Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwanda rwasavye insiguro ku rupfu rwa Jacques BIHOZAGARA
Urwanda rwasavye insiguro ku rupfu rwa Jacques BIHOZAGARA
jeudi 31 Ntwarante 2016, par
Reta y’Urwanda isaba Uburundi gutanga insiguro zumvikana ku vyoba vyinyegeje inyuma y’urupfu rwa Jacques Bihozagara yahoze ari umushikiranganji mu Rwanda ajejwe gutahukana impunzi, aba n’uwuserukira Urwanda mu Bubirigi hamwe no mu Bufaransa, akaba yapfiriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuri uwu wa gatatu,.
Eugene Ngoga, umuyobozi ajejwe Afrika mu bushikiranganji bw’Urwanda bujejwe imigenderanire n’ayandi makungu yamenyesheje ko Jacques Bihozagara ashizwe muri bamwe mu Banyarwanda biciwe mu Burundi mu buryo bubabaje.
- Jacques Bihozagara
Nk’uko tubikesha bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu Rwanda, Eugene Ngoga yagize ati : « Minisiteri y’Ububanyi n’Amahanga n’Ubutwererane y’u Rwanda irifuza ko abayobozi b’u Burundi batanga ibisobanuro bifatika ku migendekere y’urupfu rwa Bihozagara Jacques n’impamvu zatumye afungwa kuva mu Kuboza umwaka ushize.»
Jacques Bihozagara yafashwe kw’igenekerezo rya 4 Kigarama 2015, yagirizwa ko ari mu Burundi nk’umusumyi w’urusaku, akorera igendereza ry’Urwanda. Yabanje gupfungirwa mw’igendereza ry’Uburundi, mu nyuma atwarwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho yapfiriye kuri uwu wa gatatu mu buryo bwatangaje abo bari bapfunganwe.
IGIHE
Messages
31 Ntwarante 2016, 23:27, par st
Nkuko urwanda rwihuse kumenya icishe uyo muntu wabo
Natwe turasaba vyihuta reta yurwanda itubwire mumuco uko umukuruwigihugu cacu NTARYAMIRA CYPRIEN nabo vyarikumwe biciwe murwanda,
1er Ndamukiza 2016, 05:14, par tari
Ivyontibisa none urwanda niba rwihuse kubaza abantu barwo muriko muragandagura birumvikana nikimenyetso cuko rwitayeko abanyagihugu barwo none namwe mumyaka 10 mumaze mwabujijwe Niki kurubaza uwo ntaryamira ivyovyose ntakindi kiriko kirabibatera Atari ubukunzi bwinda bwogushaka kwigumiza kubutegetsi mubanje kucanishamwo abene gihugu nababanyi ariko surukundo mufitiye uwo ntaryamira muvuga
1er Ndamukiza 2016, 05:51, par Anzakazi
Banyagwanda Muratangaje Jacqes Bihozagara Imbonerakure Twamugize Nkukotugira Abandi Gusa Twabichize Muri Sisitmet
1er Ndamukiza 2016, 06:22, par bizimana
nkuko bashaka insiguro natwe badusigurire icishe oscal ndayiziga,yahora ari buramatari wa muranvya.
1er Ndamukiza 2016, 06:56, par cyriaque
None mwarihoye? Ubu uwo Ntaryamira amaze imyaka irenga 20 ubu niho wobibaza? abarundi ni babi kweli kandi bica nk’ibigugu. nta muntu yica umuntu ari mu minwe yiwe, bose babizi ko ariwe amufise. none nkuwo mutama azize iki? uyu si umuvumo kweli. ikimbabaje nuko muhumanya uburundi n’abzrundi.
1er Ndamukiza 2016, 07:17, par Mtiren
Ahubwo Nibanyartse Iryotohoza Murashobora Canke Numunwa Gusa Nkake Ra Kagame Yabayi Shikiye Kubitohoza None Ishaje Nibagwe Kagame?
1er Ndamukiza 2016, 07:40, par Moto
Urwanda Nirwihangane Iyo Utereye Ibuye Hejuru Yawe, Ricarikugwa Mumutwe,amaraso Ya Ntaryamira Aracabanigaguye.None Ntimworeka Uburundi Nabarundi Ga mwa Banyarwanda! Yariyagemuriye Abarundi Amasaka?
1er Ndamukiza 2016, 08:09, par [email protected]
Ubu se niho uyu ngoga acibuka kubaza ivyo yari afungiye kuko apfuye?!!! Amezi ane ashize afunze ko batabajije ico afungiye ubusobanuro nabubaze umuryango we wanzeko uburundi bupima icamwishe hanyuma amenyeko yishwe nabanzeko amena amabanga yabo yibyo azi bakoze. Wewe ngoga wikwishima hejuru yuwihitiye reka yigire naza kuko Ejo ni wewe
1er Ndamukiza 2016, 08:18, par kamaro
oya ntabindi uryamutama yararwaye diyabeti hamwe nuMUTIMA , none ubwobundi busobanuro abanyarwanda bashaka nubuhe? reta yuburundi nayo nikore ibipimo kugirango abanyarwanda ntibazebivugishe ubusa ngo bamwishe kandi yazize ibirwara vyiwe, nziko bamenyereye gukamisha ibiziga IMIRAMBO.......
1er Ndamukiza 2016, 08:31, par turaje
ntaryamira yishwe nabo nyine mucumbikiye ngo ninterahamwe urumva kd ntiwiriranye ibintu urumva turasaba ibisobanuro kuri jacque bihozagara kandi vuba ntidushaka kusakuza namwe mwabicanyimwe politic yananiye cg tubereke mwamihirimbiri MWe urumva ngo karavuga ntaryamira iyo ava harusha agataha indenge ya Burundi air ntiyajyanye bikomagu wenyine akanga gutaha iwabo akajyana na habyarimana ngo bajye gupanga neza uko bazamara abatutsi warangiza ukavuga ,uracyari umwana uzabaze neza bazakubwira ibya naryamira
1er Ndamukiza 2016, 09:07, par eric
ufise 75years ukaba urwaye hybertension na diabetes ntivyoroshe mwibohero
1er Ndamukiza 2016, 09:21, par musavyimana tewojene.
urwandago ivyagoturabizi. rushakaktganbanira igihuguc’uburundi.
1er Ndamukiza 2016, 09:23, par musavyimana tewojene.
urwandago ivyagoturabizi. rushakaktganbanira igihuguc’uburundi.
1er Ndamukiza 2016, 09:32, par happy
ntaryamira yazize impanuka yasabye lift mugenziwe
1er Ndamukiza 2016, 10:16, par MUHUZA UMUHUTU AKOMEYE
nyaragasa mubanze mutwishure kurupfu rwantaryamira mwambwamwe nabado poro wugwanda atishwe ntituzodeburura
1er Ndamukiza 2016, 11:32, par che
Ntaryamira yishwe na Leta ya Habyarimana ivyo birazwi kandi vyarerekanwe n’amatohoza atandukanye, tureke kuvanga amasaka n’amasakaramento!
1er Ndamukiza 2016, 11:41, par bigabo
Abarundi muri ibipfayongo NTARYAMIRA wanyu yazize ubuginga bwe ! namwe mwigeze mubona Perezida usaba Lift ?
1er Ndamukiza 2016, 11:46, par nzoza junus
ubonye ivyo mwandika ngaha abarundi mwaravumwe, amahoro yanyu ari kure nkukwezipe!!!!
1er Ndamukiza 2016, 12:14, par Sahubu
Barundi n’amwe banyarwanda ntimupfe Ubusa, kano karere ki biyaga bigari kazoruhuka aruko Kagame na Nkurunziza batakiri abakuru bibihugu.
Nimwihagane kuko ari Kagame , canke Nkurunziza bose na Bicanyi.
1er Ndamukiza 2016, 12:20, par jean
muzovyishura ku neza canke ku nabi.naho ntaryamira yazize lift yari yasavye havyarimana kandi bishwe n’izo nterahamwe mubitse.
1er Ndamukiza 2016, 13:04, par imbwaziragwira
Nonose umuntu mwaramukenesheje muramutwoherereza ngo tumwice sibyo mwashaka
1er Ndamukiza 2016, 13:10, par Manirakiza clément
Imana Imwakire
1er Ndamukiza 2016, 13:44, par nkdn
mbega inkotanyi nakagome mwabaye gute mwiyumvira k o muzoturira inzu yumuturanyi ntimubabuke nabado ntaco murabona ko mwameyeye kudandaza ibiziga muratanguye kubibona nibindi mutavuye inyuma yabarundi muzobibona ese mubona duhurama ngo ntabwenge ejo ko oscal burumatari wacu yahunze mukaba mwamuteye urwamazi ngo nuko yari umu dd mwibwira ko tutabimenye ko ntaco twavuze uyo apfuye hageze none muriko muvuzinduru abarundi bamaze gupfa bazira urwanda ni sinzi ahibw ko mufise imigambi yo kuza mugiye kubona ibindi biziga mudandaza ntimuzoguma mutumara ngo turoreze namakungu avyumve tuguma dusemerera yica matwi aho ifurufumba izotumira ntibazovuge mugabo mushaka ibiziga mudaza mumanika mumazu ngo bikunde mugume kubutegetsi urugamba rwiburundi rurwanwa nu HORAHO nabazungu babwishiramwo bamaze guterwa IMANA iyo cabona cabarundi ntirenganya irazi abatanguye
1er Ndamukiza 2016, 13:55, par Nkundurwanda
Naryamira mwirirwa mwishyuza koyazize lift se agirango aganire na mukuruwe ariko umugore we bamuhaye ibisigazwe bye yabashije kumenya birimo ubwambure bwe natwe turashaka umuntu wacu sidusaba tura tegeka mwa ngegeramwe
1er Ndamukiza 2016, 14:20, par Nobuf
Imana Imwakire Suwambwere Apfuye Kandi Suwanyuma Umuperezida Yarapfuye Pore
1er Ndamukiza 2016, 15:20, par RUSHEMA
IKIMBABAZA
1er Ndamukiza 2016, 15:30, par RUSHEMA
IKIMBABAZA NUKUNTU H.E P KAGAME ATATWEMERERA NGO TWAMBUKE IMINSI IBILI DUKUBITE BALIYA BASHENZI TUBAHE ISOMO. BWILIRWA BUBWEJAGURA NUBUGAMBO BWUBUGORYI. SHA SHA SHA AMAHEREZO MURAZA KUCYIBONA . NIBA ALI UMULIRO WI NKOTANYI MUSHAKA MURAWUBONA KUKO AHO BIGEZE NICYO GIKENEWE. GUTURANA NIBWA SI MISEGA UMUTI NUKUZIMENA IMITWE.
1er Ndamukiza 2016, 20:21, par Augustin niyonkuru
Ndatangazwa n’umuntu avugako yokwambuka umupaka,nibayarihimvye azoz!Kdi jeacque kuba yapfuy ntakundi,uwobizobabaza akitwaranabi naw azopfa!Uburundi nigihugu gifise ingabo zishits ubugabo!Imana yabuduhay ibudutungire.
1er Ndamukiza 2016, 21:49, par KAJEKURYA
NONEKO MUKOMEYE NIMUZE TUBAMESE MWABWAMWE ZABANYARWANDA NIHABA MUTARATUMENYA MURUNVA IZOBWA ZIMISHEZI NUKONYENE NKURUNZIZA YIHANYE NAHO UBUNDITWOBAMESUYE NTIMWIBAZEGO TURI INTERAHAMWETWEHO!!
1er Ndamukiza 2016, 21:52, par Billgate
Mwabarundi mwe! Mugihe mugifite imyumvire nkiyo ishaje,Iboze,isenya,y’ivangura...bizabagora pe! Nonese ko mwibasira Urwanda ibyabaye byose kuva kera murabyirangagije nurwanda rwabikoraga?
Nonese ko mutemera urupfu rwuwo musaza,ubundi bwo yarafungiwe iki?
Nonese kwica abantu bari mugereza nibwo butwari?
Reka mbagire inama rero,niba murabagabo nimuzake mugire icyo mukora naho amagambo twebwe ntituyemera.Nisi yose irabizi.Karibu!
1er Ndamukiza 2016, 22:04, par Billgate
Mwabarundi mwe! Mugihe mugifite imyumvire nkiyo ishaje,Iboze,isenya,y’ivangura...bizabagora pe! Nonese ko mwibasira Urwanda ibyabaye byose kuva kera murabyirangagije nurwanda rwabikoraga?
Nonese ko mutemera urupfu rwuwo musaza,ubundi bwo yarafungiwe iki?
Nonese kwica abantu bari mugereza nibwo butwari?
Reka mbagire inama rero,niba murabagabo nimuzake mugire icyo mukora naho amagambo twebwe ntituyemera.Nisi yose irabizi.Karibu!
1er Ndamukiza 2016, 22:07, par NTUBAZ
BIRABASHA MURIBESHA MUZE TUBEREKA ICOMUTARABONA WABWAMWE ZABANYARU
1er Ndamukiza 2016, 22:09, par Vera
Rushema uvugishije ukuri nda guhaye iku boko ivyo ni vyo kabisa worora imbwa utazi kubita zi ka vyara imisega
1er Ndamukiza 2016, 22:55, par nzomuhintore jaen baptist
nibazakoyoba yararwaye rekaturindiribipimo vyabaganga
1er Ndamukiza 2016, 23:57, par Nakabahinga
Haaaah?Rer Muriko Murihora?Imana Ubwayo Mukurem Umunt Yaritonz.Mbeg Mukwica Baritonda?Umunt Wes Yica Umunt Azo Pfa Nkagahini.Ivya Ntaryamir Urabz?
2 Ndamukiza 2016, 00:01, par K
At Rushema, ibwazimisega?
Urarivuze.
Mukorumbone
Na
Rukaraba
Urabashira
Kumunzane
Ndaziko
Umunzane
Nzokubwira
Ibirovyimbwa
Yumusenga
Uwubifuse.
2 Ndamukiza 2016, 01:17, par Sherif
Hewe wiyise Rushema, nta Kagame ashobora kunesha Uburundi, Abasoda baba RDF yarugitse mu Burundi bose Nkurunziza yarabishe hasigaye wewe none urihenda uje gusotora Abarundi bazoca bagutahana ikiziga i Rwanda.
2 Ndamukiza 2016, 03:03, par onexy iteriteka
Niba urwanda rutazi uburundi, izo mpinja zarutse 2016 zitazi kahise kazo, zizabaze abakura mbere bazo bazi amabwa baboneye I Congo NGO bagiye kurwanya ABA DD. MWIBAZA ko ABO ba DD ubu baroye he? uwutazi umuti awitumako. murazopima muze tubahire umuti.
2 Ndamukiza 2016, 08:17, par TAHURA
oya ntabindi uryamutama yararwaye
diyabeti hamwe nuMUTIMA , none
ubwobundi busobanuro
abanyarwanda bashaka nubuhe ?
reta yuburundi nayo nikore ibipimo
kugirango abanyarwanda
ntibazebivugishe ubusa ngo
bamwishe kandi yazize ibirwara
vyiwe, nziko bamenyereye gukamisha
ibiziga IMIRAMBO.......
3 Ndamukiza 2016, 08:46, par turaje
ntabisobanuro byubu wapi kabisa, reka mbanze u Rwanda ruzi neza ko uburundi bumaze kwica abayobozi benshi biwabo nka Adolphe, bikomagu,Darius , nabandi benshi , murabona Nihozagara Jacques bari kumureka? twakoze amakosa kuva tumaze kumva ko bihozagara afunzwe kuva 04/12/2015 kuko ntacyo twakoze cg tubaze impamvu yifungwa rya bihozagara tugire ubushake cg tubabazwe numuntu Wacu ufungiwe I Burundi nkuko twamye tubigenza kubandi babaga bafunzwe , twicecekere uwapfuye yapfuye amakosa yakozwe kuva mberehose ahubwo turebe ibiri imbere kugirango ibyabaye kuri bihozagara bitazasubira ukuwundi munyarwanda wese ,murakoze.
3 Ndamukiza 2016, 08:47, par turaje
ntabisobanuro byubu wapi kabisa, reka mbanze u Rwanda ruzi neza ko uburundi bumaze kwica abayobozi benshi biwabo nka Adolphe, bikomagu,Darius , nabandi benshi , murabona Nihozagara Jacques bari kumureka? twakoze amakosa kuva tumaze kumva ko bihozagara afunzwe kuva 04/12/2015 kuko ntacyo twakoze cg tubaze impamvu yifungwa rya bihozagara tugire ubushake cg tubabazwe numuntu Wacu ufungiwe I Burundi nkuko twamye tubigenza kubandi babaga bafunzwe , twicecekere uwapfuye yapfuye amakosa yakozwe kuva mberehose ahubwo turebe ibiri imbere kugirango ibyabaye kuri bihozagara bitazasubira ukuwundi munyarwanda wese ,murakoze.
3 Ndamukiza 2016, 09:51, par MZARENDO
YAFUYE NKIKO ABANDI BAFA NTAYINDI NSIGURO.
6 Ndamukiza 2016, 08:23, par Cyrille
Bari bakwiye gutanga insiguro zikwiye kwiyichwa rya Ntaryamira.Bihozagara aruta ntaryamira?Ibibazo babaza kuri Bihozagara boba baravyishuye kuwahoze ari prezida w’Uburundi Ntaryamira?
6 Ndamukiza 2016, 09:58, par rukanika
Ariko mbaze ubu hari umurundi ugira ubwenge?? reba ukuntu 80% ya batanga ibitekerezo ukuntu batukana! sinzi uko mwita ikinyabupfura ariko muragikwiye pe mumeze nkabantu baba mwishyamba ntimuzi naho isi igeze murebe muri Afrika yonyine aho muri iterambere? ubuvuzi? amashuri? umutekano? imirire? isuku yanyu iri kumashyi? usanga abantu barwaye amavunja yenda kubamara, imyenda yuzuye ico. Mbese mwebwe mukwiye amasengesho atarayo yankuruziza usenga akenye umuhoro wokwica abana na basaza.
Murababaje cyane jye ibiba iwanyu aho rwose simbibifuriza Rugira akwiye kubahumura akabakuraho igihu mumaso Abafransa nababiligi babashyizeho
7 Ndamukiza 2016, 16:27, par Kayigi Jean
Abarundi ni ibigoryi gusa gusaaaaaaa! Uwabaroze ntiyakarabye! Harya mu ngabo za LONI mugira ba Force Commanders bangahe? Twebwe iwacu bamaze kugwira. 1. Darfur- General KAMANZI MUSHYO
2. KAZURA JEAN BOSCO yayoboye abasoda ba MINUSMA
3. MUNYAMBO BRUCE- Akuriye Police ya UN muri Sud Soudan
4. NSHIMIYIMANA JMV- Akuriye Police ya UN muri Cote d’ivoire. None mwa mbwebwe mwe nimwe mutwigereranya ko? Tuzabakosora umunsi umwe mwa misega mwe!
7 Ndamukiza 2016, 20:22, par niyonkuru emery
twashaka kubabaza!ati none yishwe ningwara canke yishwe nibindi?
7 Ndamukiza 2016, 21:20, par Bakosore
Banya Rwanda tubasavyeko mwokwitonda.Tukabananeza murazikomwadusotoyekuvakera.Tukabihanganira ubunimutikosora tuzoberekingene.Ibwayambikwinzogera,n’imba mutatuzi?Murabaza Abomuri Somarie.Cankebamwemwarungikango Bazekudutera umutitwabavugutiye?Mwitonderero Abarundi turimaso.