IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanyagihugu bo mu gatumba bariko bakomoza amatongo yabo

Abanyagihugu bo mu gatumba bariko bakomoza amatongo yabo

mardi 5 Ruhuhuma 2013

Abo banyagihugu ba zone gatumba muri komine mutimbuzi bariko bakomoza amatongo yabo Reta yafashe ikayagira ayakingiwe mw’ishamba cimeza rya rusizi. Bavuga ko ayo matongo ari ayabo, ari bo bamye bayarima kuva kera na rindi

Kubw’umuyobozi w’ubuhinga mu kigo co gukigira amashamba n’ibidukikije INECN mu mpfunyapfunyo y’igifaransa ayo matongo yashizwe muyakingiwe kubw’inyungu ya bose mu ntumbero yo kwirinda imyuzurire yotera ako karere nkuko vyabaye mu mwaka w’1974 uwo muyobozi wa INECN avuga ko naho ayo matongo boyarimamwo yoguma ari amatongo ya Reta.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.