USA : Debbie Wasserman Arongoye Umugambwe W’aba Demokrate Yatanze Imihoho

Yanditswe na IGIHE
Kuya 26 juillet 2016 saa 12:21
Yasomwe : 12060
0 0

Umukuru w’umugambwe w’aba Demokrate yatanze imihoho kur’uyu w’Imana, imbere y’uko ikoraniro kaminuza ry’uwo mugambwe rigamije kwemeza Hillay Clinton ngo awuserukire mu matora y’uyu mwaka w’2016 ritangura.
Debbie Wasserman Schultz, atanze imihoho mugihe hagaragariye ubutumwa ibihumbi 20 bw’indongozi z’uwo mugambwe bwaciye muri email mu mwaka n’igice biheze bwerekana ko bahengamiye kuri Hillary Clinton.
Sanders yari yasavye k’uwo mukenyezi Wasserman Schultz atanga imihoho.
Ahejeje gutanga imihoho, (...)

Ahejeje gutanga imihoho, Sanders yatangaje ko Debbie yafashe ingingo nziza kuri kazoza k’uwo mugambwe.

Kumenyekanisha

1
Muyahudi 26-07-2016 à 15:11

Abazungu Muciyubwenge Mubony Ibitabashimisha Mwihuta Gutanga Imihoho ! Atarino Muri Africa Twiyumiza Kubutegetsi

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha