USA : Abantu &à barishwe barashwe muri kaminuza

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 2 octobre 2015 saa 09:02
Yasomwe : 37233
0 0

Abantu cumi nibo bishwe barashwe n’umuntu mu nyubakwa za kaminuza Umpqua Community College, mu gisagara ca Oregon mu Burengero bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
Ico gitero cabaye igihe c’isaha imwe n’iminota 40 y’ijoro mu masaha yo mu Burundi.Umusore w’imyaka 26 niwe yinjiye mu kigo ca kaminuza afise ibkoho aca arasa mu bantu,10 batera bapfa abandi barakomereka.
Inyuma yo kurasana n’igipolisi,uwo musore nawe yaciye yicwa n’igipolisi.Gushika ubu igipolisi kimenyesa ko abantu indwi aribo (...)

Abantu cumi nibo bishwe barashwe n’umuntu mu nyubakwa za kaminuza Umpqua Community College, mu gisagara ca Oregon mu Burengero bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Ico gitero cabaye igihe c’isaha imwe n’iminota 40 y’ijoro mu masaha yo mu Burundi.Umusore w’imyaka 26 niwe yinjiye mu kigo ca kaminuza afise ibkoho aca arasa mu bantu,10 batera bapfa abandi barakomereka.

Inyuma yo kurasana n’igipolisi,uwo musore nawe yaciye yicwa n’igipolisi.Gushika ubu igipolisi kimenyesa ko abantu indwi aribo bakomeretse.

Umukuru w’igihugu Barack Obama yamaze gusaba abajejwe amategeko gusubira kwiga itegeko rijanye no gutunga ibirwanisho.


Kumenyekanisha

1
Ernest 3-10-2015 à 19:57

Yoo Baziriki ! Birababaje

2
None ? 3-10-2015 à 16:00

Reta ya US irakwiye gutanguza ibiganiro nabobarasa.

3
Scott 3-10-2015 à 07:55

Ndugu zangu tunafika mwisho wa dunia panabaki kila mtu kutubu zambi zake sinon mambo atakuwa mabaya kwetu.

4
inkona 2-10-2015 à 17:52

aho nibaza ko atari abarundi babishe.umutekano ni akananiravbahinga.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha