Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Alex Ferguson agiye gutangura akaruhuko k’ubusaza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Alex Ferguson agiye gutangura akaruhuko k’ubusaza

Alex Ferguson agiye gutangura akaruhuko k’ubusaza

mercredi 8 Rusama 2013

Umumenyereza w’umurwi w’umupira w’amaguru Manchester United, Alex Ferguson yatangaje icese ko azotangura akaruhuko k’ubusaza mu mpera z’ihiganya ry’uyu mwaka turimwo.

Alex Ferguson niwe mumenyereza amaze gutahukana ibikombe vyinshi mu mateka y’umupira w’amaguru mw’ihiganwa ryo mu Bwongereza.

Kuva atangura kumenyereza umurwi wa Manchester United mu mwaka w’1986, Alex Ferguson yatsindiye incuro zibiri ibikombe c’ihiganwa ry’abanyaburaya (Champions League), incuro cumi na zitatu igikombe c’ihiganwa ryo mu Bwongereza, incuro zitanu igikombe c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Bwongereza.

Mw’itangazo yashize ahabona, Ferguson yavuze ko iki arico gihe ciza kuri we co gukukuruka kuko asize umurwi Manchester United wifashe neza.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.