Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Côte d’Ivoire : Laurent Gbagbo yankiwe kwitoza ku burongozi bw’umugambwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Côte d’Ivoire : Laurent Gbagbo yankiwe kwitoza ku burongozi bw’umugambwe (...)

Côte d’Ivoire : Laurent Gbagbo yankiwe kwitoza ku burongozi bw’umugambwe avamwo

mardi 30 Kigarama 2014

Uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Côte d’Ivoire, Laurent Gbagbo, ubu apfungiwe i La Haye, yankiwe na sentare yo muri ico gihugu kuzitoza kugira arongore umugambwe aturukamwo.

Laurent Gbagbo yari yashatse kwitoza kugira aze arongore umugambwe avamwo(FPI) ariko sentare yo muri Côte d’Ivoire ikaba yavyanse. Mukibuka ko muri kino gihe, Laurent Gbagbo, asanzwe apfungiwe i La Haye, sentare mpanavyaha mpuzamakungu (CPI) ikaba yamwagirije guhohotera kiremwa muntu, mugabo abashingwamanza biwe bakaba baramenyesheje ko bagiye kwunguruza urubanza.

Tubibutse ko abantu barenga 3000 bishwe kubera ko Gbagbo yanse kwemera ko yatsinzwe mu matora yabaye muri 2010.


Lorene Nubwabo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.