IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Tennis > Wimbledon: Rafael Nadal yatsinzwe urukino rugitangura

Wimbledon: Rafael Nadal yatsinzwe urukino rugitangura

mardi 25 Ruheshi 2013

Rafael Nadal afise ibikombe 12 vy’amarushanwa akomeye. Mw’ihiganwa ry’inkino za Tennis rya Wimbledon ribera mu Bwongereza.

Raphael Nadal yatahanye igikombe ca Wimbledon incuro zibiri, yatsinzwe mu ntango mu mikino yugurura iryo higanwa. Uwo mukinyi ava mu gihugu ca Espagne yatsinzwe na Steve Darcis wo mu Bubirigi ku maseti (7-6, 7-6, 6-4).

Rafael Nadal yatsindiye ibikombe 12 mu mahiganwa akomeye ya tennis. Yaheruka no gutsinda ihiganwa rya French Open ribera mu Bufaransa mu ntango z’uku kwezi.
Iyi n’incuro ya mbere atsindwa mu nkino zugurura ayo mahiganwa.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.