Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria: James Ibori yahora apfungiwe mu Bwongereza yagirizwa ibiturire (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria: James Ibori yahora apfungiwe mu Bwongereza yagirizwa ibiturire (...)

Nigeria: James Ibori yahora apfungiwe mu Bwongereza yagirizwa ibiturire yatashe mu gihugu

samedi 4 Ruhuhuma 2017

James Ibori, umunyepolitike akomeye wo mu gihugu ca Nigeria yari apfungiwe mu gihugu c’Ubwongereza yagirizwa kunyuruza imiriyoni 80 z’amadolari y’abanyemerika, yatashe mu gihugu ca Nigeria.

James Ibori yarekuriwe ku murwa mukuru w’Ubwongereza , i London mu kwezi kwa cumi na kabiri kw’umwaka wa 2016, inyuma yo kumara imyaka irenga ine mu munyororo, ku myaka 13 yari yaciriwe.

Ipfungwa rya James Ibori yahoze ari buramatari w’intara ya Delta, ryafashwe nk’ikintu gikomeye mu rugamba rwo kurwanya igiturire mu gihugu ca Nigeria.

Mu biganiro yatanze ku bamenyeshamakuru kuva arekuwe, James Ibori yavuze ko ashobora gusubira muri politike, naho atavyemerewe kuko yaciye mu munyororo,ariko wewevavuga ko iyo ngingo ibimubuza azoyunguruzako.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.