Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM ?

Yanditswe na Bill Nkurunziza
Kuya 1er mai 2015 saa 01:22
Yasomwe : 27792
0 0

Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM, ugashobora kuronka INTERNET ?
Ibi ni ukuri kwuzuye, nimba ufise terefone ya NOKIA iyo ariyo yose, ushobora kwifashisha Soft(application) yitwa NOKIA PC SUITE ukayikoresha nka Modem, ndetse si ibi gusa kuko hari n’ibindi iyo application yogufasha.
Nimba inyabwonko yawe ifise bluetooth, ukagira n’iterefone ifise bluetooth vyose ni akarusho kuko ubikora vyoroshe cane. Ico ukora wewe ushaka iyo application, ukayironderera mu (...)

Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM, ugashobora kuronka INTERNET ?

Ibi ni ukuri kwuzuye, nimba ufise terefone ya NOKIA iyo ariyo yose, ushobora kwifashisha Soft(application) yitwa NOKIA PC SUITE ukayikoresha nka Modem, ndetse si ibi gusa kuko hari n’ibindi iyo application yogufasha.

Nimba inyabwonko yawe ifise bluetooth, ukagira n’iterefone ifise bluetooth vyose ni akarusho kuko ubikora vyoroshe cane. Ico ukora wewe ushaka iyo application, ukayironderera mu nyabwonko yawe (telechargeant), hanyuma ukabona ahanditse connect, ugafyonda bluetooth, hanyuma ukibonera modem bitakugoye.

Ku bafise terefone na laptop ( inyabwnko) bifise bluetooth, mwokoresha bluetooth ariko bitayifise mwocomekako umugozi wa wabigenewe ku nyabwonko yawe, mugaheza mukaronka ubwo buhinga.


Kumenyekanisha

1
Nsavyimana emmanuel 3-07-2015 à 17:08

mbeganone whatsappe yugawekubera nayoyagumutse ?canke ?atarukononebayihoyiki ?

2
Davido Déo Kayza 11-06-2015 à 21:00

Nne Iyo Uriko U Connecte Vyokund Ko Ureba Vidéo Kwizi Fone ?Za Itel

3
renovat 9-06-2015 à 07:08

kubafis itel nabo ? ntibikunda ?

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha