Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Barahiye gusubira kwitaba ihuriro ry’umuhuza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Barahiye gusubira kwitaba ihuriro ry’umuhuza

Barahiye gusubira kwitaba ihuriro ry’umuhuza

mercredi 28 Rusama 2014

Urrwaruka ruhurikiye mu runani ADC Ikibiri n’ubu ntirurasubira kwitaba ihuriro ryatumweko n’umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara.

Nk’uko twabibwiwe na Patrick Nkurunziza arongoye urwaruka rwo muri FRODEBU, basohotse inyuma yaho bumviye ko mugenzi wabo yahora arwariye mu bitaro vyitiriwe umuganwa Rwagasore atwariwe mu mpimba kandi ari indembe, inyuma yaho arasiwe n’abaporisi ku wa 8 Ntwarante.

Kugeza ubu abo bari muri ADC bakavuga ko badasubira kwinjira, bigumira imbere y’inyubakwa iriko iberamwo inama, naho abandi bo bariko barabadanya bo muyindi migambwe.


Aristide Nizigire

Messages

  • NIBATAHE NUBUNDI NTACOBARI BAJE GUKORA, ICABAZANYE NUKO BUMVISE KO INAMA IHEZE BAZORONSWA IBAHASHA. BASOHOKO BINJIRA AMATORA AZOGENDA NEZA CANE. TWESE ABARUNDI TUJAKWEMERA KO ADC=IKIBIRI IKOMEYE UMUHUZA, UWUSERUKIRA AMERIKA NA HONYANGAHONYANGA NIBACA BAHAGARIKA IVYO BIGANIRA BASHA NCANEMERA KO SINDUHIJE YIGANYE NA BARAKE OBAMA HAHAHAHAHAHAAAAA

  • NIBATAHE NUBUNDI NTACOBARI BAJE GUKORA, ICABAZANYE NUKO BUMVISE KO INAMA IHEZE BAZORONSWA IBAHASHA. BASOHOKO BINJIRA AMATORA AZOGENDA NEZA CANE. TWESE ABARUNDI TUJAKWEMERA KO ADC=IKIBIRI IKOMEYE UMUHUZA, UWUSERUKIRA AMERIKA NA HONYANGAHONYANGA NIBACA BAHAGARIKA IVYO BIGANIRA BASHA NCANEMERA KO SINDUHIJE YIGANYE NA BARAKE OBAMA HAHAHAHAHAHAAAAA

  • HIHIHIHIHIIIII ABOBAHUNGU BITAVYE AKAMO KABASHEBUJA, IMBURU YO KUZOKWIKURA MUMATORA. YAYAYAYAAAA NAHO HAZOSIGARA UMUGAMBWE CNDD=FDD WONYENE AMATORA AZOGENDA NEZA CANE, NIBEMERE BATWARWE.

  • jewe naravuniye akagohe abo bana ko adc=ikibiri ibahenda.nimba sinduhije harico amaze canke ashoboye, yari kuza agatwara roger kumuvuza muri leta zunze ubumwe zamerika. canke leonce amuherekeze gushika muri kenya.

  • umuhuza yarabwiye urwo rwaruka ko( ico urwo rwaruka bashaka nico bazoba ) nibahitamwo kuba ibimuga nakazikabo, bahisemwo kubana neza nabandi bizobavako, ariko igihugu kizoguma gitwarwa. ingaruka yukwikura mumatora, ntusubira kuronka aho uvugira. nimwigumye, reka turindire mumakuru yokumugoroba ko batubwira ko ibiganiro vyahagaze kubera izombura maboko.

  • Atimugenziwabo niweyatumwe bifata ukuraho, igihecogukinata cararenze, icomutanzi nuko igihemwagakitatirije reta ubu bigiye kurangira, harya uwomuvuga ngonimugenziwanyari mushobora kuvamwiyonama mwariko muridegevyamwo mukisanga murikumwe nuwomugenziwanyu.

  • Itahire mureke guta umwanya mwumviriza izombura kimazi ?nayo mwebwe mwibaza ko 2015 muzosubira gutwara haaa naho ataba ADC ntamurundi ashobora kwemera numwe rya ivyanyuma

  • EREGA BARI BAVYITAVYE BATABISHAKA.KO BO BISHAKIRA AKAJAGARII!ARIKO BARIGARAGAJE KO BASHIZWE IMBERE KUKO BATARI MUR POLITIQUEMENT,ARIKO KO ARI ABO MWIBARABARA.KABISA,WARIZE IRYO PFUNGWA RYOGUTUMA WIYAFISA KURYA?OYA QUAND MEME.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.