Bamwe mu bakuru b’imigambwe hamwe n’abanyeporitike bitavye inama yabahuje kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 3 Myandagaro mu ntara ya Kanyanza, bagarutse k’urupapuro rw’inzira rwo mu mwaka wa 2015 abandi nabo basaba ko amatora yo mu mwaka wa 2020 yotangurwa no gutora umukuru w’igihugu.
Accueil > Poritike
Poritike
-
Abitavye inama y’abanyeporitike mu Kayanza bashikiirije iki?
4 August 2018, by vianney -
Abanyeporitike b’Uburundi bari mu nama ibahuza mu kayanza
3 August 2018, by vianneyAbanyeporitike hamwe n’abakuru b’imigambwe barahura mu nama kuruno wa gatanu igenekerezo rya 3 Myandagaro uyu mwaka wa 2018 mu ntara ya Kayanza,mu nama itegura urupapuro rw’inzira rw’amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020.
-
Umugambwe APDR usaba ko ibwirizwa nshingiro rishasha ryoshirwa mu ngiro
18 June 2018, by vianneyUmugambwe APDR-Uranani rw’amahoro no gusubiza hamwe usaba ko ibwirizwa nshingiro rishasha riheruka gutorwa kw’igenekerezo rya 17 Rusama 2018,ryoshirwa mu ngiro nk’uko bitegekanijwe mu ngingo zaryo z’i 123,130,288 hamwe n’ingingo ya 292.
-
Ifoto y’umunsi
19 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.Umunsi ugira kabiri w’umwiherero w’abagize Reta y’Uburundi : Ibikorwa birongowe na Petero NKURUNZIZA biri mu mwiherero ku kirimba c’umukuru w’igihugu i Gitega
-
Léonce NGENDAKUMANA: Si umwanya mwiza wo guhindura ibwirizwa shingiro ry’uburundi (Video)
15 Ntwarante 2017, par Jean de Dieu M.Source: Tele renaissance
-
Domitien NDAYIZEYE arahanura abakuru b’ibihugu bamwe bamwe badashaka kurekura ubutegetsi
25 Nzero 2017, par Jean de Dieu M.SC: Tele renaissance
-
Ifoto y’umunsi
25 Nzero 2017, par Jean de Dieu M. -
Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa
29 Munyonyo 2016, par Jean De DieuWilly NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.
Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka (...) -
Ifoto y’umunsi
27 Gitugutu 2016, par Jean De Dieu -
Ifoto y’umunsi
13 Gitugutu 2016, par Jean De Dieu@LanryS