IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu burabeshuza ko atakazi buriko (...)

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu burabeshuza ko atakazi buriko buratanga

Friday 24 August 2018, by vianney

Mw’itangazo ubwo bushikiranganji bwasohoye rivuga ko itangazo ryaca ku mbuga ngurukanabumenyi rijanye no gutanga akazi ariryo ku mwaka uheze kandi uwaritanze yarafise intumbero yo guhuvya abantu.

Iryo tangazo rivuga iyo igikorwa nkico kigayitse gikozwe ababikora baba bafise imigambi yo guhuvya hamwe no kuburagiza abanyagihugu.

Iryo tangazo rirangiza rivunira akagohe abanyagihugu hamwe n’abantu bose na cane cane abasaba akazi kwama bihweza ko ivyanditswe kubijanye n’itangwa ry’akazi bikurikije amategeko kuko hakunda kwibonekeza abantu babesha abantu ko batanga akazi bamanje kurihisha amafaramga abantu.


IGIHE

Forum posts

  • Reta yuburundi nive mugacerere irimwo yerekane aho ihagaze muvyitangwa ryakazi kuko ntamusi tutabona kuma terrain abakozi bashasha bikadutangaza kwumva ngo ntakazi kariko gatangwa.nibikebuke havemwo akamwene mama nibiturire ntaho bishikana atari munryane.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.