IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bob RUGURIKA yarungikiwe umutahe mpuzamakungu w’ukumuhagarika

Bob RUGURIKA yarungikiwe umutahe mpuzamakungu w’ukumuhagarika

jeudi 10 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yasohoye umutahe mpuzamakungu w’uguhagarika umumenyeshamakuru Bob RUGURIKA, umuyobozi w’insamirizi RPA.

Mw’itangazo Sylvestre NYANDWI umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yarungikiye umushikiranganji w’ubutungane, yasavye ko ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu bwoshikiriza igihugu ca Afrika y’Epfo umutahe w’uguhagarika, hamwe n’ukurungika mu Burundi umumenyeshamakuru BOB RUGURIKA, umuyobozi wa RPA (Radio Publique Africaine), imwe mu nsamirizi zigenga zaturiwe kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2015.

Ubutungane bw’Uburundi bugasaba ko Reta ya Afrika y’Epfo yorungika Bob RUGURIKA mu Burundi, agashikirizwa inzego z’ubutungane.


IGIHE

Messages

  • Ubunaho,yagirizw,iki?canke’mushaKakumukuRamwo’iZi’million??

  • nivyukuri,nibamucakire,abazwe.niyo,ubutunganebwamwe yidegemye.

  • Uwo numu teroliste umu Alquaida akwiy gufatwa agahanwa akishura ibibi yakorey abarundi kand twosaba aho abasimuja bose bar nuko bofatwa bagahanwa muzoba mukoz.

  • none ko biyamirije sentare mpuzamakungu none ntibabona ko bazoguma bayikenera

  • konumva mwesi muvuga ngo cakire,mwumvise yagirijwe iki?

  • ariko ivyomwishinga vyokubateshurubwa ntimwokorakazi kanyu eherabukuntu twebwe bene burundi inzarimu kutwica w go ba bob.nyabuna nimuturonderere ivyo ndupfungura gusa hanyuma mukore muteziber irigihugu mureke gushira mumada yanyu mugaca mutugiribigugu vyany umego ntabwenge ndupfise.mbe uyomutahe naho nuwibiki???mbegamad ariguteshubwok ubutungane uravye azobona pee

  • Nta leta nimwe kw’isi ishobora guha agaciro umutahe watanzwe na leta itemewe ,Egide Mwemero vyarangiye bite?

  • Nta leta nimwe kw’isi ishobora guha agaciro umutahe watanzwe na leta itemewe ,Egide Mwemero vyarangiye bite?

  • aho bob niwe ateye ingorane muri iki gihugu emwe na mwebe murungika iyi mitahe murisuzuguza hiiiiiii

  • Ha uburero Bob rugurika arabaraje ishinga vrt?banze mufate abanyuruje amahera imiliyaridi15 hama muyashire mukigega careta hanyuma mutunganirize umunyagihugu.bibananiye gutwara nimutange imihoho!mbega hoho ko mwikuye muri sentare mpuzamakungu ubu muyironderakwiki?

  • Hhhaahh mbega Leta?ngo imitahe?none ko mwikuye muri CPI muri mu maki?ujinga Mzigo kweli

  • Yemwe yemwe abarundi uwabaroze ntiyakaravye! none Bob Rugurika mumuhiga kwiki nimusubire mwishure muze kwiga ntavyo muzi vyubucamanza! kumbe mugomba mumugire ukomwagize abandi nunomusi tutarabona nirengero nyabo!. Iradiyo mwaraturiye none nuwarayirongoye mushaka guturira !!!!, amakungu muriko murataka rwabafatire abomuzakwica komwayikuyeko, muyarondera kwiki? ahubwo nari kwemera komuhambaye mugafata abobirirwa barica ngaha mugisagara, ntibagiye umukuru wabo nkurunziza petero. Namwe ivyo mwigira,ntimwibaze ngo muri Mana umusumwe muzobibazwa, nimba mugifisubuntu mwokwikebuka.

  • Narenguke mubutungane hama niyezwa aheze yere, atekane abarundi tuzoganzwa kugeza ryari no kwishimira ko ukora ikibi ukihungira hanze yigihugu ukiraramira hama ngo ntankwirikizi! nafatwe nyabuna bari batevye!!

  • MWAGOMYVE KWICA BOBO RUGURIKA IMANA IRAMUTABARA NONE MURASUBIRIYE KUMUHIGA? UWOMUHIGA IMANA IRAMUKUNDA .NGIRA MWARABIBONYE IGIHE YARIMWIBOHERO,ABARUNDI TWARI TUMURINYUMA TUMURIRIRA.UBU TUGIYE KUBWIRIMANA ,ABAGOMBA KUMUHUNGABANIRIZA UBUZIMA ,IMANA IBARIMBURE KUKO UWICISHA INKOTA AZICISHWA IYINDI.

  • MWAGOMYVE KWICA BOBO RUGURIKA IMANA IRAMUTABARA NONE MURASUBIRIYE KUMUHIGA? UWOMUHIGA IMANA IRAMUKUNDA .NGIRA MWARABIBONYE IGIHE YARIMWIBOHERO,ABARUNDI TWARI TUMURINYUMA TUMURIRIRA.UBU TUGIYE KUBWIRIMANA ,ABAGOMBA KUMUHUNGABANIRIZA UBUZIMA ,IMANA IBARIMBURE KUKO UWICISHA INKOTA AZICISHWA IYINDI.

  • MURAWUNWA NAHO URURA MWA BA DD MWE...HEH MUMARAMARIRA MU BAMENYESHAMAKURU BURI GIHE..E MAMA KANAKA EH MAMA KANAKA REKA ABAMENYESHA MAKURU KUBAMARAMARIRAKO NONE IYATABA NKA IGIHE TUBA TUMENYA AMAKURU....MWABURIWE MUZOPFA MWANGARA MWA BINWAMARASO MWA MBWEBWE DD..UWO NI NYARUTWE ARIKO ARAMARAMARA AKAMARAMARIRA MUMITAHE NYAGUHONGOKA BIRYA VYINYO IRYA NDAYA DD .....

  • Nivyo Muburundi Dukeney Abantu Bimvugakuri Nka Bobo Rugurika Akoreshirementanya Naradiyo Yiw Akwiy Gushikirizwa Ubutungan!T

  • Naho mutofatwe mwese mwahungiye hanze muhejeje gukora akabi,igikuru nuko namwe mwunvise ukuntu ubuhungiro bubabaza,nimwunve namwe ico abahutu twari twarabacuze kuva kera muri yamyaka murongine yose(40) mwaducura bufuni nabuhoro.banza mwunve basha,tuzobana nuwushaka kubana nabantu,apana abo banyakabi,abagesera baturira abantu izuba riva,ico mwibagiye nuko twese turemwe mwishusho y’Imana,harya mwononye urushengero gw’Umukama muguturira abantu binzira karengane.namwe muzohera nkifu y’imijira ,icambu cumutama araho ,ntavuze mwizina.

  • Wesha wiyita ngo Umwami wuzuye Ubugome bwinshi cyane. Ni utitonda buzo guhitana.

  • Egom nibamurungik ubutungane bukore

  • Ndamuhojeje Niyihangane Imana Izomuzigamira Aharihose

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.