Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Chelsea na Arsenal mu kibanza ca 3 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Chelsea na Arsenal mu kibanza ca 3

Chelsea na Arsenal mu kibanza ca 3

jeudi 16 Rusama 2013

Abajejwe ihiganwa ry’umupira w’amaguru ryo mu Bwongereza, Premier League, bavuga ko Chelsea na Arsenal nizinganya zishobora gukinira ikibanza ca gatatu.

Chelsea niyanganya 0-0 mu rukino rwa nyuma, Arsenal nayo igatsinda 2-1, zizoca zinganya amanota, ibitsindo zinjijwe hamwe n’ibitsindo zinjije.
Hazoca haba urukino rwo kuzitatura, uwutsinda aca aja muri Champions League mu rwego rw’amatsinda ubwo nyene.

Urwo rukino rwobera ku kibuga kindi atari ic’iyo migwi, ku tariki yomenyeshwa hanyuma.


Prosper Ndayikeza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.