IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 11 Ndamukiza 2017, par Jean de Dieu M.

JPEG - 59.1 ko
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yuguruye kuri uwu wa kabiri umwaka w’ishure mushasha w’2016-2017, mw’ishure Kaminuza ry’igisirikare

Messages

  • Baje gushigikira za mbonerakure baheruka kwinjiza zimwe zihinduye ubwoko zikigira abatutsi! ISCAM yari iyakera hacanditse ko : Nous souhaitons que soient ici ceux qui veulent et qui peuvent none raba Gatinyashengero aje kuraba Imbonerakure ziheruka kwinjizwa murivyo bigo kugire zizokore amabi atacamira!

  • Wakera, abatutsi wabarundi?
    Igikuru nuko bakubita umwasi wuburundi nabarundi nkuko babikoze : Cibitoke,Kayanza,nomugihe haterwa amakambi yagisirikare, none ga Wakera kiryagihe bahasha umwansi bakamwemeza wewe nimba urumurundi wiyemera ntiwabashimiye?
    Jewe abobana buburundi babahutu nabatutsi hamwe nabatwa naciye ndabakurira inkofero barakaramba, nayo cakimwenyi cumubiligi ngo ni Louis Michel, carumiwe urazi kocashaka kuduhekura nkukobaduhekuye bakaka ubuzima uwari Rudoviko Rwagasore umuganwa atari umugani.

  • Perezida Naramb Mugihugu.Ndamukunda Nuko Ngow Ariko Kumb Nanj Nzibukwa Un Jour.

  • Igisoda cari icakera abonimbonerakure nzankurunziza.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.