Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Chine : Li Jinyuna yahawe umudali witiriwe umukoresha mwiza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Chine : Li Jinyuna yahawe umudali witiriwe umukoresha mwiza

Chine : Li Jinyuna yahawe umudali witiriwe umukoresha mwiza

lundi 1er Ruheshi 2015

Vyabaye ku ncuro ya mbere aho umukoresha anezereza abakozi ahabwa umudari. Mu nyuma yaho uwundi murwizatunga w’umushinwa aheruka gutanga akaruhuko ku gice c’abakozi b’ishirahamwe ryiwe kingana nabakozi 6700.

Uwo mukoresha yabajanye bose mu gihugu c’ubufaransa ,abarihira amatike y’indege,gufungura,uburaro,yongera abaha,umwumwe wese agahembo kangana n’umushahara aronka ku kwezi,akongera agaha uburusho kuri buri wese yubatse mu minsi icenda yose bamaze muri ico gihugu c’ubufaransa.

Li Jinyuna akaba ariwe nyene atwara urwo ruganda.Kubwiwe ,avuga ko anezerezwa n’ukwitanga kw’abakozi biwe ari naco gituma adahengeshanya kubafata neza.

Aheraheza avuga ko ako gashimwe kitiriwe umukoresha wa mbere ku Rwego mpuzamakungu,agashimira cane cane abo bakorana ,avuga ko benshi ari abava muri Africa,aho avuga ko ica kabiri cabo kiva mu gihugu ca Kenya.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.