Accueil > Amakuru > Poritike > UPRONA : Abashingamateka bakiriwe n’inkoni
UPRONA : Abashingamateka bakiriwe n’inkoni
lundi 17 Ruhuhuma 2014
Mu gihe Abadasigana bari bahamagariwe kwitaba inama nkuru y’umugambwe yahava ishiraho inzego zemewe n’amategeko, bamwe mu bashingamateka n’abandi badasigana bakiriwe n’inkoni z’abaporisi hamwe n’ivyotsi bikoroza amosozi.
IGIHE
Messages
17 Ruhuhuma 2014, 12:15, par mizero
ehe iryo bara ku burundi ydmw!!!murambonera uko abo basaza bakubaguw?jew sinibaza ko ibintu nkivyo bishobora guherera ngaho.emwe aba DD hamw n’ivyo binywamaraso vy’abapolisi nibaza ko bose ari impfuvyi kuko ntakuntu wogirira ibintu nk’ivyo mbony umuntu akuz kurya uzi ko naw ufis umuvyeyi agerey harya. Ni nka kumw ministr d l’enseignement supérieur atigez abona mu nzu iw uwumwita papa nne abohey amaboko imugongo abana b’uburundi. KIZOBOHOZWA!!!
18 Ruhuhuma 2014, 08:08, par bc
Iri nishyano pe kuki abarundi barebera ababyeyi babo bakubitwa kugeza kariya kageni koko?
19 Ruhuhuma 2014, 13:20, par Kiribwanibanga Jérome
Murihenda. Abo bantu nta n´umwe yakubisye. Bavyita inkina mico. Muribuka umugore yahora ari ministre w’umufordebu yarabitse ngo yapfuye, mugenzi we aje kumuraba agira ngo réellement baje kumukubita, aca aravuduka ariruka . Twaciya tubona ico bita s’attirer la sympathie des médias
4 Ntwarante 2014, 13:20, par Carthage
Igiti kirarisha. Manifestation non autorisée, al démonstration de la brutalité de la police anti émeute
25 Ruheshi 2014, 18:18, par kageruka jean
birababaje kubona umuntu akubitwa akakageni