IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere

Francine NIYONSABA yasubiriye kuba uwa mbere

lundi 6 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Mw’ihiganwa ryabereye mu gihugu c’Ubwongereza kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 5 Ruheshi 2016, umurundikazi Francine NIYONSABA yatahukanye ikibanza ca mbere mu bahiganwa ku metero amajana umunani, akaba yatahukanye umudari z’inzahabu.

Muri iryo higanwa rya Birmingham Diamond League 2016 ryabereye mu Bwongereza kuri uwu w’Imana, Francine NIYONSABA yahejeje ari mu kibanza ca mbere ku mwanya wa 1:56.92.

Francine NIYONSABA ‪akaba yiteze kuzoserukira Uburundi mu nkino za Jeux Olympiques 2016 zizobera mu gihugu ca Brésil.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.