IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umwe mubagize inama y’inaribonye za CNDD FDD yahatswe kugandagurwa

Umwe mubagize inama y’inaribonye za CNDD FDD yahatswe kugandagurwa

vendredi 27 Munyonyo 2015, par egide

Zenon NDARUVUKANYE yigeze kuba buramatari w’intara ya Bujumbura rural, ubu akaba ari mu bahanuzi b’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, akaba kandi mu nama y’inaribonye z’umugambwe CNDD FDD, yahatswe kugandagurwa n’abantu bamutegereye aho bita kuri CHANIC hafi y’ihinguriro BRARUDI, avuye muhira iwe. Umwe mu bacungera umutekano wiwe yaguye muri ico gitero.

Igiporisi cafashe imodokari yarimwo abantu bitwaje ibirwanisho, bahatswe kugandagura Zenon NDARUVUKANYE. Uwutwara igiporisi mu gisagara ca Bujumbura, Niyonkuru Domitien amenyesha ko hari nk’isaha zibiri z’agatondo, aho humvikana amasasu menshi arashwe n’abagizi ba nabi bari bakoze igitero kuri Zenon NDARUVUKANYE, umuhanuzi mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA. Babiri muri abo bantu bafashwe, umwe aca mu ryahumye abajejwe umutekano. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko babiri batawe muri yompi bafatanwe ibirwanisho bari bafise bigizwe n’inkoho zibiri zo mu bwoko bwa Mi Kalash, inkoho imwe itera amabombe, kalashnikov zine hamwe n’amagerenade ane nyene.

Ibirwanisho vyinshi cane vyafatiwe mu Kinindo

Niyonkuru Domitien, uwutwara igiporisi mu gisagara ca Bujumbura amenyesha ko abo bantu babiri bafashwe baciye berekana inzu iri mu Kinindo bahora babikamwo ibirwanisho. Iyo nzu itaramenyekana mweneyo yafatiwemwo inkoho 19 zo mu bwoko bwa Kalashnikov, inkoho zibiri zo mu bwoko bwa Mi kalash, inkoho bita RPG7 zitera amabombe, inkoho bita mortier 60, amagerenade 19, amabombe atandatu, ibirato 13 vy’igisoda, imisipi n’inkofero vya gisirikare, impuzu za gisirikare zigera kuri 23, hamwe n’imyambaro ine yo mu giporisi API gicungera inzego za Reta. Hafashwe kandi n’impuzu intwazangabo zambara ku minsi mikuru (Grande tenue).

Muri iyo nzu nta muntu yahafatiwe, mu giporisi bakavuga ko muri urwo rugo bahasanze imodokari yarimwo iparati ndangamuduga y’igisirikare. Domitien NIYONKURU atwara igiporisi mu gisagara ca Bujumbura yabwiye abamenyeshamakuru ko abantu baba mu micungararo y’urwo rugo bamenye iyo modoka, bakaba bahora babona ikoreshwa n’abantu bambaye impuzu za gisirikare.

IGIHE

Messages

  • Fercitation Akazi Keza Turabakeje

  • Hahahah!!! Ubunaho muravuga ngwiki? Ivyo bigwanisho vyafatiwe mururwo rugo birarenze pe! Iperereza nirinyarutse rimenye uwabishize aho hantu.

  • Abasenga MuKomeze Nibindi Izovyerekana.

  • le desarmement ne suffit pas ahubwo, rekura iyo mandat mwivye. Hanyuma igipolisi kireke kwica abana bu Burundi. Ark mubirabe neza kk hariho ibiganiro vyegereje ntawuzi ivyo abo ba dd bashobora gukora pour justifier amanyanga yabo bakunze gukora. ILS SONT CAPABLE DE TOUT jewe ndabazi agatima ko kwica ntibarota bagaheba kk ubwicanyi nibwo bwabahaye ahanini. Ikibabaje bashaka gutwara igihugu nka rebellion. DD teshwa mute ntituzokwigera twemera iyi ntwaro yanyu illegale.ilegitime et terroristes

  • ashiiiiii!!!!. abo hamwe nivyobirwanisho nivyo bimazimisi bihekura abarundi. abo batawe muriyompi nukubadunuza gose mpaka bavugenabandi. uburero nugutangura gusopa hariya za kiriri, kumutanga, kigobe nahandi nabandi....ubu cenared iri mukigandaro!!! IMANA IRAHINYUZA...impundi iwacu induru kwa barera ariyo cenared.

  • dhaaah aiseeey ,bwabundi ntimubona ko baribipanze? ngabo zacu zigihugu, kubita kubita nahandi bahavuge kuko hariho ,bongere bavuge nukuntu bazironka nuwazibaha, mwongere mubabaze ico baribagamije nuwubatuma , pnb koraresha tactike mwize aho imana yadufashije abo nibo bagiye kuza barabereka iyo bagiye barabibika kandi bavuge abakuru babo bari kuntebe yo hejuru abaribo niyo bari kandi ndabahanuye ntimubice kuko about nibo bagiye gufasha mubintu vyishi mukumenyesha ago ibigwanisho vyinyegeje kuko ahenshi barahazi Jews ni Nadel murutegama

  • ABAKOJE AKOKAJINDABEMEYEKANDI NDABASIMIYE

  • Ibirwanisho nibyinshi muri BUJUMBURA. Mubaze abo bantu abandi bafatanyije. hanyuma mubamishemo urusoro.

  • dhaaah aiseeey ,bwabundi ntimubona ko baribipanze? ngabo zacu zigihugu, kubita kubita nahandi bahavuge kuko hariho ,bongere bavuge nukuntu bazironka nuwazibaha, mwongere mubabaze ico baribagamije nuwubatuma , pnb koraresha tactike mwize aho imana yadufashije abo nibo bagiye kuza barabereka iyo bagiye barabibika kandi bavuge abakuru babo bari kuntebe yo hejuru abaribo niyo bari kandi ndabahanuye ntimubice kuko about nibo bagiye gufasha mubintu vyishi mukumenyesha ago ibigwanisho vyinyegeje kuko ahenshi barahazi Jews ni Nadel murutegama

  • Ewe Mana Tabara Uburundi Uraziko Bufise Isezerano Nico Gituma Satani Atagombako Uburundi Buba Mumahoro Yesu Adufashe

  • Imana yo mwijuru ibe icabona yongere igume yiyerekana mukuburizamwo Imigambi mibi y’abo batovyi. Izombwa. Iyo mihimbiri bagomba kwitambika imbere y’inguvu z’IMANA.

  • None Mumaze Kubibona Mwafashe Ingingo Nki?

  • ASHA INKOHO ZO DUFISE IGIFYO CAZO NAHO MUZORARA MUGENDA BUKABAKERAKO NTIMUZOHEZA INKOHO ZACU NGAHO NINKUKO ARI IMA RIKOROTSE MURI TANGANYIKA! IBIRWANISHO DUFISE NINJOJO MPAKA IYO MBWA PETER IREKUYE IYO MANDAT YIVYE!

  • iyo nzu niyuwitwa Col Laurent Ndabaneze yahora atwara surete kubwa Bagaza.umuhungu wiwe Prosper ndabaneze atwara FedEX burundi ariko ubu yahungiye muri Kenya.Numu opposant akomeye uravye ivyo yandika kuri twitter yiwe @pkaze : https://twitter.com/pkaze?lang=en .Nibindi bizofatwa!!!

  • PNB KOMERA TURABAKEJE!SNR MURI ABAGABO.EREGA ABO BAMENJA IMANA YABO YARAGIYE.KUBITA INKENDE MUYAMBURE NUMWANA WAYO.

  • Turababajwe nuwo mupolice yitavy’ imana, ariko icotwosaba ubutungane abobafatanywe itonga urubanza gwabo bicwe bitarenze muriyindwi ba naze gushira ahabona abovyakorana kandi mutangire hose uwoyirutse ntasubire murwanda afatwe bazebahanwe vyakarorero. Turashimiye inzego zumutekano zavyifashemwo neza murame kuko ntahumwansi azomenera tuzobagwanya tubatsinde. Kandi niyomwaja mubiganiro nubumwe ba buraya mubareko tutipfuza kuganida na ba terrorist babihevyi ahubwo kurya bahaye banagwanya iburaya amakungu Natwe adufashe tubagwanye tubatuze basubire iyobaje bava. CNDD -FDD ramba us haka atovyumva yiyahure nkinzombura mutima biyahura bit wake ngo ni manda ya 3

  • Irementanya riteye isoni. N,umwana yobona ko ari ububegito bweruye.

    Ababanyi b,aho bakuye ivyo birwanisho baremeza ko hari haheze iminsi babona imodoka zo muri A.P.I ziza muri urwo rupangu.
    Ni icemezo ko ari izo modoka zabizanyeho kuko kanatsinda iyo nzu nta muntu n,umwe yayibamwo haraheze amezi atandatu.
    Bisubiye hari itotezwa ririko rikorerwa abahoz mu gisoda ca kera n,ubu ribandanya. Nyene urwo rugo umuhisi Ndabaneze Akaba ari muri abo.
    Mu gitondo babanj kugira ico bise igitero kugira bac babandanya baza aho mu Kinindo ngo ni abo bafsh bababwiy aho ivyo birwanisho biri naho ari igipolisi cabishizeho. Kandi niko bama babigiz ariko ntaco bibashikanako.

    Ni muteshw mute imigambi yanyu yarahinyuts.

  • Politique yaba dd iratwenza pe,ariko harumuntu yoba afise ALPG na bombe 16 zayo agafatishwa iminwe?yayayaaaaa imera mwitabe ibiganiro,aho muhava muvuga ngo nubu biligi.

  • Mubesha nde ?? , ni nde atabona ko iryo ari irementanya ?? Ico ni ikinyoma cambaye ubusa. Mukora mise en scène hanyuma mukiruka mu bimenyeshamakuru bike mwisigarije mukandika commentaires zuburofa kugira mwemeze abantu.burya nuwoshaka kubesha ategerezwa kubikorana ubwenge.

  • Bicwe kandi sebarundi yarakuy igihano co gupfa?ntimukihindukiz mw’ijambo mwanjagarimwe!

  • Imbunda zuzuye muri Bujumbura. Ngo abatutsi hafi yabose barazifite kugira ngo umunsi baziranyeho barimbure abahutu.

  • Turababajwe nuwo mupolice yitavy’ imana, ariko icotwosaba ubutungane abobafatanywe itonga urubanza gwabo bicwe bitarenze muriyindwi ba naze gushira ahabona abovyakorana kandi mutangire hose uwoyirutse ntasubire murwanda afatwe bazebahanwe vyakarorero. Turashimiye inzego zumutekano zavyifashemwo neza murame kuko ntahumwansi azomenera tuzobagwanya tubatsinde. Kandi niyomwaja mubiganiro nubumwe ba buraya mubareko tutipfuza kuganida na ba terrorist babihevyi ahubwo kurya bahaye banagwanya iburaya amakungu Natwe adufashe tubagwanye tubatuze basubire iyobaje bava. CNDD -FDD ramba us haka atovyumva yiyahure nkinzombura mutima biyahura bit wake ngo ni manda ya 3

  • Gusa mumbabarire iyinkuru mbona ko atari ukuri yaba aramanyanga ya leta ishaka kwereka amakungu kandi atarivyo kuko ntivyunvikana ibigwanisho bingana karya kagene kandi baheruka kubisaka mubanyagihugu bareke kubesha abanyagihugu namakungu barekure ubutegetsi bivye izonyeshamba.

  • WOSRHIP THE LORD ALL MIGHTY .
    HE IS THE FIRST AND THE LAST IN JESUS NAME.
    I WISH YOU CAN HAVE A SOBER MIND AND THING HOW GOD IS PROTECTING BURUNDI AGAINST THE WORST SITUATION.

  • Izo ni montage za CDD-FDD, kugira baronke les raisons d’arreter et de tuer ceux qui soutiennent pas le 3eme mandat. c’est tout, et ne vous trompez pas.
    Nous en savons plus que cela, demain ils vont trouver d’autres: montage DD.

  • abobicanyi nibateshwe bate kuko igihugu kirimwo ingabo.abobicanyi nibafatwe kandi ntantambwe bazotera.nibareke guta umwanya.

  • AMENYO ARAGUTWENGA ARI GWAWE! NTANKOHO ZACU ZAFASHWE IZO NI ZANKINAMICO ZA NKURUMBI NAKARWI KIWE MBE IZOMBWA ZIMBONERAKURE NINTERAHAMWE ZOFATA INKOHO ZABA COMMANDO NKATWEBWE TURI HEHE GAYEMWE UH NABO USANGWA BAZIFASHE NTIHAGIRE ISASE RIZOSUBIRA KUMVIKANIRA MU BURUNDI! AHUBWO AKARINYUMA KOKO KARAHINDA BUCA TUMUTOZA IMINWE IYOMBWA PETER NKURUMBI NAKARWI KIWE HAMA AKIDIGADIGA NGO YAFASHE INKOHO ZACU !

  • Iyonzu Muyikorereko Kubite Abobasi Bamahoro Natwe Turinyuma Yanyu Nivyabangombwa Tubafashe Nabuyoya Yariyasizeho Urwaruka Yise Abajene Abaha Ninkoho Natwe Turiho

  • Ivyo nibirekwe kuk nibibi abobantu nabo nibafatwe bahanwe.

  • Ivyo nitubirindire turabe kwarivyukuri iconzi kandi menyereye kubona nuko arirementanya rigamije gufata namwe muntwaro canke mubasirikare ,muzoba mumbwira ,kko bigoye cane kwemera ibikogwa ninzego zareta ihari kko vyinshi aribinyoma gusa atakuri ,preuve nivyinshi caneeee.zivyobinyoma.

  • Reka kubesha. Mukugira irementanya ni mube mushiramwo ubwenge. Wumvirije temoignage ya Zenon Ndaruvukanye kuri SOS medias Burundi wibaza ibibazo vyishi. Avuga ko uwagomba kumwica yavuye mu modoka afise mitrailleuse atangura kumurasa ngo nawe aca aranyonga imodoka cane none yamukwirukiye gute? N’amaguru ko yari yavuye mu modoka? Ngo yaciye abona abajejwe umutekano ngo abagizi ba nabi baca barakata? Quelle coincidence? Ngo hanyuma aca abona imodoka 2 imwe y’igipolisi iyindi ya FDN. Quelle jolie coincidence ! Izo modoka zari zivuye he? Ngo aca ahamagara iyo ya FDN ababwira ko abagizi ba nabi bafashe irija kwa Siyoni. Kubera iki atabwiye bose? Ngo baca barabakwirikira barabafata. Babasanze he? Basanze bahagaze babarindiriye ngo babafate? Bamaze kubafata, zero secondes baciye baja kubereka aho babika ibigwanisho. Huuum ! Ngira data bari aba assaillants b’abakristu. Ninde wabonye yemera icaha atacemejwe mbere agaca akubwira n’ivyo utaruzi bimwongerereza ibihano. Une autre tres jolie coincidence bahamagaye abarorerezi ba UA, comme miracle muri ivyo birwanisho harimwo n’imyamvaro y’abasoda ba UA.
    Umuvugizi wa police ngo abo bagizi ba nabi bafashwe na police, Zenon Ndaruvukanye nawe ngo yabwiye FDN niyo yabirutseko irabafata. Huuuh !
    Abo bafashwe bitwa ngwiki? Ivyo birwanisho bifise numero izihe? Vyavuye he? Iyo modoka barimwo ni iyo kwande?
    Ni mwishura ibi bibazo nca nemera ko atari mchezo wa ndaani. Gira amahoro !

  • Nibatekereze nayahandiho bazohura nivyago. none abo batama ntibobareka bakiberaho.

  • Igipolis Ciburndi Turakizi Mudahuje Imigambwe Baza Bazanye Ibigwanisho Ngobabitoye Iwawe Twarabahinyuye

  • Akokajuju kanditse ngo bafise inkoho igifyo aha wosanga katazi niyo sirete iherereye rekasha kwirema kuko ntuzi namba icutazi ni1 uzombaze canke wibaze uti mbega izafashwe zijahe? Eheeee ibisaka vyimbwa bizinduka bibashana vyose ubundakubwire mumisi itarimike uzotera grenade PNB nawe wunve ngo twaaa! Erega natweturinazo kandi twebwe tubarusha kuzikoresha umusi mutazi nitwatangira uzobimenya nayo ivyudedemba ngo mpaka mukuye nkurunziza ninkindoto urikurota nkurunziza si ndadaye afise ipete ya comanda yaronkeye angola kwa savimbi ruhuke ruhuke aha tubarindiriye gato iryinyo kurindi ijisho kurindi abazulou ntimuratubona <<

  • Abatutsi muragowe mbega? Nkurunziza ahoyavuga ati amase yakera ntagihoma urutaro mwebwe mwari mwazivye iyomizuru yanyu? Ubu numuntu kuwundi tuzorabe abasigara murububurundi iyo mwijuru niyo cabona cavyose ivya 72 ,88,93 ntibizongera mubitangiye bizohera iwanyu biherere iwanyu turi maso nakare turintagoheka.

  • Bwasindumuja iyo bukozweko bwitwaza ngonamarementanya murabesha murenga turenguka mutega dutegura

  • Bwasindumuja iyo bukozweko bwitwaza ngonamarementanya murabesha murenga turenguka mutega dutegura

  • Mana We None Mu Burundi Hoba Hasigara Hariho Ihinguriro Ryibirwanisho.

  • asha ni barindire nizind ziracafatwa uwanse kuyisubiza ku neza azoyisubiza atumva atabona

  • Turabakeje abajejwe umutekano ku gikogwa ciza berekanye Imana Ibaje imbere. kugezubu iyo migwi yetera bwoba ntazina rifite? turabasavye mu babaze izina ryuwo mugwi nuwu bakoresha. maze barengucwe imbere yintahe i Lahe. Nti mubice kuko ivyo nivyagirizi vyi Lahe. Uburundi bwaramaze kwinjirigwa ni vyihevyi. ni mutabaze amakungu.hakiri kare. bije ahabona. nti mwishinge ngo na bagwanya mandat ya gatatu. birateye ububa. abanka Uburundi bagwiza ni binyoma. akarorero nko kubesha ngo Agaton Gwasa ngu yahungiye muri Afrika yepfo AS twe twa mubonye ariko atanga ikiganiro na bamenyesha makuru ana vuga ivyakazi kurugendo rwakazi mission. na bipfuza ivyo yangara mu burundi. Nta Gwasa iriko arahunga igihugu kandi arindiye kugitwara. Bazobisikana na nyenicubahiro Nkurunziza mu mutekano ntangere igihe ni cagera. Nta wundi mu Prezida azokurikira atari Gwasa si mbesher ’Imana nka babahanuzi bibi nyoma ivyo ni bi bonwa na bana bato atarabahinga turambe gusa tuzobibona. I Ngozi hazovayo Abakuru bi gihugu babiri uwuzokwirikara azova Imbo kandi wu Mu Tutsi kugira bihindure amateka yu burundi. Bivugiwe i Pretoria Gakozi Emmanuel. uwushaka arantera akamo kuri 27 835 053 098. murakoze.

  • Ingabo z’abatutsi (Ibipfapfa Sindumuja). Akabo kashobotse. Police ijye ikubita agafuni cg inshinge zibakora ama debiles.

  • ivyo nivyari vyateguwe ntivyumvikana ukungene barya bafashwe ko bariguhita bamena ibanga ahubwo nabobafashe nukwigisha guhuma amaso amakungu yumveko baguma bafata ibigwanisho!mushima ari ikinamico iyomodoka simbona ariyo muzabo bagenderamwo?ahubwo nibabure gucungana haba muri polic canke mugisirikare kuko biragaragarako batavuga rumwe. Kurubwobwo ntibijajare ngo baryame umukondorazosi bonyene bazimaranira!

  • heba kwi ca ntanyungu

  • Ewe mana yaremye aba DD-FDD, barakenyeye bice aba gardes buyo mugabo, kumpavu z,amarementanya. Ubwo kweri amaraso aho bayanywereye ntibaruzura. Ubwo ntibogeza ngaho. Mbe barazi ko aho bari hari abandi. Ejo aho bukera ivyabo bizorangira.
    Ntimusubire gusamazwa nizo rementanya. Kuko zigiye kuba nyinshi, kugira babandanye ihonyabwoko.

  • nibongere bavuge ngo rirementanya bazohera nkifu yimijira

  • None Mumisi 5 Batanze,kubafise Ibigwanisho Bazobe Babitanze,vyafashijiki?Gusa Ababipfa Bokwibuka Ko,umunyagihugu Muto,kwariwe Ababeshejeho,nibaduhe Umutekano!

  • Agakaciye Ni Mucakire!Natwe Mu Kirundo Turimaso,nacanecan Hano I Busoni(gisenyi)uzany Ivyurutwe Runini N’umukecuru Aragukangaza. Mukomerezaho Gushika Bishikanye Abobagesera.

  • ahubwo abobagizi banabi bakora ico batazi kuko ntakuntu boza boza baratege abategetsi twitoreye twebwe abene gihugu bakaja barabica ataco babahora natwe abanyagihugu tugiye kubavirahasi tumufashe ari fye atanukumusambisha

  • none dutebe tuje turaba comedie nu udashaka guseka aseke ku nguvu yewe mu chezo wz ndani kweli ndabemeye ngira nuwabatuma uwishe yezu mwaremenkanya akaboneka

  • ahubwo abobagizi banabi bakora ico batazi kuko ntakuntu boza boza baratege abategetsi twitoreye twebwe abene gihugu bakaja barabica ataco babahora natwe abanyagihugu tugiye kubavirahasi tumufashe ari fye atanukumusambisha

  • Nukuri Ubwicanyi Muburundi Burarenze

  • NAGOMBA MPANURA ABARUNDI BENE WACU MUMENYEKO BABA ABASHIRA UBUHUTU BWABO CANKE UBUTUTSI BWABO IMBERE ICO SICO KIZOTUMA DUTERA IMBERE AHUBWO MUZE TURENGERE UBWOKO UBURUNDI N’IMANA YABUDUHAYE NTAWOKWANGAZWA BABA ABARENGANIJWE KERA NONE NAMWE MUSHAKA IVYOMWAKOREWE KUBIKORERA ABANDI NTAHO TWOBATUVUYE NTAHO TWOBA TUROYE MUZE DUFATANE MUNDA TURI BENE BURUNDI

  • Noneho Runyenzi -inkotanyi atangiye kugemurira imbunda abarundi. Ntakundi ntawanga imboga zizanye!! Uwanga Peter Nkurunziza aziyahure

  • Mbega ubmicanyi !abarundi tuzokwisubirako ryari ?Nomubiro kwa president!! Papa nakumbure asabire abarundi baje mubiganiro bidakumira ahandiho turahona.

  • Vyababuriye pe! Amarementanya yanyu atagira izina, twabahinyuye mwa ba police mwe! Yooo, izo nkoho ni izanyu mwanyegeje muri iyo nzu! Ubu rero tugire twongereze kubivuna. Mutwita inkozi z’ibibi kandi arimwe muri zo mugushigikira Pharaon ngo agume ku butegetsi kandi yarahejeje ikiringo ciwe!

  • Mbeko bagira ubwoba wee!!!!!nabado nikiri mukuzimu tuzokizana "amase yakera ntagihoma urutaro"

  • Duhindure Ingendo Twese.Amahoro Zozanwa N’ubwami Bw’imana.Nayahandi Tuzomarana Dupfa Ubusa!

  • Duhindure Ingendo Twese.Amahoro AZozanwa N’ubwami Bw’imana.Nayahandi Tuzomarana Dupfa Ubusa!

  • Duhindure Ingendo Twese.Amahoro AZozanwa N’ubwami Bw’imana.Nayahandi Tuzomarana Dupfa Ubusa!

  • Abarundi tirazinanye gose. Ikuri kuratugora kuvuga. Ibi mbona sivyo . nimpunyi uyisiguriye. Ivyo mbona ntiyovyemera

  • Ka Domitien nikarekeguhendabantu izonkoho i BUJUMBURA ngonikokazifashe! nyamba barakaroze mumutwe umengo ntibukwiye! abantu i Bujumbura Baheje Babica! Nikarindire gato bazokamen umutwe baryanyene bagacungeye nikimvyimvye gose kibazango baravukana gasumb’abamazegupfa. Nibemeribiganiro abantu bareke kuzirubusa ngoturimumahoro.

  • kandi ngo ubu nanone ngo ni KAGAME ,abarundi muzi gukina inkinamico koko aho nti muza kina iyo kwikora mu nda. bravo!mukomere

  • AHUBWO DUSAVYE UMUKURU WIGIHUGU KURUSHIRIZA GUHINGUVU IGIPOLISI NIGISIRIKARE KUBIKOGWA VYIZA KIRIKO KIRAKORA BARUSHRIZEHO.MURAKOZE

  • bene data mwirinde kuvuga amajambo ahubwo musenge IMANA niyo yonyene ifise umuti wu Burundi.

  • Ushima ari irementanya abo bagomba kwica Zenon ni abo muri API. urawabo muzorwumva. bica bahusha, baruhira nabo nyene kwicwa nk’umwe batsinda mw’Isare, kuri mission ya Kazungu. Imana nidukuremwo uwe wese yitwa umwicanyi. Amen, Amen

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.