Umukuru wa Fondation FEMIDEJABAT, Tabu Abdallah MANIRAKIZA aheruka gusozera urugendo rwiwe mu Burundi, aho ari nawe yari yatanguje ku mugaragaro ibikorwa vy’iyo Fondation FEMIDEJABAT ku rwego rw’igihugu, ariko NSENGIYUMVA MINANI Félicien , Umuririmvyi akaba ari nawe aserukira imbere y’amategeko Fondation FEMIDEJABAT,atashoboye kwishikira muri ico gikorwa catunganijwe.
Accueil > We n’ibikorwa vyiwe
We n’ibikorwa vyiwe
-
Ibishasha ni ibihe muri Fondation FEMIDEJABAT ?
1 August 2018, by vianney -
’’Ntituje turi agakura, tuje gufashanya guterana intege’’
15 juin 2018Umurwi NAYOTH RAMA VOICE NARAV BAND umenyesha ko bikenewe ko abaririmba indirimbo zihayagiza Imana baja hamwe bakavugana igikwiye gukorwa kugira nabo bashobore kubeshwaho n’umuziki nk’uko biri mu baririmba izindi ndirimbo. VYUNAME Michel arongoye uwo murwi, avuga ko naho uwo murwi atari mushasha, kandi ko baje gufashanya guterana intege.
-
Inzoga y’umurundi John Chris yahawe agashimwe muri World Selection 2018 of Beers, Waters and Soft Drinks
25 mai 2018Ikinyobwa cakozwe n’umurundi John Chris cahawe agashimwe kitiriwe « WORLD GOLD AWARD 2018 », mu gisata c’ibinyobwa vyiharije, n’umurwi w’abahinga mpuzamakungu 70, mu birori bigira 57 mw’ihiganwa « World Selection 2018 of Beers, Waters and Soft Drinks ».
-
Ikigo ndangakaranga c’abafaransa cashize ahabona ibikorwa vy’ukwezi kwa Ruhuhuma na Myandagaro.
8 février 2018Ikigo ndangakaranga c’abafaransa (IFB) kirangura imirimo mu gisagara ca Bujumbura, kur’uyu wa kane igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2018 cashize ahabona ivyo kigiye kurangura mu mezi ya Ruhuhuma na Ntwarante.Ibiteramo bitandukanye nka Theatre, Ihayanishwa ry’ibicapo, igiteramo c’abaririmvyi, Slam, n’iyindi mirimo yari isanzwe irangurirwa mu kigo ca IFB, nivyo bizokorwa.
-
Miss Bernice asaba abafise ingabire kuzitaho
6 février 2018Miss Annie Bernice NIKUZE, yatowe nkùumurundikazi mwiza kandi aciye ubwenge mu mwaka wa 2017, asaba abakiri bato bafise impano zitandukanye kuzitaho, baziteze imbere.Ivyo yabishikirije ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2018, mu giteramo ciswe « Magic Acrobatik »,c’abahinga mu gukora ibigoye gutahura (Magie) bari mu murwi « Magic Guards »,hamwe n’abafise ubuhinga bw’ubunonotsi (acrobatie) bari mu murwi « Arc en Ciel ».
-
Mutore Alène, une étoile montante dans l’art burundais
15 janvier 2018Mutore Alène, jeune étudiante à l’université lumière de Bujumbura, est une artiste dessinatrice de Shaquart Company » qui est très en vogue ces derniers temps. Elle fait savoir que c’est grâce à son professeur d’art au Lycée Notre Dame de Rohero qui l’a faite découvrir son talent.
-
IKOH prepare des concerts pour illustrer le nouvel album du projet ’’U’ll Love Changes’’ VOLII
21 décembre 2017Dans une conférence de presse animée ce jeudi 21 decembre 2017 par le Directeur de Ikoh Multiservice Haruna IKORICIZA, en compagnie de Richard BATUNGWANAYO représentant du ministère de la jeunesse des sports et de la culture, et de Lyduine NINTUNZE représentant de l’Office Burundaise des Droits d’Auteurs (OBDA) , Haruna IKORICIZA a fait part des réalisations de Ikoh durant les 5ans d’existence.
-
Indirimbo z’abaririmvyi ba Ikoh zose zirakingiwe
21 décembre 2017Gukorana neza n’abaririmvyi, ubushikiranganji, ikigo OBDA hamwe n’abamenyeshamakuru ni vyo vyaranze Ikoh inyuma y’imyaka itanu eka no mu gice ca kabiri c’umugambi"U’ll Love changes Vol2".
-
Miss Ange Bernice INGABIRE yasohoye ururirimbo rwo gushigikira abagendana ubumuga
11 décembre 2017Ange Bernice Ingabire yabaye umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge gusumba abandi mu mwaka uheze wa 2016 yasohoye ururirimbo rwitwa tubashigikire, rwakozwe mu ntumbero yo gushigikira abagendana ubumuga.
-
Ginette KARIREKINYANA arahamagarira abarundi gufungura imfungurwa zidahinguwe
11 décembre 2017Mu giteramo citiriwe amagara « soirée santé » categuwe n’ikigo « karire products » kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Kigarama 2017 kuri ZION Beach, hatewe akamo ko gukoresha ibintu kama nk’infungurwa zidahinguwe,ibinyobwa, imiti, n’ibindi…