Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Umushikiranganji w’umutekano yitavye Imana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Umushikiranganji w’umutekano yitavye Imana

Kenya: Umushikiranganji w’umutekano yitavye Imana

samedi 8 Mukakaro 2017

Inkuru y’urupfu rwa Lt. Gen Joseph Nkaissery rwatangajwe na Reta y’igihugu ca Kenya,kuri uno wa gatandatu,igenekerez rya 8 Mukakaro 2017.

Naho hatavuzwe icatumye urupfu rwiwe,umukuru w’abasirikare Joseph Kinyua, yavuze ko bababajwe n’urupfu rwa Lt. Gen Joseph Nkaissery inyuma y’amasaha make agiye kwipimisha.

Umushikiranganji w’umutekano Lt. Gen Joseph Nkaissery yitavye Imana,iminsi mike imbere yuko amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa 8 aba.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.