza 2016, 22:25, par Ruduha
Imana ikwiye kubatabara kuko nta burongozi mugifise.Hama ngo ni Rwanda!Ivyo mukora muzobibazwa.Uwo mwana mumuhoye iki ko yari gukira Bibazwe abaganga n’ababatumye.
28 Ndamukiza 2016, 22:28, par Pat
Uburundi buyobowe n’inyamaswa. C’ était évident que cette jeune fille était un temoin genant. Pour ces animaux, il fallait l’eliminer. Ahubgo abana basigaye kababayeho s’ils sont encore au Burundi, leur vies sont en danger.
28 Ndamukiza 2016, 22:55, par Kagame
Danella Imana Imwakire
28 Ndamukiza 2016, 23:43, par Ruduha
Sha izo nterahamwe wahaye indaro uzoraba ivyizavyazo.Nta kindi atari ukwica abarundi benewanyu.Rindira zizokwereka
29 Ndamukiza 2016, 00:01, par Shebo
CNDD ivyo mukora vyooooose mwe n’ umushefu wanyu nkuru(mbi)nziza imana ibakire mu muriro wayo........
29 Ndamukiza 2016, 00:20, par aba
sha birababaje@ ibibintu bizosiga inkovu.naj unyiciy umuvyeyi cnk umwana norinda mpwene duhigura@ raba mubihebe ivya mandat knd muzabandanya kubaho!tw twirigwa twatubits nn ntitubayeho.harigihano kubabisha
29 Ndamukiza 2016, 06:53, par Hakizimana Egide
Imana Imwakiremubwami Bwayo!Arazize Ubutobwiwe.Nabasigaye Bigumye!Ababikozenabo Bafatwe Babacirurubanza.Rubakwiriye?Abobameja.Uwan’arazize Urwanko Rwase!Imana Ibarinde Ahobarihose!!!
29 Ndamukiza 2016, 07:29, par Prosper
Imana Izomwakire Mubwami Bwayo
29 Ndamukiza 2016, 07:42, par Nduwimana jimmy blaise
Imana ikwakire mu bwami bwayo
29 Ndamukiza 2016, 07:51, par dusty
Urubanza Imana itaciriy’abantu yaremye; twebwe abantu ni twe dusigaye twarihaye ububasha bwo kuruca ndetse tukarucira n’abo tutazi ico botumariye nk’uyu yari Burundi bwejo!!! Birababaje!!!!
29 Ndamukiza 2016, 07:59, par NSHIMIRIMANA PACIFIQUE
IMANA NIBAKIRE MUBWAMIBWAYO IFASHE NABASIGAYE KUBAHO BIHANGANYE
29 Ndamukiza 2016, 08:53, par tari
Jewe narabivuze ati nkurumbi nugukina kumuvyimba ababuze Ngo arabahoza nawe koyarababaye abayarakingira iyopfuvyi baraye bahohoshoreye mubitaro ahasigaye rwamatohoza yindwimwe mbega aboyagize kwarabo nyene none barikubahiga hasikubura hejuru Ngo banyegeze ubwobubisha bwabo barabesha bayatarataza babesha ntituzoruhuka tutabirukanye naho abavuga kurugamba abarundi twanguje tworuheba ahubwo niho hageze kururwana ubu rwaja rwatangura nyagutangura
29 Ndamukiza 2016, 09:03, par ndahanura simvura
Harikintu kintangajepe! Kuberiki uyumwana atarikuvurigwa mubitaro vyomugihugu kindi? Kuko uravyeneza ntamutekano yarafise wogushobora kuvurigwa muribino bitaro vyabenevyo birababaje pe, umvikikindi kuberiki umwicanyi mukwicabandi abanza guhungishabiwe? Kubakoreshwamubwicanyi nabo kuberiki imiryangoyanyu idakingiye ngwihabwubuhungiro hanze yogihugu? Ahorero mvuzabantu batobato bakoreshwa mukwica benewabo ndabasaba guhumura kugira mubone kure. Nkakebura mvuganti: inyuma yibi harimwo abazokwangara abandi bapfe kandi muramazekubibona imiryango yabo iburiyoyihisha ababatumyebo bazoba barihejuru ya ocean mundege bijabukiye.Ikindi gihegiheze urundi burimuryane abatumwakwicabandi nkabose nabakene arikwababatuma nkabose ivyubuzima vyararangiye.okey Imana yaduhayamaso kugira tubone,amatwi kugira twumve , ubwenge kugira twiyumvire , ntuburikuricabandi kubera icupa rimwe rya PRIMUS ok nahawe kwibaza ndagusabe kwihakanya wibaze Imana ikugirire neza mwihinduka ryawe urakoze
29 Ndamukiza 2016, 09:08, par Geazaho
Birababaje cane. Imana idufashe cane. Abo bantu bakora ubwicanyi, bari baza ko nabo bazopfa koko?
29 Ndamukiza 2016, 09:16, par Sinzinkayo
Birababaje!!! Nk’iyi nzirakarengane azize iki? Birababaje!!! Uyu yogiriy’akamaro igihugu; none abahawe ubuzi babazwa n’ukubona abaremwe nka bo barabumwambuye! Imana imwakire mu bwami bwayo
29 Ndamukiza 2016, 09:46, par shaga
Imana imwakire mu bwami bwayo ico kibondo atakintu nakimwe yarazi muri Politique. Izingorane tuzifise kuva mumyaka ya 1961 gushika ubu abantu birirwa bapfa amaronko, ibibanza gushika ahobapfa n’ubwoko. Ivyo vyose bariko barapfa bazopfa babisinge ngaha kw’isi. Ari Uburundi, ari Urwanda canke Congo, ingwara y’abakuru b’ibi bihugu n’imwe yokwigumiza k’ubutegetsi kuguvu abanyagihugu bari ko barapfa. Rero nkabavuga nti: tutikuye aba bakuru bibihugu batatu abanyagihugu turacari k’umushiro.
29 Ndamukiza 2016, 09:56, par Bacemwo
Mwabatutsimwe ababana bato imana yiremeye mukomeje kwambura ubuzima ngo mushaka kwumira kubutegetsi nkinyondwe kurushato imana yomwijuru irabibona isi izorindisenyuka mutongeye kubwicarako kuko icabona nizo nzirakarengane muriko musesera amaraso mutabahaye vyose bizohera muzopfa mwikoreye amaboko nka kayini
29 Ndamukiza 2016, 10:21, par Zoe
Bacemwo ubwo urashaka kuvyina abantu kumubyimba, mwatwikiye umwana ngo nitwe twamwiyikiye, nushaka wicecekere Imana ihora ihoze.
29 Ndamukiza 2016, 11:46, par JUSTICE
SNARED UMUNYE AMARASO YUYU MU GENERAL WUMUNYAMAHORO MWISHE MUKAMWICIRA UMURYANGO NGO KUKO YANZE KWIFATANYA NAMWE MULI COUP ETAT !!!! MULI COUP ETAT !!!!! AMARASO YUYUMWANA WUMUMALAYIKA YO AZOBAHAMA !!! HARYA NGO NTIMWARYA UMULETI MUTABANJE KUMENA AMAJYI ??????? AYA MAGI MULIMO KUMENA IZI NZIRAKARENGANI MWICA , YABA NABASILIKALI BA NKURUNZIZA NIBA ALIBO BICA NGO BALIHORERA KUKO NABO BABIKORA
29 Ndamukiza 2016, 12:52, par nzovu
Ntabwo bitangaje, iyo ubutegetsi bugiye guhirima ( regime falling apart) bwica abana nka Danielle ( RIP) n’abatagira intege. Ibi Ubutegetsi bwa Habyarimana bwarabikoze bwica abatutsi i Bugesera n’ Abagogwe muri Kibirira muri 1992. Ibyakurikiye abazi uko byagenze muzabwire Nkurunziza Peter ko iminsi ye yo gutegeka Burundi ibarirwa ku mashyi. Daniella humura uri heza kandi imana yacu iri mw’ijuru izaguhorera vuba cyane.
29 Ndamukiza 2016, 14:05, par foxitfo123@gmail.com
Bitebe bitebuke abakoze iryo shano bazovyishura incuro igihumbi. Icabona n’iyo mw’ijuru kandi ihora ihoze!! RIP Angel Daniella!!
29 Ndamukiza 2016, 14:28, par Elyse
Daniella Imana Imwakiremubwamibwayo
29 Ndamukiza 2016, 14:55, par Niyonkuru Mélance
Daniella, Imana Mushobora Vyose Imwakire Mubwami Bwayo,maze Be Nabavyeyi Biwe Bongerwe Ubundi Buzima Bushasha Bwo Mwijuru. Nimwizina Ryuwaducunguye Ndabisavye Amen.
29 Ndamukiza 2016, 14:58, par Niyonzima
Imana Imwakr Jewe Ndabaza Abadutwara ?Nkubumuhabereyiki?Ingabo Zirapfa Abanyagihugu Barapfa None Bikorwa Nabande?Canke Nimucezo Wandan.
29 Ndamukiza 2016, 14:59, par Niyonzima
Imana Imwakr Jewe Ndabaza Abadutwara ?Nkubumuhabereyiki?Ingabo Zirapfa Abanyagihugu Barapfa None Bikorwa Nabande?Canke Nimucezo Wandan.
29 Ndamukiza 2016, 18:51, par Gift Nana
My Baju Daniella Imana ikwakire mubayo I will miss much love
29 Ndamukiza 2016, 19:07, par KAKA
RIP.UWABISHE wese ntekereza ko nawe nta mahoro azagira.abanywa amaraso nibakomeze!!!hari umunsi bazabibazwa n’UWATUREMYE
29 Ndamukiza 2016, 19:29, par Anaclet
Imana Imawakire Ariko Abobakora Amaraso Bamenye Ko Atarubuhizi.
29 Ndamukiza 2016, 20:00, par aca
Kwica umwana nkuyu winzirakarengsne bitinde butebuke bizabageraho. Imana imwakire mubayo.
29 Ndamukiza 2016, 20:50, par Mahoro cado
uwishe ICO kibondo aragapfa data ikibondo abonye munzuyiwe akaba afise ibibondo aragashika imuhira ababure bose ndamuvumye aragapfa ayerera nka kayini umuntuwese ko yabigizemwo uruhara uyumuvumo urakamukurikira nuruvyaro rwiwe
29 Ndamukiza 2016, 21:01, par Mediane Nijimbere
Yooo!Birababaje cane. Abasenzi Nibagume kumavi Imana Igarukire Abarundi Nuburundi Kuk Bugez Ahatemb
29 Ndamukiza 2016, 21:22, par NZINZI ALIAS
NIBARINDIRUMURIRO URABARINDIRIYE.TUGUMEMURIYESUKWERI.IMANIRIHO.NIYONYISHU
29 Ndamukiza 2016, 21:32, par zokira ntebye
Nukuri birababaje ntahotuja ntahotuva abantu abbaye inyamaswa ntawitakurimugenziwe bumuntu ari rwanaho bashizimbere amafaranga ibivyose nabazungu babikora kuko bashaste nubu iziryane ziriwacu zohagarara lmana imwakira mubwamibwayo
29 Ndamukiza 2016, 21:53, par Irankunda
Zaburi37:9,10 Havuga NgoHasigaye Igihegito Ngumubisha Ntabe Akiriho, Uzokwitegerez Aho Yaba Umubure! Mwabanturero Nimba Ariporitique Iriko Iratuma Mwica Inzirakarengane Ntaco Bimaze Kuko Daniel2:44 Havugako Imana Igiye Gushinga Ubwami Bwayo Atarubwo Bwamwebwe Abantu Kandi Ubwo Bwami Buzomenagura Ubu Bwami Bwose Bwisi Muriko Murapfa, Bigatuma Mwica Inzirakarengane Gusa.
29 Ndamukiza 2016, 22:24, par EZÉCLEL
BIRATEYE AGAHINDA UBONABAPFIRARIMWE ARIKONIKOBIMEZE MWIYISI!
30 Ndamukiza 2016, 07:58, par gahozo
Ngwitegeko ryavuye hejuru ryokudendura icyokibondo Imana ibababarire!
30 Ndamukiza 2016, 08:08, par MICHEL
NTAMAHORO YUMUNYAVYAHA KUKOTURIMWISINUKWIHANGANA
30 Ndamukiza 2016, 08:11, par MICHEL
NTAMAHORO YUMUNYAVYAHA KUKOTURIMWISINUKWIHANGANA
30 Ndamukiza 2016, 11:33, par Munezero Dismas Makbuk Nyamagndik
Mana Nyene Imbabazi N’ikigongwe Akira Mumaboko Yawe Icyo Kibondo Daniella Inzirakarengane Nkizo Uze Wame Uzibabarira Amen
30 Ndamukiza 2016, 15:45, par Bujumbura The War!
Umubacro Mfise Ni Uwo Gupfakarira Mu Busore!Nta Vyinsh Mvuze,uwunyambuye Umukunzi Wanje Azovyishura 99%!Danielle Mwiza Ruhuka Amahoro,kuk Tudashitse Ku Masezerano!Nkurunziza Ugabe Pe!
30 Ndamukiza 2016, 19:48, par Swingi Love
Birateye Isoni
30 Ndamukiza 2016, 19:55, par Alexandre
Yo!! Imana Imwakire.
30 Ndamukiza 2016, 20:08, par Alexandre
Yo!! Imananigarukire Ikigihugu Arikontiyibagire Uwomwana.
30 Ndamukiza 2016, 23:23, par orignal
ABA BANTU BOSE BARIKO BARAPFA , BARIKO BAZIRA KO HARIHO ABARUNDI N’ABANYAMAHANGA BAGUMA BAKOKEZA. INGORANE ZIBA ZARAHAGAZE , ARIKO KUBERA HARIHO ABAGUMA BAKOKEZA , BAGASHIGIKIRA URUHANDE RUMWE , BAHA IMPIGI BA sindumuja KUBANDANYA BICA INZIRAKARENGANE. UYOBERWA ABIZE N’ABATIZE, ABIYITA NGO NI ABAKOZI B’IMANA NIBO BAHAMAGARIRA ABANTU KWICA ABANDI. Ariko igitangaje nuko abo biyita abakozi b’Imana ( abasenyura) mu gihe bahamagarira abarundi kwicana, ntibigera babona ko 99% y’abo bariko baricisha ari abakatolika babo. None iryo juru muriko murabaronderera ni irihe mugihe mubamaze mubicisha ?
1er Rusama 2016, 00:17, par Oscar
Oooh!!!! Yesu Wehé Tugr Dut Ka Mana???.Arik Uwakoz Icocaha Ntiyarakwiye Kubabarirw Arik Kubwurukudo Imana Idukunda Rekatuvuge duti Imana Imuharire . Hama Ayamabi Yirirwa Arakorwa Muburundi Abarongoy Abandi Barabe Icobivako.
1er Rusama 2016, 09:01, par ISAAC NDIHOKUBWAYO
ARAKABONA APFUYE NAHO YARI MWIZA NTAHOTWOHURIYE YAHEREKEJE ABAVYEYI.
1er Rusama 2016, 09:47, par icompa ijuru
None Uyomugabo Kotwamutoye Nkumugabo Wijunja Nijambo Abivugakwiki? Nabise Abandi, Uyomwana Baseko Yohava Avuga Ivyoyabonye,imana Imwakire
1er Rusama 2016, 10:06, par christophendayisenga100gmail.com
nabado turacariko abapfa bazoguma bapfa kuko nobo babiyicira, none hari uwokwicwa n’imodoka ya gissirikare bakananirwa no kumenya mwene guhabwa iyo modoka. biragoye cane baravuze uti qui vivra verra
1er Rusama 2016, 20:19, par NIMUBONA
IMANA NIBAKIRE
2 Rusama 2016, 04:18, par BAPFUBUKENE
MBE ABO BAVUGA NGO PETER YITOREWE N’ABANYAGIHUGU ,KUKI MUMUBESHERA.PETER N’UMUGORE WIWE BAVUGA KO PETER YITOREWE N’IMANA.
KANATSINDA AMATORA YITWA NGO YARABAYE ABANYAGIHUGU NTIMWAYITAVYE ACA YITORERWA N ’IMANA.
2 Rusama 2016, 10:39, par nkurunziza aboubakal
esingene yarumudemu mwiza! abarikobarakora ibibi bose bamenye ko bariko barababaza allah.
2 Rusama 2016, 14:15, par Nimubona.
Imana Nimwakire Mumaboko Yay Hamwe Nuruvyaro Rwiwe Abakoze Ubwobwicanyi Nabo Imana Ibateguriy Urubanza Rudasanzwe!!!
2 Rusama 2016, 22:19, par Joshua
Ne Abobantu Bakoze Ico Kibi Bashoboye Kumenyekana ?
3 Rusama 2016, 20:15, par SIKOBIZOHORA REVERIEN
Imana nibakire mu bwami bwayo yongere iremeshe incuti ababanyi nabagenzi.Ababigize nabo;Imana IBAHARIRE NTIBAZI ICO BAKORA.HAMA IBAHE UMUTIMA WO GUHINDUKA BONGERE BIGAYE
3 Rusama 2016, 20:47, par nduwimana eric
ntakundi umuryagowabo babuze niwingane ariko iconzico imana irakeneye kureba ikagira icikoze kuburundi kuko ibintibyoherera aha mwebwe mushishikare gusenga yesu yikorere inyishuya bobantu ira eguye
3 Rusama 2016, 20:48, par reverien sikobizohora
Imana nibakire mu bwami bwayo yongere iremeshe incuti ababanyi nabagenzi.Ababigize nabo;Imana IBAHARIRE NTIBAZI ICO BAKORA.HAMA IBAHE UMUTIMA WO GUHINDUKA BONGERE BIGAYE
6 Rusama 2016, 09:28, par kpaulgmail.com
Kagame
10 Rusama 2016, 10:17, par Alexis
yemw mwabantu mwica abantu ataco bazira jew nobahanura mukabireka kuko wishe nawe fin de fin naw uzopfa wishwe amaraso yabo azobagiriza
10 Rusama 2016, 18:07, par Odrique Nkunzimana
Daniella Warimwiza Mugabo Abakwishe Baragapfa Bangara Nka Gahini Imanikwakire Mubwamibwayo Amen.