Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FBI yerekanye amafoto y’abateye i Benghazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > FBI yerekanye amafoto y’abateye i Benghazi

FBI yerekanye amafoto y’abateye i Benghazi

jeudi 2 Rusama 2013

FBI imenyesha ko abantu batatu yatanze amafoto boshobora gutanga amakuru y’ivyabaye mu gitero c’i Benghazi, ariko ntiyemeza ko ibakeka.

Ku genekerezo rya 11 z’ukwezi kwa Nyakanga, igitero cakozwe i Benghazi cahitanye uwuserukira Leta Zunze Ubumwe za Amerika muri Libya, Chris Stevens n’abandi banyamerika batatu.

Aba Republicains mu nama nshingamateka bakomeza kubaza ubutegetsi bwa Leta ya Obama ku bijanye n’ingingo z’umutekano zariho imbere y’ico gitero.
FBI ubu iriko isaba abanyalibiya n’abandi hirya no hino kw’isi ivyo boba bazi kuri ico gitero, nk’uko biri mw’itangazo basohoye mu congereza no mu carabu.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.