Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA imenyesha koyababajwe n’urupfu rwa Gen Adolphe Nshimirimana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > USA imenyesha koyababajwe n’urupfu rwa Gen Adolphe Nshimirimana

USA imenyesha koyababajwe n’urupfu rwa Gen Adolphe Nshimirimana

lundi 3 Myandagaro 2015

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zababajwe n’ubwicanyi bwahitanye Gen Adolphe Nshimirimana,mu gitero cabaye ku modoka yiwe mu gatondo ko kuw’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro.

Mw’itangazo rya Reta Zunze Ubumwe za Amerika,ihamagarira abegwa bose n’ikibazo kiri mu Burundi,kutabandanya gukora amabi,kuguma batekanye kandi bakigumya inyuma y’ico gitero.Abahamagarira kurwiza inguvu kugira basubire mu biganiro vya politike vyitabwe na bose.

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zisaba ko agateka ka zina muntu kobandanya kubahirizwa,hakaba umwidegemvyo,abegwa bose n’ikibazo c’Uburundi bagakorera hamwe mu ntumbero yo gushika ku mwumvikano ushikana ku mahoro y’Uburundi.

Mwomenya ko Gen Adolphe Nshimirimana yahora ajejwe ingendo z’umukuru w’igihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Nibareke Kudutamba Kumuvyimba Ibikorwa Vyabo Turabizi Turazi Abishigikiye Niku Samanta Pawa Twumve Yatekeye Barungike Uwundi Twebwe Turatekanye Naha Badutega Imitego

  • Urupfu Rwuwo Goriati Ryarirukwiye Kuko Siwe Murundi Amfuyu Nabandi Bazabapfa Suko Uwo Yarumweranda Gusumba Abandi Niyasanga Ntabariyo Agaruke Komutibuka Ababikira Kopresid Atavuze Uwo Niwe Yabonye Kayaruwasumba Abapfuy

  • RETA ZUNZE UBUMWE AHUBWO NIFASHE KUGIRA ABADOROFO BOSE BAGIRWE BARTYO!PETER YABABAYE? ICIGWA N’UKO IMANA ZABA DD ZIPFA KUKO IYARI NKA NKURU MURIZO YAPHUYE.NB:NDABINGINZE NTIMUSUBIRE KUVUGA NGO YITAVY.

  • wewe wiyise%uri ikijuju mbe kohapfuye adolpho hapfuye ba adolpho?abishe ntibavurwa ariko harico mwihendako mbe igihe hapfa majoro ngurube ariwe yari umukuru wumuhari ugira cndd fdd waciye usenyuka ntiwabandanije?mwishime buhoro.

  • emma
    amerika ngaho ntacuvuze uriko udukindaga gusa ivyabaye vyose nawe ubifisemwo uruhara bivanye nivyo wagiye urashikiriza ariko ntaco imana ningabo.

  • UWO MUGABO YABABAJE NTAWE MUZI.YARI UMWICANYI MUBI.NIWE MU BURUNDI BUZIMA YARAFISE AGASHO N’ITONGO RY’ABAPFUYE IWE HAMWE N’INGONA IFUNGURA ABO YISHE AHO BITA IWABO W’ABANTU.NIWE YARASIBIJE IGIHUGU.AHUBWO N’ATEMBE HARI HAGEZE ABO YISHE BARAMAZE.GUSA SINZI KO YOBA YAPFUYE YIGAYE IBICUMURO KUKO SHETANI NTISHOBORA KUMWAKIRA N’AHO YAYIKOREYE.ICO MBONA YARAYIKOREYE ARENZA URUGERO.NAMWE KURA URUJAMBOJAMBO KUKO MWEBWE MUNEZEREZWA N’URUPFU RW’AMAMILIYONI Y’ABANTU MUKABABAZWA N’URUPFU RW’UMWICANYI.BENEWACU MUBEHO.

  • Hapfuye Adolphe Ntihapfuye Ba Adolphe Abatutsi Hasigaye Igihe Gito Muaherengetezwa

  • bade bahora bigira ibimana ubu bigiye guhinduka ahubwo uwadukijije uwomugesera jew uwomunyere ka nuko gusa nobura icondamuhemba kimwegusa imana izomuhemba na pfe yarabikwiriye pe!! imana imwakire imushire mumuriro utazohera hama abafise agatima nkako kokwica baragapfa bose ahubwo dukeneye kumva abandi nkabo kumbure abo ba dede ni mbonerakure ahobari bokwikubita agashi bakareka kwigira ibisigo uwamwishe nakomere kumuheto arazi kuge pe!! p6.

  • Jentaciza Niteze Mu bazungu bo baradusamaza abacubahone. Murarabeneza Babandi ??Ikibwigwa n’icumva nayo icerekwa n’ikibona ntimwibagire ahotwavuye.

  • jewe ubu ndemeye ko abantu bose bashobora gupfa.erega yotumaze atopfuye.kandi mu burundi hazoteba habe ihinduka.

  • None komuvuze komwababajwe nurupfu rwumuhisi Adolph mukacamugerekaho ivyibiganiro mwobamushatse kuvuga ibiganiro vya reta nabobishe Gen. Adolph? Zomuradufasha mudufoborera kukotubamenye abamwishe vyobavyiza.

  • Nivyiza mwabbajw nurwo rupfu.agatima ariko!

  • we amerika abarundi ubahisha kubanka bakaguhisha ko babizi. ko washigikiy coup d etat bikanka ako gatima keza kuri dorofo ukarons ubu Apfuy? ibikorwa nihangiro vyaw turabiz. Tuzokwigwanako, Putine Naw Afash Ivyashoboy.

  • J W Ndababajw Nabarundi Bashaka Kuguma Muntambara J W Iconsaba Bagabany Akajagari Tubeho Tutunvango Hari Amaraso Ariko Araseseka Kuko Abantu Sibitugwa Baguma Barica Birababaj Can Gos Kunva Kiremwa Muntu Ngoyagandaguw Nka Mutama Claver Bamuhora Iki?Kuki Mufis Ubugome Bukabij Aho Ntasoni Pe.

  • J W Ndababajw Nabarundi Bashaka Kuguma Muntambara J W Iconsaba Bagabany Akajagari Tubeho Tutunvango Hari Amaraso Ariko Araseseka Kuko Abantu Sibitugwa Baguma Barica Birababaj Can Gos Kunva Kiremwa Muntu Ngoyagandaguw Nka Mutama Claver Bamuhora Iki?Kuki Mufis Ubugome Bukabij Aho Ntasoni Pe.

  • IMBONERAKURE ZOMUBITARE ZIRATUREMBEJE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.