IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubufaransa : Abantu 5 baguye mw’isanganya ry’indege

Ubufaransa : Abantu 5 baguye mw’isanganya ry’indege

samedi 3 février 2018

Inyuma y’iryo sanganya, umushikranganji wo kwivuna abansi Florence Parly yishikiye aho isanganya ryabereye.

Nk’uko tubikura mu kinyamakuru c’abongereza BBC ,izo kajugujugu zasekanye imwe yarimwo abantu batatu, iyindi ikabamwo babiri, bose bakaba baciye bahasiga ubuzima.

Abo nabo hakaba harimwo abigisha mwishuri ryo gutwara indege, hamwe n’abanyeshure 2 basanzwe bakurikirana ivyigwa vyo gutwara inderge.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.